IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Leta y’u Burundi igiye kugarukira urwaruka

Leta y’u Burundi igiye kugarukira urwaruka

jeudi 11 Ndamukiza 2013

Mu gihe icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu c’Uburundi Gerevasi Rufyikiri yari mu ntara ya Gitega kuwa gatatu igenekerezo rya 10 Ndamukiza, yamenyesheje mw’ijambo ry’iwe ry’intangamarara ko bagiye kugarukira urwaruka.

Lata y’u Burundi yarateguye uburyo bwo kugarukira indero y’urwaruka mukubakundisha igihugu c’Uburundi, gukunda ibikorwa be no gushobora kwiyungunganya mu gutanguza amashirahamwe y’iterambere.

Gerevasi Rufyikiri akaba yabivuze mu gihe yaratanguje inama y’abaserukira urwaruka ku rwego rw’igihugu yariko ibereye mu ntara ya Gitega.


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.