IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 7 Gitugutu

Itarike 7 Gitugutu

jeudi 6 Gitugutu 2016

Igenekerezo rya 7 Gitugutu

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1940: Mu Bufuransa hatangura urwego rukuru rw’abaganga.
1949: Ubudagi buba Repubrika iharanira demokarasi y’Ubudagi.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1836: Niels Bohr, umuhinga muri physique akomoka muri Danemark.

JPEG - 7.2 ko
Niels Bohr

1952: Vladimir Poutine, umukuru w’igihugu c’Uburusiya.

JPEG - 5.3 ko
Vladimir Poutine

1967: Toni Braxton, umuririmvyikazi w’umunyamerika.

JPEG - 10 ko
Toni Braxton

1976 : Gilberto Silva, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Brésil.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1612: Giovanni Battista Guarini, umwanditsi w’umutariyano.
2001: Mongo Beti, umwanditsi akomoka muri Cameroun.

JPEG - 30.1 ko
Mongo Beti

Ibihimbazwa

.Umunsi mpuzamakungu wahariwe uguharanira akazi keza.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.