IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Muramvya: Ibiro 20 vy’urumogi vyarafashwe n’igipolisi

Muramvya: Ibiro 20 vy’urumogi vyarafashwe n’igipolisi

jeudi 21 Ruhuhuma 2013

Igipolisi co mu ntara ya Muramvya carafashe urumogi congera kirandura ibiti vy’urumogi nyene kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 20 Ruhuhuma 2013 ku mutumba wa Busimba.

Urwo rumogi rungana n’ibiro 20 hamwe n’ibiti 147.Nk’uko amakuru dukesha bagenzi bacu bakorera insamirizi y’igihugu abimenyesha,abafatanywe urwo rumogi bari mu minwe y’igipolisi mu ntara ya Muramvya.

Uwurongoye igipolisi mu ntara ya Muramvya ahamagarira abanyagihugu kwerekana uwo wese akora urudandazwa rw’ibiyayuramutwe.


Mugisha Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.