IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 30 Munyonyo

Itarike 30 Munyonyo

mercredi 30 Munyonyo 2016

Igenekerezo rya 30 Munyonyo

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1961: U Thant atorwa kuba umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU.

JPEG - 4.5 ko
U Thant

1966 : Igihugu ca Barbade kirikukira.
1967: Yemen y’Ubumanuko ironka intahe y’ukwikukira.
1975: Ibisigarira vya Lucy, umuntu wa mbere ashaje kw’isi,afise imyaka imiriyoni 3, biratorwa muri Afrika.
1975: Ubwami bwa Dahomey buhinduka Repubrika maze butora izina rya Bénin.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1874: Winston Churchill, umushikiranganji wa mbere w’ubwongereza. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1953.

JPEG - 4.5 ko
Winston Churchill

1924: Shirley Chisholm, umugore w’umunyapolitike w’umunyamerika.
1955: Billy Idol, umuririmvyi w’umwongereza.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekereza nkiri

1934: Hélène Boucher, umugore w’umudereva w’indege.
1935: Fernando Pessoa, umwanditsi akomoka muri Portugal.
1989: Ahmadou Ahidjo, umukuru w’igihugu ca Cameroun.

JPEG - 4.4 ko
Ahmadou Ahidjo

Ibihimbazwa

. Afrika y’Epfo: Umunsi wahariwe Reni Mundi.
. Barbade: Umunsi mukuru w’igihugu aho hibukwa ukwikukira w’ico gihugu.
. Yémen: Umunsi wo kwibuka uwkikukira.


INGABIRE Luc-Noël

Messages

  • lucy yatowe muri africa mu gihugu cahe?afise imyaka imiriyoni 3 muri 1975.africa niyo yatanguye kubamwo abantu kandi niho umuntu wambere yaremewe,nawe ni adam.ubu butandukane bwo kumubiri biva ku birere nibibanza umuntu aba arimwo.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.