IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 3 Munyonyo

Itarike 3 Munyonyo

jeudi 3 Munyonyo 2016

Igenekerezo rya 3 Munyonyo.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1903: Igihugu ca Panama kirikukira.
1936: Franklin Delano Roosevelt atorwa ubwa kabiri ngo abe umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 4.9 ko
Franklin Delano Roosevelt

1958: Hinjirwa inyubakwa z’ibiro bikuru vya UNESCO i Paris.
1978: Igihugu ca Dominique kirikukira.
1992: Bill Clinton, atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 40.7 ko
Bill Clinton

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1917: Léon Bloy, umwandisti w’umufaransa.
1996: Jean-Bedel Bokassa, uwabaye umukuru w’igihugu ca Centrafrika.

JPEG - 9.3 ko
Jean-Bedel Bokassa

Ibihimbazwa

. Dominique: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira.
. Equateur: Ukwikukira kwa Cuenca.
. Japon: Umunsi wahariwe imico kama.
. Panama: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira kw’ico gihugu.


INGABIRE Luc-Noel

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.