Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 27 Nzero
 Itarike 27 Nzero
 Itarike 27 Nzero
				
				vendredi 26 Nzero 2018
Igenekerezo rya 27 Nzero.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1965: Igandagurwa ry’umushikiranganji wa mbere wa Irani, Hassan Ali Mansour.
1991: Umukuru w’igihugu ca Somalie, Siad Barre, arahunga ugisagara ca Mogadiscio. Haca haba itembagazwa rya Repubrika ya Somalie.
 
- Siad Barre
1996: Umukuru w’igihugu ca Nigéria, Mahamane Ousmane aratembagazwa kubutegetsi.
1998: Carlos Roberto Flores Facussé aba umukuru w’igihugu ca Honduras.
2013: Isoko nkuru ya Bujumbura yadukamwo umuriro, irasha iratokombera.
 
- Isoko ya Bujumbura kuwa 27 Nzero 2013
 
- Isiko iriko irasha
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1756: Wolfgang Amadeus Mozart, umwanditsi w’indirimbo akomoka muri Autriche.
 
- Wolfgang Amadeus Mozart
1940: James Cromwell, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
1971: Lil’ Jon, umuririmvyi w’umunyamerika.
 
- Lil’ Jon
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1971: Jacobo Arbenz Guzmán, umukuru w’igihugu ca Guatemala kuva 1951 gushika 1954.
1971: Mahalia Jackson, umuririmvyi w’umunyamerika.
1983: Louis de Funès, umukinyi w’amareresi w’umufaransa.
 
- Louis de Funès
1988: Massa Makan Diabaté, umuhinga muvyerekeye kahise akaba n’umwanditsi akomoka muri Mali.
2008: Suharto, uwabaye umukuru w ‘igihugu wa 2 wa Repubrika ya Indoneziya kuva 1965 gushika 1998.
 
- Suharto
INGABIRE Luc-Noël
