IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Jabe : Ibarabara rikuru rirugaye

Jabe : Ibarabara rikuru rirugaye

mardi 10 Munyonyo 2015, par egide

Ku munsi ugira gatatu w’ukwaka ku nguvu ibirwanisho biri mu banyagihugu batabifitiye uburenganzira, igiporisi cazindutse kirasaka muri karitiye ya Jabe.

Abanyagihugu bo muri karitiye ya Jabe bamenyesha ko bazindutse babona abaporisi benshi baje kubandanya ibikorwa vy’ugusaka muri karitiye ya gatatu ya Jabe, hamwe na karitiye ya gatatu ya Nyakabiga.

Muri karitiye ya Jabe, ibarabara rikuru ryitiwe urwaruka (avenue de la Jeunesse) rigabura karitiye ya Jabe na Bwiza rirugaye, abanyagihugu b’aho bakaba batarekuriwe uruja n’uruza.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.