Accueil > Amakuru > Itarike 30 Ntwarante
 Itarike 30 Ntwarante
 Itarike 30 Ntwarante
				
				lundi 30 Ntwarante 2015
Igenekerezo rya 30 Ntwarante ni umunsi ugira 89 w’umwaka w’2015.Hasigaye iminsi 276 ngo urangire.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1806: Napoleon yagenye uwo bavukana, Joseph Bonaparte kuba umwami wa Naples
 
1867: Reta zunze ubumwe z’Amerika caguze igihugu ca Alaska ku gihugu ca Russia, amafaranga angana n’amadorari 7200000 y’abanyamerika
1870: Abirabure baronse ubwigenge bwo gutora muri Reta zunze ubumwe z’Amerika
1950: Ikinyamakuru Tintin casohoye urukurikirane rwa mbere rw’inkuru rwita "Objectif Lune"
 
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1895: Jean Giono, umwanditsi w’umufaransa
 
1945: Eric Clapton, umuririmvyi akongera akaba n’umwanditsi akomoka mu bwongereza
 
1964: Tracy Chapman, umuririmvyikazi w’umunyamerika
 
1968: Celine Dion, umuririmvyikazi w’umunyacanada
 
1986: Sergio Ramos, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka mu gihugu ca Espagne
 
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1950: Leon Blum, umunyapolitike akomeye aturuka mu gihugu c’ubufaransa
 
1986: James Cagney, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika
 
Ibihimbazwa
Muri Reta zunze ubumwe z’Amerika bahimbaza umunsi wahariwe abaganga (National Doctors Day)
Palestine bahimbaza umunsi wahariwe isi (Land Day)
