IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itariki 19 Nyakanga

Itariki 19 Nyakanga

lundi 19 Kigarama 2016

Igenekerezo rya 19 Nyakanga .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1899: Emile Loubert agirira ikigongwe Alfred Dreyfus.

1983: Izinga rya Saint-Christophe-et-Niévès ririkukira.
1985: Ikinymugigima kiba muri Mexique, gihitana abantu bagera 10 000.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1911: William Golding, umwanditsi w’umunyamerika yaronse gashimwe kitiriwe Nobel mu vyo kwandika mu 1983.

JPEG - 6.2 ko
William Golding

1986: Omar Khadr, umunyagihugu wo muri Canada akomoka muri Pakisan yapfungiwe i Guantanamo.

JPEG - 5.6 ko
Omar Khadr

1989: Chloé Mortaud, uwabaye Miss France 2009.

JPEG - 7.6 ko
Chloé Mortaud

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1881: James A. Garfield, uwabaye umukuru w’igihugu wa Leta Zunzubumwe z’Amerika agira 20.

JPEG - 6.5 ko
James A. Garfield

2002: Emile Boga Doudou, umunyapolitike akomoka muri Côte d’Ivoire.

Ibihimbazwa

. France: Umunsi wahariwe ugutwara abantu n’ibintu.
. Saint-Christophe-et-Niévès: Umusni mukuru wo kwibuka ukwikukira kw’ico gihugu.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.