IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > John Kerry yatanguriye urugendo rwiwe muri Kenya

John Kerry yatanguriye urugendo rwiwe muri Kenya

lundi 22 Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Umushikiranganji wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika ajejwe imigenderenire, John Kerry, ari mu mubonano n’umukuru w’igihugu ca Kenya, Uhuru Kenyatta, kuri uwu wa mbere. Abo bategetsi bompi baganira ku bibazo vy’umutekano.

BBC ivuga ko muri uwo mubonana vyitezwe ko John Kerry na Uhuru Kenyatta baganira ku kibazo c’ingwano iri muri Sudani y’epfo hamwe n’uko vyivashe muri Somalia, aho abarwanyi ba Al Shabaab babandanya ibitero.

Inyuma y’uwo mubonano n’umukuru w’igihugu ca Kenya, bitegekanijwe ko umushikiranganji Kerry aza kubonana n’abashikiranganji umunani bo mu bihugu vya Afrika y’ubuseruko.

Kuri uwu wa kabiri, John Kerry azobandaniriza urugendo rwiwe muri Nigeria, aho azoba agiye kuganira n’abategetsi b’ico gihugu, ku vyerekeye kurwanya umugwi w’abarwanyi ba ki Islam, hamwe na Boko Haram.


IGIHE

Messages

  • I BURUNDI ho umutekano ni 100/100. Niyo mpamvu Kerry ari ntacyo azabiganiraho na abanyakenya. VIVE LA DEMOCRATIE AU BURUNDI . Rendez vous 2020 mumatora. Abayatinya nka ba Mujeri Sindumuja ntacyo muzageraho.

  • NIBAGERAGEZ KUKO NDABONA ABO BAGWANYI BIYITIRIRA IDINI RYA KISLAMU BASHOBORA KWANKIRIZA ITERAMBER MUMPAND NYINSHI Z’UBUZIMA BW’ISI.

  • Ahubwo muraraba ikimuzanye ko atari ukwica ivyehe azanwe n’ ivy’ uburundi.
    Abo ba illuminati turazi uko bakora ntabahende!!

  • Arabizi na Obama ko mu burundi umutekano ukwiye, nibavugane bongere abasoda ba barundi muri Somalia babashe kutuza Abalisha ababu.

  • Ngereranije ivyomazekubona iyohaje miri Africa abantunkabo bagambaniye abarundi bakabafariribihano batabanje kwumviriza abarundi barimugihugu, abarundi muragaba bamujeri mwayamajoro barakora amabara mumenyeko akazikabo kwarugucuruza imivyimba.
    Mwibukekobabitanguye kera canecane igihebemereye kuzana amafoto yabapfiriye Kongo mugihe ca M23 ngonabarundi bapfiye Kongo, mwibuke kobanagiye mubihugu vyomuri west Africa bagatorayo imivyimba yabishwe nayamirwi yivyiheme bagashira kumaradiyo mpuzamakungu nibindintavuze.
    Muvyukuri bamijeri bararyoherwa iyobumvise umurundi yapfuye canke iyobabonye umuvyimba wumuntu mu Burundi.

  • Ubu nkoyo yiyise avec ubu muburundi ariho uyuhe mutekano?urimbonerakure wowe tegereza sha amazi arikuziko.abarundi muracafunze imitwe ntatera muzobona mutaramenya,kwiyubaha vs etez les imbécile jah facolly yaririmba nuko cndd imeze.so mumenye kwiyubaka nokwiha agaciro nakabuza muzagera kuvyiza atariko muzoguma muri inyuma nkumurizo.erega Kerry azi ko les bantu sont les feneyants hhhhhhh ndabatwenze

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.