IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kanyosha: Umurwi w’abantu witwaje ibirwanisho wateye ikirindiro (...)

Kanyosha: Umurwi w’abantu witwaje ibirwanisho wateye ikirindiro c’abasirikare

mercredi 9 Nyakanga 2015

Abantu babiri bari mu murwi w’abantu bitwaje ibirwanisho barapfuye,abasirikare batatu nabo barakomereka,mu gitero cabaye ku mugoroba wo kuwa kabiri igenekerezo rya 8 Nyakanga 2015,muri zone Kiyenzi iri muri Komine Kanyosha mu ntara ya Bujumbura.

Amakuru ava mu banyagihugu bo ngaho mu Kiyenzi,amenyesha ko ico gitero cabaye nk’igihe c’isaha icumi na zibiri n’igice,ku mugoroba wo kuwa kabiri igenekerezo rya 8 Nyakanga 2015.

Umukuru wa Zone Kiyenzi Dieudonne Bizimana aremeza ayo makuru,akavuga ko amakuru yakuye mu bajejwe umutekano ari uko umwe mu bateye yapfiriye aho ku kirindiro c’igisirikare,inkoho yiwe ica irafatwa,mu gihe uwundi yatowe ikiziga n’abasirikare,mu nzira aho baciye igihe bariko barabakurikirana.

Umukuru wa zone Kiyenzi,amenyesha ko igitigiri c’abateye naho bavuye kitaramenyekana,kandi ko abanyagihugu batekewe n’ubwoba,bamwe bakaba bamaze guhunga,bava mu mihana yabo.

Van Naris Mugisha

Messages

  • Jewe sinumva stratégie y´abo bantu batera. None kuki batera kuri position y´abasoda? Abo basoda bararengana kandi ndashigikiye ko babivuna kabisa. Turazi neza ko dufise igisoda kimeze neza. Nosaba abo batera ko boza baratumbera kuri barya nyene mutayobewe. Niho vyoba efficace ni navyo bitera ubwoba Nkurunziza na yo ahandi nta na kimwe bimubwira iyo mwishe abasoda. Nimubandanye gukora des attaques ciblées kuri barya bamwegereye kandi b´inkozi z´ikibi, Abasoda mubahe amahoro.

  • Iyo nintango mbonerakure muragabe turaje

  • Nn bizogumuku gushika ryari?j kabisa umengo wapi!

  • Nn bizogumuku gushika ryari?j kabisa umengo wapi!

  • Iyo.mwajyaga ngaho nyene.mukarasana na abasirikare na aba Police aho kuza.murarasa abanyagihugu ngo murondera ibyicaro vya politique!

  • none abatera ikirindiro bobazananyehe?none nubu muracavuga ngo muburundi namahoro.kandi hasigaye hameze nko muri somali?

  • Ngira Mbaze Igihecose Abtera Nibo Bahasiga Ubuzima? Konumva Hapfuye Abambaye Impuzu Zagisirikare Ntiboba Arabo Kwa Niyombare Konzi Abasirikare Baniyombari Bari Abigihugu Ubukweri Imwitozo Simwe? Abashigikiye Peter Na Bashigikiye Niyombari Ntibize Bimwe? Uhenze Abanyagihugu Uba Uhenze Imana Nayo Ntibikunda Kuyihena.Ubu Iyaba Abanyagihugu Badafise Ubwoba Ntibaba Babivuga Canke Amaradiyo Mubuza Gukora Akazikabo. Hagowe Ipfuvyi Ziriko Ziragwira Abapfakazi Na Bavyi Babo

  • IZONKOZ IZIKIBI NIMUZIHASHE ABANYAGIHUGU NATWE DUHAGURURUKIRE RIMWE TUBIYAMIRIZE MUKWEREKAN AHOSE BINYEGEJE ABATAZ OBIKORA NABO BAZOBA BARIKUMWE,MUZOCE MUBAKORERAKO NAKARE UBIK IKARA MUGASHAMBARA RIKAGUTURIRA ABATAZOBIKORA NABO BAZOSHIRA NKIFU YIMIJIRA

  • Oyanamwenimugeragezemuhagarike,ubwicanyi,kukomuburundimusigayemukabije.

  • Oyanamwenimugeragezemuhagarike,ubwicanyi,kukomuburundimusigayemukabije.

  • jewe ico niyumvira kurivyo vyabaye nuko abanyagihugu Bose batohishira inkozi zikibi mugihe bazibonye

  • ntanarimwe umusirikare wigihugu apfa.burigihe barakomereka!twarabimenye kuko reta ntihomba hahomba avyaye.

  • ntanarimwe umusirikare wigihugu apfa.burigihe barakomereka!twarabimenye kuko reta ntihomba hahomba avyaye.

  • aha nivyo nabaroberi kuko nabuyoya kwaruko yavuga ko aba dd ari utugwi

  • Nimwice bamusitanteri ,buramatari,kandi ntimwibagire kwiba noguswera kunguvu abagore babo,nibo batwikwegeye!!komeza ibitero kubapolice hamw naba dd nabaporona,izombwa

  • Erega n, abasoda hariho abamwegereye. Harimwo ababisha Bunyoni yambitse tenue y, igisoda. Barakaraswa ! Twarushe.

