IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngagara : Ikiziga c’umuntu catowe ahiciwe abandi batatu

Ngagara : Ikiziga c’umuntu catowe ahiciwe abandi batatu

lundi 19 Gitugutu 2015, par egide

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko batamenye ikiziga c’umuntu catowe mu Ngagara muri karitiye ya gatatu mu gatondo ko kuri uwu wa mbere. Ico kiziga catowe mu kibanza ciciwemwo abandi bantu batatu ku muhingamo wo kuri uwu w’Imana, aho nyene mu Ngagara nk’uko bimenyeshwa na OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi.

JPEG - 388.2 ko
Abantu batatu bivugwa ko ari abaporisi biciwe mu Ngagara batewe gerenade

Ico kiziga c’uwo muntu atamenyekanye catowe muri karitiye ya gatatu ya zone Ngagara, cabonetse mu gatondo ko kuri uwu wa mbere, abaporisi bakaba baciye basaka imihana yegereye ico kibanza.

Ku muhingamo wo kuri uwu w’Imana, abandi bantu batatu bivugwa ko ari abaporisi bariciwe muri ico kibanza nyene batewe gerenade. Mu giporisi c’Uburundi bakavuga ko bamenye umwe muri abo batatu bishwe n’abantu bataramenyekana. OP1 Pierre NKURIKIYE avuga ko uwo bamenye ari umuporisi azwi kw’izina rya MUTWA, yakora mu giporisi kijejwe gucungera inzego API (Appui pour la Protection des Institutions).

Rémy BARAMPAMA musitanteri wa komine NTAHANGWA akamenyesha ko kenshi abantu bakora ubwicanyi aho muri karitiye ya Ngagara baba bavuye mu yandi makaritiye, agasaba abanyagihugu gukorana n’abajejwe umutekano mu kubadomako urutoke.

JPEG - 449.1 ko
MUTWA, yakora mu giporisi kijejwe gucungera inzego API (Appui pour la Protection des Institutions)

IGIHE

Messages

  • abobatu baboshe bohorwa ivyiyumviro vyabo

  • Imana ishimw,uwo mutwa yari yaramaz abantu,yari mubish umuryango waba fnl mugweza rural hejuru yo kubumw 2011,nabandi bamunzw nikibi nkaw bahator icigwa!

  • Imana ishimw,uwo mutwa yari yaramaz abantu,yari mubish umuryango waba fnl mugweza rural hejuru yo kubumw 2011,nabandi bamunzw nikibi nkaw bahator icigwa!

  • Ngagara,mushaka kwigira un pays dans un autre pays,ntituzobemerera,murawunywa rero,natwe ubu tugiye kurondera ibiziriko vyo kubaboha,turonona amasoro

  • bazashake nakiliya kitwa fidelite bakibohe bagice imabya cyo gaswera nyina.

  • Biragoye kwemera ayo makuru ko abo bantu 4 bishwe ari aba polisi kuko aucun visage n’est vraiment visible. Ils ont tous été caches! les mains ligotés avant d’être tué, font penser au style d’exécution des FDLR aujourd’hui présents sur le sol burundais pour aider le régime àétouffer l’opposition en les exécutant un àun ou par petits groupes. Ces corps sans vie ne sont pas de ceux des policiers, ce sont ceux des opposants exécuter par les Interahamwe-Imbonerakure qui servent le pouvoir de Bujumbura. Point-trait!

  • "Igihe", you are a very biased paper! les commentaires zitarimwo imikomo ntimuzi posta! Muragaragaye ba sha!

  • amaraso arahuma ntamera nimureke ubwicanyi!!!!!!!

  • Ngo n,abapolisi!Mbega abo batagira umwambaro wigipolisi twovyemera gute?Bari bagiye he?Murahinyutse namwe!

  • abaporis.vyukur.nibo.basamar.reka.babon.kuk.wifitiyimot.bakwirukak.arik.abicanyi.ntibababona.rek.babon.rer

  • mutwa.ruhuk.warukoz.inka.ivuyek.inyondw.zos.icivyibu.kugweg.gwiwanje.uwonzobonan.ikigwanisho.atamwambar.canke.ibindi.bimuranga.afis.mwicogih.ntafuy.azofa

