IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Bazindutse biyegeranya kugira basubire mu myiyerekano

Musaga : Bazindutse biyegeranya kugira basubire mu myiyerekano

jeudi 18 Ruheshi 2015

Muri komine ya Musaga, abagira imyiyerekano bazindutse biyegeranya kugira bayitangure.

Muri iyo komine rero, bakaba abiyamiriza ikiringo ca agatatu ca Petero Nkurunziza, bashaka kuyitangura igihe c’isaha zine z’igitondo. Abaporisi benshi bakaba bibonekeza aho muri iyo komine. Naho biri uko, bamwe mu banyeshure biga mu mwaka w’10, bakaba bagiye gukora ikibazo ca Reta, abanyehure benshi bagenda batambaye umwambaro w’ishure, ndetse baherekejwe n’abavyeyi babo.

Imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu rero, ikaba yatumye amashure atari make mu gisagara ca Bujumbura yugara yaba mato, ayisumbuye eka na za kaminuza.


IGIHE

Messages

  • None iyo photo ko imaze iminsi muyishyiraho aho ntimuri guhimba!!!! Twarabamenye n’ibinyoma byanyu. Imyiyerekano yaraheze n"uruyoya rurabibona...

  • nibatahe muhira izomburakimazi vyarabanayi,bashaka konona ivyo batubatse bakabuza imirimo kubandanya

  • Birababaj Kwumva Uharanira Democrasi Ukanka Ko Abanyeshur Biga Kandi Nabo Bajayo Barahendwa Nigikoresho Cabanyepolitik Mbe Ntibaziko Bashow?

  • Imyiyerekano Itegerezwakubandanya Kugeza Pita Nkurunziza Ahevye Mandaya3

  • Nonaho Ntiboreka Bibazako Bazo Bishobora? Imwiyerekano Niyimbura Kimazi.

  • Nibakore kumuheto kuko ababa DD bitagenzuko ntibokwumva!nimukore izombonerakure nazo zizomaramara one day!bitabadilika muda mudogo!

  • Mwatubwiye Ko Biyegeranije,none Bahereye Hehe?Haricandiko Mwababonanye Canke Mwobamwabamenye Gute,mwakoze Kutubwira

  • Mwatubwiye Ko Biyegeranije,none Bahereye Hehe?Haricandiko Mwababonanye Canke Mwobamwabamenye Gute,mwakoze Kutubwira

  • Mana Fasha Uburundi Nabarundi Kuko Ntawundi Twizeye Azoduha Amahoro Atari Data Womwijuru Nn Tabara Amaraso Ataraseseka Mana.

  • ese ingene abo bari mumwiyerekano bari baberewe nokubaka igihugo ! none uko ntibabona ko ari ukwisamburira ko none bo ko bariko bagomba kugitwara imigambi yabo niyo kugisambura?

  • nagomba mbarire 79210585 yuko ari indoto

  • @mutabazi, wakigugu we c’umunyarwanda, uba hehe wewe?

  • Mubatuka mutabatuka nagomba ndababarire ko aba arizo ntwari bobo babasha gushira ubuzima bwabo mumasasu kugira abarundi baronke agateka kabo, ingingo kuyindi yubahirizwe atawuri hejuru yamategeko. Ikindi mwomenya intwari toujours ziba nkeyi a part ca, abarundi turafise injiji nyinshi nabize bafise amacakubiri kugira injiji zibakurikire bategeke. Muga nagomba mpagarire abarundi bose kuba abarundi bumutima bakunda igihugu kuruta ubwoko bavamo, babanyakuri, babashingantahe, bashira inyungu n’icubahiro vy’igihugu imbere. Hama abavuga ngo Peter bamureke yitoze hama uzoviremo mumatora, mbe muraziko atari uwariwe wese arekuriwe kwitoza? CENI ubwayo ntiyamutoye kuko yatowe 3/5 hategerezwa kuba 4/5, mvuga 3/5 kuko uwakane yaciye ahunga yagiriza ko babashizeko iterabwoba. Barundi twubahe igihugu cacu twubaha ibwirizwa shingiro n’amasezerano y’Arusha.

  • Reka Izomburakmaz Zigum Mwibarabara Zizorya Iryo Barabara Nyene Inkona Ntiyaruzwa Uwuzobkora Izomunoba Kuk Ikubona Kubrometero10000000m Uzorukarisha Ruzomumwa Ndiriye Abantu Bi Musaga Oooh!!!!!!

  • Abo batutsi butuzuru umengo nuturato twabana bagomba kudusubiza gukarisha imipanga twariteguy shaaaaa tw ese tuzhora abacu bishe 19972-1974 twaramaze kwitegura

  • Ahubwo nibababuze nabobana babanyeshure kuja gukora ikibazo,1993 nibaturasa amasoro tukagita bo bakagikora.namba baribagiye intambara uko imeze,tuzosubira kubwira FNL isubire ku Musaga.

  • imana.nidutabare.pita.avekugihugu

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.