IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Khadja Nin umuririmvyi yiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero (...)

Khadja Nin umuririmvyi yiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza

mercredi 17 Ruheshi 2015

Umuririmvyikazi Khadja Nin asaba abarundi kwihangana, muri ibi bihe hari bamwe bari mu kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, kandi batoroherezwa n’abajejwe umutekano.

Kuri uyu wa 12 Ruheshi, Khadja Nin umuririmvyikazi w’umurundi aba mu bihugu vya Buraya, yari yishikiye mu gihugu ca Africa y’Epfo mu gisagara ca Johannesburg aho yashoboye gukora ikiganiro ku mboneshakure yaho. Akihashika, akaba yamenyesheje y’uko atazanywe n’ukuririmba indirimbo ziwe canke akore ibiteramo nk’uko vyama iyo afashe ingendo, y’uko ubu adahanzwe n’umuziki w’Uburundi, ahubwo ahanzwe n’ukuntu abantu bari mugihugu c’uburundi babandanya kwicwa, gupfungwa kandi akababazwa n’ibihe Uburundi burimwo.

Khadja Nin akaba yabariye abamenyeshamakuru ati : ‘’Naje hano Johannesburg kugaragaza ibiriko biraba mu Burundi ndi hano nk’umuvyeyi yaserukiye abigeme bajejwe kuzana amahoro n’uguharanira demokarasi mu Burundi. Kugeza uno munsi ntabwo tuzi ico twokora kuko turamaze kuvyibonera n’amaso, aho abaporisi n’abasoda aribo bajejwe gukingira abantu ariko nibo usanga bariko barabarasa bakabapfunga ,bakoresheje ibigwanisho twebwe abarundi twabaguriye.

Mu gihe haciye iminsi irenga 40 abantu bari mu mabarabara mu kwiyamiriza guhonyanga amasezerano y’Arusha, aheraheza avuga ko yifatanije n’abandi benshi bagabisha bariko biyamiriza ico kiringo.

Umviriza akaririmbo ’’mama’’


Bill Nkurunziza

Messages

  • ivyo abikorerahe?ntiyaza abimvugire mumatwi?nimba we abona arya akaryama nanje ndara nicaye!mbega ndabaza kowew arya akaryama nanje ndara nicaye jew nat ninde yorajwishnga na 3e manda?twikebuke twoye guta abandi mukaga!

  • uwoyipfuza zantwaro zababuyoya ikindikimubabaje namahera yahaye abaribahamagaje imigumuko kugirangobagure urumogi nonebikabavyabatayekuwamazi ndamuteye ivayazi

  • Abansi b igihugu bamyeho, uwo n umucangero yagiye kuronder amahera abicishije mugucafuz igihugu ariko bizomutekurukana rindira gato

  • malaya k atacowavuzeigiheBuyoya yagira cout d’etat

  • Dusengere mushikacu khadj uyu mwanda uzoteba utuvako,ntamvura idahita.

  • @jamrs, inderonke! uwobituka nyoko woryoherwa?

  • Malaya.com alias kadja Nin!! Ntanama zindaya

  • Ubu araronse ico avuga. Aho ha mbere ko ataco wasohoye mu kanwa? Banza utahe mu gihugu uvuge neza ivyo ubona!!!

  • @mutabazi, wewe twaraguhinyuye uri interahamwe ntaco uba wivanga muvy’Uburundi atari ihonyabwoko ugomba kubandaniriza ngaha iwacu.

  • Mwe mwambinerakure canke abagumyabanga mugerageze mugire indero ahubwo wagira mwe nimwebanabindaya imana ibabarire

  • @mutabazi, wewe twaraguhinyuye uri interahamwe ntaco uba wivanga muvy’Uburundi atari ihonyabwoko ugomba kubandaniriza ngaha iwacu.

  • Mufaso Numvise Kufise Izaryiki Arab.Abarabu Baciyumugani Ngo Ibikorwa Canke Ibidandazwa Bitunguka Icavumwe Murwanda Naho Umukuruwigihugu Abategaka Gukora Icocose Cokwungura Wewe Namugenzawe.Turimwiterambera Ntuzufatinege Atacugiye Kwinjiza.Gkadaffi Ntiyahanuwe.Sadamu Ntiyahanuwe?Gerageza.

