IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Nta mupolisi yatumwe guhohotera abanyagihugu

Nta mupolisi yatumwe guhohotera abanyagihugu

lundi 18 Ruhuhuma 2013

Mu kiganiro icegera c’umuvugizi w’igipolisi c’u Burundi OP1 Pierre Nkurikiye yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa 18 Ruhuhuma, yamenyesheje ko abapolisi bariko barirukana abadandariza hafi y’isoko iheruka gusha, nk’uko babisabwe n’inzego zirongoye igihugu.

Nk’uko OP1 Pierre Nkurikiye abandanya abimenyesha, ngo igipolisi ntikiramenya ko hariho bamwe muri abo birukanwa boba bahohoterwa n’abapolisi.

Nayo ngo ku boba bakubitwa canke bakononerwa utwo badandaje n’abo bapolisi, ngo bokwitura ababakurira mu gipolisi, vyanse bakitura ubutungane. Kubwa OP1 Nkurikiye Pierre, ngo ntamupolisi arekuriwe guhohotera umunyagihugu, ari naco gituma hariho bamwe bari mu minwe y’inyamira mabi n’ubutungane kubera iyo ngendo.

Aho atanga akarorero ka bamwe bamwe hano i Bujumbura,Cibitoke na Ruyigi


Jean Michel Ndayikengurutse

Messages

  • naho biri ukwo nukuri bumvirije amarira yabadandaza bokwumva ikigongwe.ku bwanje inyishu si kubambura utwo badandaza canke ngo babakubite ahubwo bofasha kubaronderera aho bakorera kuko bitagenze ukwo hariho abantu bashobora kugira ingorane no gupfa bagapfa bigatuma igihugu gita agateka

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.