Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 9 Munyonyo
 Itarike 9 Munyonyo
 Itarike 9 Munyonyo
				
				mercredi 9 Munyonyo 2016
Igenekerezo rya 9 Munyonyo.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1923: Itembagaza ubutegetsi rya Adolf Hitler rirasendwa.
 
- Adolf Hitler
1953: Igihugu ca Cambodge kirikukira.
1989: Uruhome rw’i Berlin rurasenyurwa.
 
- Ibomorwa ry’uruhome rw’i Berlin
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1972: Eric Dane, umukinyi w’amareresi.
1974: Alessandro Del Piero, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umutariyano.
 
- Alessandro Del Piero
1978: Sisqo, umuririmvyi akaba n’umwanditi w’indirimbo w’umunyamerika.
 
- Sisqo
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1918: Guillaume Apollinaire, umwanditsi w’ivyvugo w’umufaransa.
1970: Charles de Gaulle, umukuru w’igihugu c’Ubufarana.
 
- Charles de Gaulle
2003: Bruce Alexander, umwanditsi w’umunyamerika.
 2012: Major Harris, umuririmvyi w’umunyamerika.
Ibihimbazwa
. Cambodge: Umunsi mukuru w’igihugu, aho bibuka ukwikukira kw’igihugu.
INBAGIRE Luc-Noël
