Accueil > Amakuru > u Burundi > Kirundo: Ukutiga ni kimwe mu ntambamyi z’ iterambere
 Kirundo: Ukutiga ni kimwe mu ntambamyi z’ iterambere
  Kirundo: Ukutiga ni kimwe mu ntambamyi z’ iterambere
				
				lundi 14 Nzero 2013
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 12 Nzero umwaka wa 2013 umuhanuzi mukuru wa buramatari w’intara ya Kirundo yaramenyesheje ko ukutiga biri mu ntambamyi zikomeye z’iterambere muri iyo ntara.
Intara ya Kirundo rero ngo iri mu ntara zitatu zambere ziri inyuma mu vyo kwiga ugereranije n’izindi ntara zigize igihugu c’ u Burundi.Ivyo bikaba vyashikirijwe mu gihe hariko haratangwa impapuro zemeza ko bakurikiranye ivyigwa bahawe n’ishirahamwe ryo gushirahamwe no gufatana mu mugongo (EMUSO).
Abaronse izo nyigisho bakaba ari abo muri komine Gitobe, Ntega na Bugabira zo mu ntara ya Kirundo.
Mugisha Van Naris
