IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Matana : Abantu bagirizwa ugushaka gusenyura inzego z’igihugu (...)

Matana : Abantu bagirizwa ugushaka gusenyura inzego z’igihugu bafashwe

mardi 20 Gitugutu 2015, par egide

Igiporisi mu ntara ya Bururi, muri Matana kimenyesha ko hafashwe abantu icenda bari mu murwi wagirizwa ugushaka guhungabanya umutekano w’igihugu hamwe n’ugusenyura inzego z’igihugu.

Amakuru ava muri iyo ntara amenyesha ko abo bantu bafatiwe kuri uwu w’Imana mu nyubakwa ry’ivuriro ry’abigenga rya NEMA riri muri komine Matana intara ya Bururi. Mu giporisi bavuga ko impuzu z’igisirikare, imyambaro ibiri y’ibirato vy’igisirikare, hamwe n’isakoshi y’igisirikare vyafashwe muri iyo nyubakwa, n’abakozi bo kuri iryo vuriro, hamwe n’abandi bantu bakaba baciye bahagarikwa ku mvo z’amatohoza. Mu bafashwe nta mvukira za Bururi nyinshi zibonekamwo, akaba ari abantu bo muma komine ya Rumonge, intara ya Bujumbura, hamwe na Bujumbura Mairie. Uwari ajejwe kubagaburira n’ukubaronsa ibindi bakeneye akaba ari uwitwa Cyriaque Ndaruvukanye.

Uwo murwi w’abantu bafashwe wagirizwa ko wari ugamije guhungabanya amahoro n’umutekano mu gihugu, hamwe n’ugusenyura inzego z’igihugu, mu giporisi muri iyo ntara bakavuga ko abo bantu bari bamaze indwi zitatu barara muri iyo nzu, bakagaburirwa, bakanavurwa, n’imyimenyerezo ya gisirikare bakayikorera aho nyene.

Bamwe mu banyagihugu bo muri Matana bakabona ko iryo rishobora kuba ari irementanya rigamije gufata abantu biyamirije ikiringo ca gatatu ca petero Nkurunziza, kuko ico kibaza bagirizwa ko bimenyererezamwo cegeranye n’ishure ryisumbuye risanzwe ricunzwe n’igiporisi.

IGIHE

Messages

  • EREGA MUBURUNDI UMUNTUWESE ATARI MUMUGAMBWE URIKUBUTETSI NUWUNGABANYA UMUTEKANO IVYO NTIBITANGAJE NABANDI BUCA BAFATWA AMAKUNGU ADAKOZE UKO BISHOBOKA TURAHERA

  • EREGA MUBURUNDI UMUNTUWESE ATARI MUMUGAMBWE URIKUBUTETSI NUWUNGABANYA UMUTEKANO IVYO NTIBITANGAJE NABANDI BUCA BAFATWA AMAKUNGU ADAKOZE UKO BISHOBOKA TURAHERA

  • JEWE NDABONA UMENGO INGWANO IRAMOTA MU BURUNDI ! EWE MANA KUBURA IYO MPUNGIRA ! IVYO BIVAGUNDU VYA BANYAPOLITIQUE BIGIYE KUDUKWEGERA MANA YANJE ! IMANA IZOBABAZE AMARASO YOSE YAMENETSE , AYARIKO AMENEKA NAYAZOMENEKA . NYAKUBAHWA PETER NTA SONI ! UGO NIGO RUKUNDO UKUNDA ABARUNDI BAKWIZEYE BAKAGUHA IGIHUGU IMYAKA CUMI YOSE ? SAWA NTACO ! !

  • nimubahashe nibo bahungabanya umutekano buja izombwa ngozishigikiwe namakungu nubwohoza amerika tuzobarasa

  • MANA YO MWIJURU HARAGEZE KO UGIRA ICUKORA MUGIHUGU C’UBURUNDI.AHO HAGIRA HAPFUNGWE ABANTU ABANDI BAPFE ATACO BAZIRA.

  • fatafata,izo ninyanka Burundi...gumyagumya batama....

