IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Matana :Umuntu umwe yagandaguwe mu myiyerekano

Matana :Umuntu umwe yagandaguwe mu myiyerekano

mercredi 27 Rusama 2015

Imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza yasubiye kuba hagati mu gihugu, aho bimaze kumenyekana ko umuntu umwe yahasize ubuzima muri komine ya Matana.

Iyo kime iri mu ntara ya Bururi, ikaba imaze iminsi nayo irimwo imyiyerekano, co kimwe na komine ya Mugamba zose ziri muri iyo ntara. Kugeza ubu ntituramenya ivyahononekariye, kiretse uwo yapfuye arashwe.

Twobibutsako imyiyerekano yabaye muri komine ya Mugamba kuri uyu wa 25, yahitanye umusore w’imyaka 23.


IGIHE

Messages

  • barashira nibareke nabandi bahevye kanyosha nyabiga namusaga

  • Mhesekomuvuga inkuru zidakwiye? Umuntu asomye ivyomwanditse womengo numuntumwe basanze arimumyiyerekano wenyene bacabaramurasa! Niyaba atariwenyene vyagenzegute kugirabe ariwe araswa? Murazorebaneza baryanye bababarikumwe mumyiyerekano nibobamwishe, bitarukwo muduha inkuru zidakwiye.

  • Uwo muntu yishwe agiye kwiha inkumbi. Kuko ngo yari agiye kwica abantu bari banze kujya mumyiyerekano kandi ngo yari afise grenade

  • @schwarzenegger
    Wewe niho ukibimenya,ba vital,pacifique,sinduhije n’abandi batutsi bateguye iyo migumuko bashize kuri plan ko hazoba au mois 15 tutsis sacrifiés par jour kugira igitigiri gikwiye bavuze induru ngo jenocide,malheureusement vyarabatekurukanye ntivyabakundiye ubu batanguye gu sacrifia abahutu bo muri opposition kugira imigumuko biboneke ko iriko ikogwa n’abahut kubera agashavu ko guhora ababo,ubu mu bahutu bazoba sacrifié ngo ka Rufyiri ngo koba karimwo ngo nico gituma utakikumva ni cwe,ngo karabimenye karanyegera,ubu hazokurikira ka léonce,bamvuginyumvira,minani,onésime,gwasa baracamukoresha ni après atsinze cane cane amatora niho bazoca bamushimira,ci karavera aussi ni après!
    Rero abo bicwa nabo bari kumwe si polisi ibarasa wewe mu bantu isinzi nkuko babitubwira,umupolisi yorasa muri foule hagapfa umuntu umwe?Eka da ni za sacrifices journaliers.Ubu hari n’ibindi,izo acrifices bazikora kwinshi ubu mu ma quartiers yabo bapakuruye za wc bashira ama kaka ku ma barricades ngo polisi ntizikure,umve ubu ngo korera n’amacinya bitanguye kubafata ngo bagaca barungika abagwaye kuzikwiragiza mu ma quartiers y’abahutu,nabo kwa gwasa baja gufasha abanya musaga batanguye kubaha ishano n’ibikaya mu ndya nabo ni uko bararemvye ngo hageze kurya ntibasangira kandi indya ziba zatetswe n’abatutsikazi,abo bo ntibambabaje reka babampere indero ivyo bigugu.Rero iyi migumuko hinyegeje vyinshi inyuma,abo bicwa na bene wabo bari kumwe mu myiyerekano ,twarabahinyuye!!!!

  • none ga nkurunziza uremey nyene amaraso yabarundi agume aseseka kubwawe?aho ntiwoshikiriza igihugu amaraso akareka guseseka?umenye ko agasozi kintahanurwa kahiye abagabo babona.

  • none ga nkurunziza uremey nyene amaraso yabarundi agume aseseka kubwawe?aho ntiwoshikiriza igihugu amaraso akareka guseseka?umenye ko agasozi kintahanurwa kahiye abagabo babona.

  • @Mutabazi
    Ivyo uvuze ni vyo aho i matana nico kimwe no mumugamba ni muri province yitwa bururri ahavutse ibinywamaraso vy’aba perezida(rutovu) vyatumariye abacu,abantu baho ni imbwa ziryana,mukwica,mu guturubika abahutu ntaco binganya,urumva ibigwanisho babibahaye kuva kera ngira ngo hari nivyaguye ingese munzu,rero c’est vrai,usanga ari benewabo bamwikijije agiye kubatera za grenades kubera banse ku manifesta,ça rentre dans le cadre de leurs sacrifices journaliers,abahutu nibahumuke bareke guhendwa ngo ni za mandats,ivyinyegeje inyuma yiyo migumuko ni ubugesera!!!!

