Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 7 Kigarama
 Itarike 7 Kigarama
 Itarike 7 Kigarama
				
				mercredi 7 Kigarama 2016
Igenekerezo rya 7 Kigarama.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1877: Herekanwa ubwa mbere ubuhinga bukoreshwa n’icuma citwa “phonographe”. Icuma cakozwe na Thomas Edison.
 
- phonographe
1933: André Malraux aronka agashimwe kitiriwe Goncourt.
2009: Hatangura inama mpuzamakungu y’i Copenhague kuvyerekeye ihindagurika ry’ibihe.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1598: Gian Lorenzo Bernini, bamutazira “Le Bernin”, umutariyano w’umuhinga mugusiga amabara.
1960:  Abdel Kechiche, umuhinyanyuzi w’amareresi  akaba n’uwuyakina akomoka muri Tuniziya.
 
- Abdel Kechiche
1980: John Terry, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umwongereza.
 
- John Terry
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekrezo nkiri
43 av. J-C: Cincéron, umwanditsi akaba n’umunyaporitike w’umuromani.
1894: Ferdinand de Lesseps, umurwizatunga w’umufaransa.
1993: Félix Houphouët-Boigney, umukuru w’igihugu ca Cote d’Ivoire.
 
- Félix Houphouët-Boigny
Ibihimbazwa
. Umunsi wahariwe ivy’indege z’abikorera utwabo.
INGABIRE Luc-Noël
