Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 31 Ntwarante
 Itarike 31 Ntwarante
 Itarike 31 Ntwarante
				
				vendredi 31 Ntwarante 2017
Igenekerezo rya 31 Ntwarante.
Ibikuru bikuri vyabaye kw’igenekerezo nkiri
1889 : Hinjirwa icese inyubakwa ya Tour Eiffel mu Bufaransa mu gisagara ca Paris.
 
- Tour Eiffel
1953: Dag Hammarskjöld, akomoka mubu Holland aba umunyamabanga mukuru wa ONU.
 
- Dag Hammarskjöld
2011: Mayotte iba igice c’igihugu c’ubufaransa.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1596: René Descartes, umufaransa w’umuhinga muri philisophie, mu biharuro no muri physique.
 
- René Descartes
1823: Alexandre Ostrovski, umwanditsi w’umurusiya.
1948: Al Gore, umunyaporitike w’umunyamerika.
 
- Al Gore
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekrezo nkiri
1727: Isaac Newton, umwongereza w’umushakashatsi akaba n’umuhinga muri philosophie.
 
- Isaac Newton
1980: Jesse Owen, umunonotsi w’umunyamerika.
2008: Jules Dassin, umuhinyanyuzi w’amareresi w’umunyamerika.
INGABIRE Luc-Noël