  • bavyeyi nimuvuge harigih imana yogarukir uburundi

  • Uwo mugore igihe habaye putsch Peter ari Tanzaniya. Yaje i Bruxelles gutanga intsinzi. Abasore batatu bamurongoreye
    Mu kabari k’indaya irwaye Sida yitwa ASIYA . Tekereza umuntu barongoreye muri toilette. Inkuru yaravuzwe i Bruxelles ubwo ngo yari yagiye gutanga intsinzi!!! None mwababyeyi mwe namwe rubyiruko mwumva iyo ndaya yabigize umwuga ariyo yabaha icigwa

  • Mbega uyo ivyo bigwanisho yabiguriye ba nde ako gakecuru katanguye gutanyaguza kangara gakwira agahinga,azi uburundi bubayeho gute iyo malaya y’abazungu,ikintu azi neza kandi yirengagiza ni ubwicanyi bwa se wiwe Ntiruhwama,ubwicanyi yakoreye abahutu muri 72,nahere kuri vyo ace ahanwa mu kibanza ca se.Ariko kabisa,uyo yigiye he sciences politiques,ngo n’uko yashoboye guharagura igitari,yibaza ko aca aja gufata icicaro hamwe na UA,n’ibindi bihangange vya Africa ngo agiye kuvuga ivyo avuga,ewe banyafrica baragowe,ntawutaza abahenda,upfa kuba uvuye i bulaya gusa,na africa y’epfo nayo ibana n’abazungu baracakangwa n’imalaya yabo ?

  • @miburo. Wowe miburo so wawe afatanyije na se wa Kadja Nin bari mubakoze ibara muri 72. Ahubwo Peter ni abafate mubazwe ibyo baso bakoze kuko numva mushaka kubigarura. Naho ubundi uri umupfapfa w’inkoramaraso witwaza iby’amoko. Uzapfa wangara aho urya impungure mw’ikambi i Rwanda. Kuko naho tuzahabirukana ibirenge bikabashuhana. None nkawe ko urwaye imvunja uzashobora kwiruka?

  • Nahora nibaza ko amako yaheze mugabo wapi vraiment, none ga mwabahutu mugifise ubwoko mumitwe yanyu tuzoshikana hehe igihugu? Erega mumenyeko tutoba mugihugu ari ubwoko bumwe, nabatutsi ntibokibamo bonyene, igihugu nicabose; eka mwikebuke dukunde igihugu na kazoza kaco naho ubundi tuzokwama murayo.

  • ee weye hawuna atahaya
    uku, kwenye inchi yaa,
    burundi,wewe hauko sawa
    na,mwana inci.ata,umoja wa
    Burundi,wee mucakara wa
    ke shetani toka burundi si
    dutaki wa watu wamatabia,
    kama hayo yako.nawangine
    wakosawa kamawewe,hatu
    wataki,kwaju mukowagonj
    wa,bikicwabyenu,mudapele
    kwa maosipitalin, wapenda
    amani wote tumwambie eti
    ,toka kwetu shetani minik
    o wakwanza kumwambia,
    huyo mukosadabu mapepe,

  • kirazira kunya ahutazi,
    wamugogo,PEREZIDA WAB
    ARUNDI ,wowe urabona
    muresha cyanke mungana?
    subirinyuma sha-

  • Imbereyokugira icomvuze Ndabaramukije amahoro y’imana abane namwe ntarandiriye ndashimiye mushikiwacu kuciyumviro yagezeko imana imurinde amen

  • Mubisanzwe jewe ndatanga nuko muriko muratyozanya none aho mupfa iki?Uwo mugore mureke yivugire n’umwanya wiwe.

  • jewe nitwa kwizera pascal nkaba nserukira ishirahamwe ryabatunze amamoto muburundi turiyamirije ubukozi bwikibi bwateguwe nabanyeporitike nakarwi gato cane kiyitako kadaharanira inyungu zaporitike muguhamagarira abantu mumabarabara,aho guhamagarira abantu bitabe amatora hama ibitagenda neza baze babigaragarize mukazu kitora,turamenyesheje abateguye imigumuko amamoto yose yaturiwe nayibwe igihe bagomba guhirika ubutegetsi ko boba baritegura kuyariha kuko tuzorota twemerako abanwanyi bacu ko baheba ivyabo mugihe abazituriye nabazivye bafise ababatumye.

  • je hiyo ntavyo muvuga ngaho nkurunziza ni we wenyene ashoboye kubogora iki gihugu

  • DUKOMEZEKUSENGA,KUKOBAMPEMAYUZUYEBAHAGURUTSE

  • Mbe Iryo Jini Ryataguritse Rivuga Ngwiki ? Rivahe ? Muburundi Ntamajini Nkayo Ahavuka Toka Kwa Jina La Yesu

  • Mbe Iryo Jini Ryataguritse Rivuga Ngwiki ? Rivahe ? Muburundi Ntamajini Nkayo Ahavuka Toka Kwa Jina La Yesu

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.