  • Ariko iyomvugo yabamwe mubanyagihugu mengobabarogeye kukwamabavuzengo abakoze ibibi nabigeze kwiyamiriza ikiringocagatatu cumukuru wigihugu, haricomutazi mubirimo birirwakurwego rudasanzwe bakoresheje ngusubira inyuma mukwihweza ikiranga imyiyerekano yukuri, ivyobarikobarabona bakoresheje kuraba amaphoto, nama dideo yafashwe kiriyagihe basanga iriya atarinwiyerekano yemewe kuko kw’Isi nzima abavuze kobarimumyiyerekano bakarinda berekana kobafise imbuda/inkoho, nazagrenade, bagafata ibipanga babikarisha bosebabona iyontishoborakwitwa imyigaragamvyo kamimura nuguturira abantu ruryarubanza nu mwana yoruca mukwerekanako iriya itarimyigaragavyo ahubwo yarintambara yeruye, uwuzirero koyagize uruhare muguhagarika iryamyigaragamvyo yoshaka yokwiyemera kuko yarwanye urugambarukomeye. Mumisi irimbere uwuzosubura kuvuga ibijanye niryamyiyerekanoko yarimwiza ntahazobataniye nogushigikira icese Al Shabaab, Al Queida na Boko Halam.

  • niwamwungu wa rwaruyuzi rondera nabandi inkona ntiyaruzwa

  • Abatutsi muragowe iyomuva mukagera mwoshaka mwokwirekera kwimaramaza ivyanyu vyajanye na Ndadaye yasize abavumye amaraso yiwe azobahumira mukanya mukaba mugomba kugira ihonyabwoko RYA ba huyu nimutangure tuzorabe.

  • Abatutsi muragowe mwoshako mwobivamwo ntantabwe muzotera ivyanyu vyaheranye naNdadaye yasize abavumye muzopfa tatabutegetsi mushitseko kandi mmuzoherera mugasho

  • Izo Mbwa Zaba Police Nukubesha Ntakiroberi Kiri Iwacu I Matana Bagomba Gufata Aba Jeune Bagiye Mumabarabara Ariko Ntibizoborohera

  • ngo nirementanya, muriko muravuga ngo biteb bitebuke tuzogifata mwumva mufise moral, iyo mufashwe mugakanura amaso. nukubatina murakamaramara

  • Jew Sinunv Urubuga Gwera Rugashirak Umunt Avuga Ivyako?Cank Namwe Muranfis Amacakubiri Kand Ndabibo Nkenshi

  • ivy’uburundi biragoye, Nkurunziza ariko yica ubwoko bwose, CNARED iti hariko hicwa abamurwanya, abandi ngo genocide y’abatutsi, abandi ngo y’abahutu. murabe neza nihicwa abatutsi benshi n’imbonerakure abahutu bazicwa bamurwanya ntanuwuzobibuka kabisa kuko kagame yinjiye ntavyo kudega amenyo,

    ewe muvyeyi wavyaye Nkuru mbi iyo apfuma akugumamwo ntaze kwicisha abahutu yiyita umurwanyi nawe ari inkotanyi fek

  • Abo bantu baragoye. Bibaza yuko bashobora gufata bakica abiyamirije ikiringo ca agatatu bose? Ico ni ikimenyetso c’ukubona hagufi cane

  • IMANA NITABARE TWEBWE ABARUNDI ARIKO GA NYAKUBAHWA PRESIDENT NTIWOKWIHANURA IYI MENDA UKAYIREKA?ABANTU BAPFA BARI KURI WEWE NDAGUHANUYE IYO MENDA YIHEBE MUGENZI IBIZOKWIRIKIRA ABARUNDI TUZOGUFASIHA GUSABA AMAKUNGU IMBABAZI.!—*#:’%!,.

  • Izombwa Zabatutsi Nizishire Inkoho Hasinahandimurahera Sindababesha Haragezenamwe Komudukorera Tukabakoresha

  • adolh ko bamwiyiciy yagwanya 3è mandat?

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.