Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 8 Nyakanga
 Itarike 8 Nyakanga
 Itarike 8 Nyakanga
				
				jeudi 8 Nyakanga 2016
Igenekerezo rya 8 Nyakanga .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
654: Hatorwa umu papa agira 75, Eugène wa 1.
1991: Hatangazwa k igihugu ca Macédoine cikukiye.
 
- Ibendera rya Macédoine
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1157: Richard wa 1, umwami w’Ubwongereza.
 
1207: Sanche wa 2, umwami wo muri Portugal.
1971: Martin Freeman, umukinyi w’amareresi w’umwongereza.
 
- Martin Freeman
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1890: Léopold Einstein, umwe mu batanguje ururimi rwiki espéranto.
 
- Léopold Einstein
1985: John Franklin Enders, umuhinga muri Biologie w’umunyamerika. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu buvuzi mu 1954.
 1991: Brad Davis, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
2009: Aage Niels Bohr, umuhinga muri Physique akomoka muri Danemark.
 
- Aage Niels Bohr
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wo kwigisha gusoma no kwandika.
. Repubrika ya Macédoine : Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira.
INGABIRE Luc-Noël
