IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngagara : Umuduga utwara abantu waturiwe

Ngagara : Umuduga utwara abantu waturiwe

jeudi 11 Ruheshi 2015

Ku munsi wa 46 w’imyiyerekano, muri komine ya Ngagara, uuduga wo mu bwoko bwa coaster waturiwe.

Uwo muduga usanzwe wunguruza abantu, ukaba watuririwe kw’ibarabara ryitwa irya Kanyoni, hagati ya karitiye ya kabiri n’iya gatatu mu Ngagara. Umuduga uzimya umuriro, ukaba waciye uyizimya, imbere y’uko amazu yo muri ako gace nayo afatwa n’umuriro.

Muri iyo komine ya Ngagara rero, amamodoka atari make aramaze guturirwa, kuva imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza itanguye. N’aho abaporisi n’abasirikare barwiriye mu micunagraro itandukanye y’igisagara ca Bujumbura mu kubuza abagira imyiyerekano, bikaba bigaragara ko abo bayikora, biyegeraniriza mu tundi duce, gutyo bakaguma bacunganye n’abaporisi.

Photo SOS Médias Burundi


Aristide Nizigire

Messages

  • Emwe Gayee Zambonerakura Bababiligi Bavyina Zasaze None Pacifique Abivugako Iki Vuganeza Ndaguhaye Ijambo Umvugire Kuri Nkuru Yaba Baroberi B.Abatutsi

  • Icokorwa kandi kigahumururiza abarundi n-uburundi, n-uko twosenga IMANA igahindura imitima yababifisimwo uruhara kugira abarundi bwacu busire kuba nyabagendwa.

  • NGIVYO IVYO BA PACIFIQUE, RUFYIRI NA MBONIMPA BITA
    MANIFESTATIONS PACIFIQUES!!!!!
    BIRATEYE ISONI KU MASHIRAHAMWE NKA APRODH.

  • Mbega icobatinya kokimenyekana nigiki? nimba bakora amakosa bitegerezwa kumenyekana. ababa DD, naho biyorobeka ivyabo turabizi, tubateze umunsi.

  • abarundi murababaje ese uwo uboshya gokora ibi,abona we azategeka bandi ko na we abarundi bazamwimirira,bamubwiye ko iyo modoka ari iya nkurunziza!!!!!!!

  • Ntavyish Novuga Nkumwana Wumuntu Iri Mwijuru Irabona Uwufise Ikosa Hagati Ya Leta N’ Abigaragamvya.

  • Ntavyish Novuga Nkumwana Wumuntu Iri Mwijuru Irabona Uwufise Ikosa Hagati Ya Leta N’ Abigaragamvya.

  • BANDANYA MUTURURIRA ARIKO AYO MAKARITIYE TUZOYABAHEBERA KUKO NTIDUSHOBORA KWEMERA KUGUMA DUTURIRIGWA IMIDUGA NGO TUVYEMERE.
    PACIFIQUE BIHERA BIDAHERA WEWE UTEGEREZWA KUZONDIHA OU BIEN WIGUMIRE IYURI.
    BAGUKURAKO UMUTAHE BAREKA IMIDUGA YANJE IBIRI IMAZE GUTURIGWA UZOYINDIHA KUKO BAYITURIRA ATANA POLITIQUE NDIMWO.

  • watuliwe nimbonerakure . turabizi yitwa pascal.

  • Emwe Imodoka Ziza Kuhaherera.Ncuti Urihangana Imana Izoguha Iyindi,

  • BANDANYA MUTURIRA NI MWAHEZ IMIDUGA MUZOC MUTURIRA AHO MURYAMA

  • Mbese kuvaho hagatuririwe abantu nibintu bamwebavuga kobaharanira agateka kumuntuwariwewese mobatariyamiriza ababikora!?.

  • NONE IZOMODOK BATURIR NAZO ZIZIRIKI?

  • NONE ITURIRA IMBONERAKUREGUSA?

  • REKA BABIKORE GUTYO NIVYO BASHOBOYE. ARIKO MUCE UBWENGE MUZE MURATANDUKANYA ABAGIZI BA NABI N’ABANYE POLITIKE. KABISA ABO BANTU BAREREKANYE GOOSE KO ARI INKOZI Z’IKIBI, BE MUKORESHA UBWENGE, KUR’IVYO MUGEZEKO NTA N’UBWO KURAHURA MUKORESHA. MBE MWIBAZA KO ICO GITUMA PETER ATITOZA? RONDERA IYINDI MIKENYURO NAYO GUTURIRA IMIDUGA NTACO BIHINDURA, AHUBWO MUZORUHIRA KURIGATA IYO MINYOTA YAZO.

  • hari abantu muntwenza,ntimwirigwe mubaza vyinshi kuri iyo miduga,erega abatutsi si abantu,ni amashetani.

  • Nta kibabaje nko guhomvya umunyagihugu mugenzi wawe umuturirira ivyo yabonye yiyushe icuya!! Mbega nkabo bakoze ivyo bibaza ko hari igiti bazobona? wapi nta nubwo bazobaha n’aka nyumbakumi!! Mureke kwiteranya musambura ivyo mutazokwubaka.

  • Bantu mufise imiduga,amapikipiki , amakinga n’ibindi bintu bigendagenda nacanecane ibikora taxi muriyubara amakartiye yabakora imigumuko kuko bakwiketseko utagaburira abarikwirondo canke ko urimumugambwe uri kubutegetsi canke imodoka iva mumakaritiye akagumutse intonde zarakozwe zokubaturirira utuntu twanyu, muragaba rero kuko imodoka zose n’amamoto aturirwa bimanza gusobanurwa mubindi. Ubwo n’ububisha nanone mugani wabo barabivuzeko urubuze inkona ruvumbukana igikona nuko bitanyumva n’ibikona nobisaba kwiyubara ayo ma kartiye yababisha kuko birageramiwe.

  • emma

    yemwe bantu mugumuka ndababaze mushaka iki ? ko mwananiranye? kumusaga no mungagara no mucibitoke na mutakura ntaco mucibanga ! mushaka iki ? ko muguma mwonona ivyabene gihugu rekeraho ntaco muzoshikako! petero ategerezwa kwitoza vyanka vyakunda.

  • emma

    yemwe bantu mugumuka ndababaze mushaka iki ? ko mwananiranye? kumusaga no mungagara no mucibitoke na mutakura ntaco mucibanga ! mushaka iki ? ko muguma mwonona ivyabene gihugu rekeraho ntaco muzoshikako! petero ategerezwa kwitoza vyanka vyakunda.

  • BIRABABAJE KUMVA IBINTU BITARIBIKE BIKOMEZA KWONONEKARA .

  • Abo Bayituriy Nimubanyige Kuko Bagihari Namahoro Yoboneka.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.