IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ivuriro rishigikiwe n’Ubuyapani hamwe n’uBufaransa ryarinjiwe muri komine (...)

Ivuriro rishigikiwe n’Ubuyapani hamwe n’uBufaransa ryarinjiwe muri komine Bwiza

vendredi 15 Ruhuhuma 2013

Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 ruhuhuma muri uno mwaka, ikigo OPDE kijejwe guteza imbere agateka k’abana bari mu ngorane cashikirijwe ivuriro ryari rimaze imyaka itari mike rikorera muri komine Bwiza ariko ikaba itari ifise ibikoresho vy’iryo vuriro.

Iryo vuriro ryashoboye gutangura kuko bari baronse imfashanyo y’amafaranga agera ku miliyoni ijana mu mafaranga y’amarundi. Ubu rero iryo vuriro rifise ibitanda 30 vy’abarwayi kandi ngo barashobora kuvura indwara zikunda gutera abanyagihugu bo mu micungararo.

Uwuserukira ubufaransa mu Burundi Jean Lamy yari ari ngaho igihe bariko haraba ibirori vyo kwinjira iryo vuriro akaba yamenyesheje ko igihugu gishira imbere abantu ba ntahonikora.


Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.