Accueil > Amakuru > umutekano > Kirundo : Ikiziga c’umuntu atamenyekanye catowe
 Kirundo : Ikiziga c’umuntu atamenyekanye catowe
 Kirundo : Ikiziga c’umuntu atamenyekanye catowe
				
				mardi 16 Myandagaro 2016, par
Ikiziga c’umuntu atamenyekanye catowe kuri uwu wa mbere ku musozi Rutagara uri muri komine Ntega y’intara ya Kirundo.
Abajejwe intwaro mu ntara ya Kirundo bakaba babaye baratwara mu buruhukiro ikiziga c’uwo muntu atamenyekanye, mu kurindira ko hari abomumenya.
Icibonekeje akaba ari uko ico kiziga cari catanguye gusanguka.
IGIHE

Messages
16 Myandagaro 2016, 12:05, par innocent ndayisaba
Ewee mana tabara uburundi nabarundi ubu koko ubugizi bwanabi bugeze nokumutumba wanyuma kurutonde rwimitumba yuburundi ? nahimana tugeze aho umwasi ashaka
17 Myandagaro 2016, 11:25, par ISAAC
BIRABABAJE KO ABANTU BAPFA ATACAMIR IMANA IGARUKIR UBURUNDI BURAGERAMIWE
19 Myandagaro 2016, 18:21, par Daniel
Non Àbo Bantu Baguma Bicana Bava Heh