IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Maragarita BARANKITSE yahawe agashimwe ka Aurora Prize for Awakening (...)

Maragarita BARANKITSE yahawe agashimwe ka Aurora Prize for Awakening Humanity (Video)

mardi 26 Ndamukiza 2016, par Jean De Dieu


IGIHE

Messages

  • Turamukeje uwo muvyeyi cane gose kurako gashimwe ya ronse, Imana irushirizeho kumwongera imigisha kuvyiza, ya koreye abarundi nabungingo nubu akibandanya. Uwukwanka azokwandureko, azopfe ayerera Nkakayini, abanyaruyigi twarabonye ivyo wadukoreye, babasi bamahoro aribo dusazwe tuzi, bitwa barwankabiyago, bampemuke ndamuke. Badusamburiye iterambere wari waratuzaniye, irwara nazo ziti ndaje, iyo mihimbiri badusamburiko, rwimisi yigisuma 40 kandi ngo umurozi yaroze kera,ahumirwa nuruyoya. Nkurunziza petero nawe nakarwi kiwe bahisemwo kwisamburirako nkimpene, umusumwe bazohumirwa numuswi wi nkoko barindire.

  • IMANA IKUJIMBERE URAKWIRIYE NIBINDI BIRENGA IVYO

  • Nakomere cane uwo muvyeyi ico nikimenyetso cuko umwasi agucira icobo imana ikagucira icanzo nakomere kwibanga yiyemeje imana irikumwe nawe ineza akorera uburundi nabarundi imana izobimuhembera ureke zambura kimazi atakindi zishinzwe gukora Atari ukwirirwa zirasesa amaraso yabarundi

  • IRAMBIR MUTWAREKAZI UWUKOZ NEZA MWISI NOMWIJURU ARASHOBORA KUZOBIHEMBEGWA IYO UTADENDEBUKIW KUGUMA AKORIVYIZA YESU AKUZIGAM

  • Huuuuu,urumva,ngobaradedemba,gwinteko,zimaziki,muburundi,abajenero,72,hakenye,4o,bokwitanga,bakamubwira,ukuri,nkunziza,ko,niyomareyavuzukuri,haaa,ahogeze,murambabaza,reka,baze,babapuguza,nakare,ibihugu,biranadutwenga,komuribeshi,,ntanicomumaze,,,,,,,,gumemurabana,mumaso,hasiga-2o,mubonekuvuga,rengeramoko,muhagarariruburundi,muburundi,ntamokoyarimo,mumukinzo

  • Uwo muvyeyi nakomere ku Muheto kandi Imana iramuhetse! Ivyo akora birashimwa! Ni Umuvyeyi w’inararibonye mu Buzima bw’Igihugu cacu! Aho ari ubu Imana imuhoze kandi imurinde abansi!

  • Imana Imuhezagire Ku Vyiza Yakoze

  • Kuronka0biramuraba .

  • Komerezaho muvyeyiwacu abakwanka Imana iobahana

  • nivyiza natwetuzoronka imanantiyatwibagiye iratuzi

  • Imana Izigame Aba cndd_fedd.nimbonerakure nabagumyabanga mwes muraz kabokwasinduhije baturonder mugo turasengimana ntacobazotugura !

  • UWAKOZE NEZA NIKUZA BARAMUSHIMIRA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.