  • @france shami
    opposition y’’i burundi ntimugira inguvu,ntidukeneye umuntu numwe pour vous punir,par contre mwebwe abatutsi mutuzanira inyenzi n’abanyamurenge kutwononera igisagara.Iyo mivyimba yose ni mwebwe abatutsi muriko murayanikira ,muriko murica abahutu n’abatutsi ariko amaraso yabo azobahumira,mbega ubwoko bubi.Mwa bahutu kumbura mwigishe abana banyu bamenye gutandukanya icatsi n’ururo si non muzosanga barunze hamwe nabo ba polisi kubera kutamenya,bon sang ubwo imitwe yanyu irakora,muzomenya ryari ko umututsi ari umwansi w’umuhutu?Ng’ubwo bwa teddy mazina buramaze iganda bugaca buterera amasanamu ku ma réseaux sociaux,mwibazako ari kuberiki umuvyimba chaque fois ubonetse teddy mazina aba uwa mbere gu publia images,nuko akorana n’abicanyi,ubwo si mwenewabo innocent muhozi ari en contact n’abicanyi,ntivyotangaza ni des anciens sans echecs?Faites bien attention àces rwandais banse kumaduka mu gihugu cacu izo mbwa.Hari ico mutari muzi ,ca gikobwa caterewe grenade kw’i jabe,yayitewe n’abatutsi benewabo ngo yavugana neza n’abahutu,rero mwitonde,

  • Uwitwa Fidelite ateye agahinda mu bintu yandika nukuri. Uzovuge ikibazo ufise ku batuzi, ku banyrwanda, tugufashe kibonerwe umuti naho ubundi aho bukera baragusaza basi! Abo banyrwanda uvuga banse kubavira mu gihugu nashaka ndakumenyeshe ko babaye ngaho utaranavuka. Nabonye ubita inyenzi hahahaaa! birumvikana ko nta kibazo ufise n’interahamwe nizo wishakira ko ziguma ngaho. Tsinda amacakubiri hanyuma ubone gushikiriza igitekerezo, kuko abo banyrwanda urabakeneye wabishaka utabishaka! kandi sibo batumye abarundi banka mandat ya 3. JIJUKA.

  • Erega ivyo ni nka bimwe vy’i Rwanda, bemera kwica abantu abo maze bakavuga ko ari ubutegetsi bwabishe.

  • Fidelite urababaje wakinywamaraso we abantu nkamwe qui causent des malheur a leur pays c est triste. Kera abakurambere abantu nkamwe babita IBIKENYA uravye ivyo uvuga uri igikenya kizokenyuka va ibuzimu uje ibuntu wa nyamaswawe

  • Dukor’iki?sabe imana idutabare.

  • @Fidelité, il n’y a pas longtemps j’ai lu un des tes commentaires wiyita ngo uri umututsi et bla!bla!bla! en même wivugira ivyo usanzwe wivugira igihe cose avec des propos qui exhibent une certaine animosité contre abatutsi! Cependant, uri umwana mwiza parce que malgré cette animosité, dans ton subconscient biboneka ko wifuza kuba umwe muri bo! You are such a controversial character! For so much hatred, you need deliverance!

  • BARUNDI BARUNDI,KAZI BENE DATA MBAHANURE MUREBE UBWICANYI BURI MUGIHUGU CACU AHOTUGEZE SAHUBWOK TENA SAHUGUTANAKO UMWIKOMO AHUBWO NUKWICARA HAMWE TUTAMVANGUYE UBWOKO TWIGE UKO TWOKURA IGIHUGU MUBUJA NKUBWO KUKO?SUMU TUTSI UMUHUTU CAKWA NUMUTWA MBONA DUMFATSESE MWIBUKE KO IYO RUJE UMWANSI NUMUKUNZI RUJANA NTANDABONA MUBWOKO YAMFUYE UNDI ASIGARE MBO BAMFA BOSE RERO NIMWIKANGURE TUGWANYE UBWOBWICANYI TWESE HAMWE

  • BARUNDI BARUNDI,KAZI BENE DATA MBAHANURE MUREBE UBWICANYI BURI MUGIHUGU CACU AHOTUGEZE SAHUBWOK TENA SAHUGUTANAKO UMWIKOMO AHUBWO NUKWICARA HAMWE TUTAMVANGUYE UBWOKO TWIGE UKO TWOKURA IGIHUGU MUBUJA NKUBWO KUKO?SUMU TUTSI UMUHUTU CAKWA NUMUTWA MBONA DUMFATSESE MWIBUKE KO IYO RUJE UMWANSI NUMUKUNZI RUJANA NTANDABONA MUBWOKO YAMFUYE UNDI ASIGARE MBO BAMFA BOSE RERO NIMWIKANGURE TUGWANYE UBWOBWICANYI TWESE HAMWE

  • abatutsi bazi kwiriza, kurya ibyo bataruhiye, gusambana,kwicana,kubeshya.........ibindi ntibakatubeshye twarabamenye

  • Fidelite igore uz,uvuga make ,meza dunia ni muzunguuko between all Tutsi and all Hutu are not perfect bose bakeneyagakiza akira Yesu Kristo ukizwe uronk,amahoro yuzuye mumutima if not u,ll end badly

  • Ewe lily ivyo uvuga wabimenye uri ikiziga nyene wamenye akazina kagukwiye. murarofoka

  • Murivyura, Tasha, Abandingao, Utiarashima, Yohani,yafoto,sinkibona Yaravuyekoweweuraibona?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.