  • JEW ICO NIYUMVIR NIK? MUBURUND MBON HAMAZ KUB IKIBUG CINTAMBAR NDASAB LETA YUMVIKAN NAB BATAVUG RUMW NTIHONGER KUVYUK ROBERIY KUK ABARUND TWETURARUSH NIBAREK GUSHIR IND ZAB IMBER

  • jewe sintahura politike yabarundi mbe ndabaze munyishure nihe murunva abarondera kuyobora igihugu barinze kwichana nkomuburundi nihe mbega mwemwe iyoplitike mwayizehe abarundi murachakoresha chrisonomi buyoya nakagame barabahenda mwa bahutumwe bimpfa mutima murikumarabenewanyu atacho muzoronka ndabachire agatse raba integuro yo kagayo ariwe batazirakagame yataziriye operation ndadaye merchior 2014 niho muzotahura kovyomukor vyose murigukorera abatutsi mwiyita ngo mwaraburabujwe we niyombbare vinyuma yabo batutsi wamuhutuwe wibuke kagame na bizimungu nawe niko uzoba ejo ntuzovunge ngo iyomenya

  • MBABAJWENABO BASIRIBASIRIKAREBABUZE BABUZE UBUZIMA IMIRYANGOYABO IKOMEZEKWIHANGANA ARKO BIGRAGA KOBATISHIMIYE NKURUNZIZA

  • mukomereze aho tubarinyuma uducungire umutekano

  • Twe ntitwizera ukuri kwuwo muvugizi, numubesha bikabije. Ababizi nabavyeyi baraye bahekuwe bari mumarira, sindabona aho umuntu aririra uwakomeretse guko aba afise ivyizigiro ko azokira. mbe yavuga ko hapfuye abo bita abasoda bigihugu guko harinabo bambitse imyambaro yigisirikare twarabonye abarenga 16 bapfuye babatwaye ni camion abandi bakomeretse babatwaye na ambilence sinziko izo modoka zaciye hejuru. none ga yemwe abacitse kwicumu ko baterefonye imiryango yababuze sinzi ko babeshe.

  • haribitwengej misiyos abasoda bigihugu barakomereka ntibapfa hahahaaaa!!!!robele komera kumuheto turinyuma yanyu.mutey muzoze mutubwira tujana kuko dufise icuya camaraso dutewe nankurumbi.

  • Twe ntitwizera ukuri kwuwo muvugizi, numubesha bikabije. Ababizi nabavyeyi baraye bahekuwe bari mumarira, sindabona aho umuntu aririra uwakomeretse guko aba afise ivyizigiro ko azokira. mbe yavuga ko hapfuye abo bita abasoda bigihugu guko harinabo bambitse imyambaro yigisirikare twarabonye abarenga 16 bapfuye babatwaye ni camion abandi bakomeretse babatwaye na ambilence sinziko izo modoka zaciye hejuru. none ga yemwe abacitse kwicumu ko baterefonye imiryango yababuze sinzi ko babeshe.

  • Basumirinda murantwenza ngomuzotuzanira iterambere!urwarwa ndarunwa ndarwiguriye urumogi kanyanga vyose nuko!nkurumbi nyangoma nabandi mwese nukutwangaza nukutumara,kwivyo rero muragaswera banyoko

  • Intambara zituruka kukutumvikana kwabanye politike kandi iyo umuntu ahunze agaruka ari mubi ibiganiro niwomushinge wademokarasi ibuka ko uburundi butwarwa nabari bahunze igihugu.

  • jewe ico noterera.Ntakiriho,kuko ibivyose bivmwa na nkurunziza piere.Atwara abatamwumva!Kandi nabagirango baramwemera,ntibamwera oyaa bakingira ubuzima bwabo.Mbega wobufisubwenge ukajana N’uwanka abarundi??Agakunda kubanyaga n’utwobironkeye!Ivyovyose twishwe N’uwobahenda ngo N’umukuru W’igihugu!!!Ariko ntamvurirwa idahita?Murakoze

  • ABANTU BO MUKANYOSHA MUKIBIKA ABICANYI NTIMUMVA!! IBUKA BENE WANYU BISHWE KUVA 2000- 2009 NGO BAGIYE MU BISODA,HARURA ABAPFUYE KUVA SOROREZO,PERA,MUYIRA,COGA,BIGOMA,BUZIGE,RUBIZI,RUYAGA,MUSUGI,...NONE MWUNGUTSE IKI? HARI UMU GENERAL MWARONSE? KANURE MWITANDUKANYE N’INKOZI ZIBIBI ZIBAKWEGERA

  • abarundi twese dukwiye kwihana ivyaha vyacu vyose hama tukongera kugiranira imingeneranire nimana nahandi turahona mwibuke igihugu cininewe uko vyagenze ariko IMANA KUKO IKUNDA ABANTU BAYONICO CATUMYE IRUNGIKA UBUHANUZI KU MWAMI WICO GISAGARA NONE PETER NKURUNZIZA NABANTU MWESE NIMWIHANE VUBA BIGISHOBOKA NAHANDI IMANA IZOBARANDURA MWESE KUKO MUBABAJE IMANA UWUTITSA AVUGA NABI MWENE SE

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.