  • matana ndagize mahoro banyagihugu bamatana gezaho iyo nyifato siyo raba umuntu umwe yitavyimana mumigumuko yateguwe na pasifike na vitari na mbonimpa na sinduhije na rwasa adasigayinyuma mwibaza ko harico bazobamarira ni mwikebuke mufatane munda

  • Umuryango wiwe niwihangane imana niyo nyishu kimwe Nkurunziza yomenya kwatawusomera induru zivuga, kwica no gusahura sibwo buhizi

  • Umuryango wiwe niwihangane imana niyo nyishu kimwe Nkurunziza yomenya kwatawusomera induru zivuga, kwica no gusahura sibwo buhizi

  • emwe murazi kuvuga ivyo mutazi.imbere yo kuvuga ba mwibuka ko imana ibumva kandi izi nivyo mugambiriye gukora.harageze ko mutegera ko twese tuzopha kandi uwicisha inkota azokwicishwa inkota.kandi umwe wese afise ikinogo ciwe.apfuye ntangorane asubira kugira muga ww uguma uvuga urupfu rwiwe .uwo ni amaraso yiwe aguma akubaza.hinduka muhebe ivyaha vyabasinzikaje.musigaye muri abikuzimu kuko muvuga abapfuye mubabeshera ntasoni mutabazi nabzndi mugendana

  • emwe murazi kuvuga ivyo mutazi.imbere yo kuvuga ba mwibuka ko imana ibumva kandi izi nivyo mugambiriye gukora.harageze ko mutegera ko twese tuzopha kandi uwicisha inkota azokwicishwa inkota.kandi umwe wese afise ikinogo ciwe.apfuye ntangorane asubira kugira muga ww uguma uvuga urupfu rwiwe .uwo ni amaraso yiwe aguma akubaza.hinduka muhebe ivyaha vyabasinzikaje.musigaye muri abikuzimu kuko muvuga abapfuye mubabeshera ntasoni mutabazi nabzndi mugendana

  • Ariko Nyamitwe urarushe nukuri kuko umutima wawe wuzuyemwo amacakubiri meeenshi nububeshi bwinshi kandi umenye ko twaguhinyuye aho wiyita Vuganeza uragapfa utavuze neza kandi uteranya abanyagihugu! mugabo urakwiye kumenya ko iyo ntara ya Bururi ataho uzoyishira wewe nka Nyamitwe eka uwariwe wese ntaho azoyishira , ikindi naco abo bantu wamiza mu kanwa ngo babahaye ibirwanisho aho wibaza ko iyaba babifise baba bicwa nk’abana bimbeba ? Ariko rero wogomba wobana nabantu neza kuko amaherezo yawe si harya mu nzu kwa Nkurunziza ! Urya ivyiwe ntubigereranye nivyawe habe namba , kuko wewe uri umuntu mutoya caaane naho yohava Nkurunziza ntiwibaze ko ari wewe uzomusubirira , kandi naho azoja mu MPIMBA ntimuzojana ! Nyamitwe uzohore wibaza ko uri kw’isi kandi iguma izunguruka itaguma hahandi. IKIBWIRWA NI CUMVA.

  • JEWE ICONDAYIVUGAKO NUKO KWICA ATANYUNGU AHUBWO NKURUNZIZA NINKAFARAWO NAREKURE ABISIRAYE BINJIRE MUGIHUGU C’ISEZERANO AGUMYE ABAKWIRIKIRA AZORWA MUKIYAGA NKAFARAWO KANDI NIKO BIGIYE KUGENDA VUBA

  • MWIBUKE FARAWO UKUNTU YAGUMYE AKWIRIKIRA ABISIRAYERI IVYAMUBAYEKO KWATAKIZE MWIBUKE NAGORIYATI AKENGEYE ABISIRAYERI MWIBUKE ABOBANTU IVYOBABONYE IMANA NIZE IKIZE IHANGA RYAYO ISIRAYERI YAKABIRI AMEN

  • sha uyu muntu wiyise VUGANEZA iyo uravye ibintu bisohoka mu kanwa kiwe uca ubona uwo ariwe ni umutindi a 1000000000% sinzi uko nomuqalifia afise ubugome n amatiku bitari ivya kiremwamuntu gusa azosenge Imana imugenderere c est la seule solution nayo ahandi ndasabira igihugu kigifise abantu nk aba

  • jewe ico noshikiriza n,uko abobari mumyiyerekano nuko bobareka bakigira mwibarabara aboba police bakaja inyuma bakabakwirikia bakaraba icobononagus nayahandi kurasa atacobononye birya nibibi kandi aboba police nibisubireko nayahandi vyayangaye pita naw narekure harya twaramutijije nn turageze gutirura jew iciyumviro niki

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.