Accueil > Amakuru > u Burundi > Muramvya: Abantu batatu barakomerekejwe ni grenade
 Muramvya: Abantu batatu barakomerekejwe ni grenade
 Muramvya: Abantu batatu barakomerekejwe ni grenade
				
				jeudi 14 Ntwarante 2013
Abantu  batatu  barakomeretse mw’ijoro ry’umusi wa kabiri  igenekerezo rya 12 ntwarante 2013 aho batewe I gerenade   n’inkozi zikibi zitashoboye kumenyekana.
Abakomeretse baciye batwarwa ubwo nyene kw’ivuriro ry’ I bugarama kugira batangure kuvugwa . Igipolisi c’I Muramvya caramenyesheje ko amatohoza yamaze gutangura kugira bafate izo nkozi
Floxella karire
