IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Nyakabiga : Umukuru w’umugambwe MSD yashikanywe mw’ibohero rya (...)

Nyakabiga : Umukuru w’umugambwe MSD yashikanywe mw’ibohero rya Rumonge

samedi 27 Ruheshi 2015

Umukuru w’umugambwe MSD muri komine ya Nyakabiga yashikanywe mw’ibohero rya Rumonge.

Léonidas Nimpagaritse batazira ‪Nyeganyega‬ akaba yashikanywe mw’ibohero rikuru rya Rumonge mu ntara ya Rumonge, kuri uyu wa 26 Ruheshi inyuma y’umuhingamo. Léonidas Nimpagaritse batazira ‪Nyeganyega‬ rero akaba yari amaze iminsi irenga kw’icumi ari mu gasho k’ibiro vy’igendereza.

Aho muri iryo bohero, Léonidas Nimpagaritse batazira ‪Nyeganyega‬ akaba ahasanze Epitace Nshimirimana, arongoye umugamwe MSD mu ntara ya Gitega. Abo bose uko ari babiri, bapfunzwe bagirizwa gutegura imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.