IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Kayanza:Umuhungu na nyina barishe se rugo

Kayanza:Umuhungu na nyina barishe se rugo

vendredi 28 Kigarama 2012

Ku wagatatu igenekerezo rya 26 Kigarama umwaka w’2012 sentare nkuru yo mu Kayanza yaraciriye urubaza umugabo w’imyaka 29 hamwe na nyina wiwe , uwo nawe akaba afise inyaka 68 ,bo ku mutumba Rudede ,komine Matongo ,intara ya Kayanza

Nk’’uko amakuru dukesha mugenzi bacu bakorera RTNB muri iyo ntara ,ngo uyo mugabo yagirizwa kwica se wiwe akoresheje ibuye sentare yamuciriye umunyororo wo gufungwa ubuzima bwiwe bwose , nyina wiwe nawe imucira umunyororo w’imyaka 20.


Marie Claire Ingabire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.