IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 6 Nzero

Itarike 6 Nzero

jeudi 5 Nzero 2017

Igenekerezo rya 6 Nzero .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1537: Alexandre de Médicis aragandagurwa na Lorenzino de Médicis batazira Lorenzaccio.

JPEG - 48.6 ko
Alexandre de Médicis

1980: Indira Gandhi aratsinda amatora mu Buhindi.

JPEG - 37.2 ko
Indira Gandhi

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1412: Jeanne d’Arc, intwari y’ubuufaransa yarwanye mu ntambara batiziriye iy’imyaka 100.

JPEG - 208.8 ko
Jeanne d’Arc

1957: Nancy Lopez, umukinyi w’urukino rwa Golf.
1987: Maglie Vaé, umuririmvyi w’umufaransa.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1918: Georg Cantor, umihinga mu biharuro w’umudagi.
1919: Theodore Roosevelt, umukuru w’igihugu wa Reta Zunzubwe z’Amerika agira 26. Yaronse agashimwe k’amahoro kitiriwe Nobel mu 1906.

JPEG - 31.2 ko
Theodore Roosevelt

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu w’impuvyi zo mu ntambara.


Igihe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.