IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Barack Obama: "Amatora y’umukuru w’igihugu ntiyabaye mu muco"

Barack Obama: "Amatora y’umukuru w’igihugu ntiyabaye mu muco"

dimanche 26 Mukakaro 2015

Umukuru w’igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika Barack Obama yavuze ko amatora y’umukuru w’igihugu yabaye mu Burundi kw’igenekerezo rya 21 Mukakaro,atabaye mu muco.

Mu rugendo yarimwo mu gihugu ca Kenya,Barack Obama yavuze ko baganiriye ku bijanye n’Uburundi n’umukuru w’igihugu ca Kenya Uhuru Kenyatta.

Barack Obama yaboneyeho akaryo ko guhamagarira Reata y’Uburundi n’abatavuga rumwe nayo,gusubira kwicara hamwe mu biganiro,bizotuma haboneka inyishu za politike bigatuma abantu ataco bazira batabandanya gupfa.

Mwomenya ko umukuru wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika yashitse mu gihugu ca Kenya ku mugoroba wo kuwa gatanu igenekerezo rya 24 Mukakaro 2014.


Van Naris Mugisha

Messages

  • NONE UBU NAHO ABA DD BAVUGA IKI?NIBEMERE BASABIKANYE NABANDI KUKO MURIYI MYAKA TUGEZEMWO NTAMUNTU ASHOBORAKWISANGIZA IVYIGIHUGU WENYENE HAMWE NABO BARIKUMWE NA BATWA TWAHORA DUHERA KURUJO UBU BARASHIKIRIWE HARAKANTU ABANDI NABO.

  • IVYUBURUNDI NTAWUKIRONKA ICO AVUGA.NIBAREKE GUHUMA AMASO AMAKUNGU NGO HARI AMATORA YABAYE.VYARI KUBA VYIZA ABA DD BAGIYE HAMWE BAKAMUNOMA BATIRIWE BARASHUSHA UMUTWE UMUNTU,BICA ABANTU BAZIRA UBUSA TUKAZA DUSUBIRA MU NTWARO YUMUGAMBWE UMWE NTAKUNDI,MUGABOSHA ABARUNDI BARAYAMAZE BATI:"AGASOZI KINTAHANUGWA KAHIYE ABAGABO BABONA"KANDI NGO:"AKARI MU MENYO Y’IMBWA BAKUZAYO UBUHIRI"

  • emma
    OBAMA reta yawe yipfuriziki abarundi ko mwatwinjiriye cane? OBAMA gezaho kwikurako agashambara, nyamba ukeneye kumenya abarundi ntuzosubire iwanyu utageze ino muburundi, nayo kuvuga ivyo mwacometswe nabagwanya reta ntibibarivyo murabe mwikosore.

  • uraba wumva birenge niwe ubarirwa(NKURUNZIZA)

  • s’il n’est pas tard il est temps que l’ONU mette en application de meme que l’USA ce qu’ils aiment souvent parler comme sanctions ou mesures en cas d’inexecution fautive.

  • Mbega ga wobama ntazi k ibiganiro vyananirany??ck naw yarashigikiy iyo mandat?yananiw nugufata ingingo?natah ivyuburundi twabihay Imana!!

  • s’il n’est pas tard il est temps que l’ONU mette en application de meme que l’USA ce qu’ils aiment souvent parler comme sanctions ou mesures en cas d’inexecution fautive.

  • Jeme Namaze Imyaka Itarimike Kandi Ndamaze Kwitaba Amatora Atarimake. Umukuru W, Igihugu Iyo Ahejejeje Gutnrwa, Arakezwa N,abandi Bakuru B,ibihugu, Emwe Atari Mutabazi Na Jacpues Numvise Bisabira Akazi, Ntabandi Ndumva.

  • Obama sindamwanka ,ariko nabanze yige ingene akingira aba noirs bo muri USA,babica pour leur donner une bonne leçon.Mbega we burya ntabona ko ari humiliation yuko abirabure nkawe bapfa abona,c’est une façon àces blancs de lui montrer qu’il a beau diriger,il reste noir,donc sans rien,abazungu vyose ni ivyabo aba noirs ntacahindutse dans leur misère,rero natwe baturekere notre misère abanze akize les noirs americains les pauvres

  • reba icomwodufasha kugiraturonke amahoro?

  • Bandanya Muhanura Abanya Politique Kugra Abenegihugu Bibanire Mu mahoro.

  • obama ivyiwe turabizi yipfuza yuko mu burundi hotwara abemera abatinganyi abonabo ninka alex sinduhije ba odifax ndabitoreye nabandi ariko ntibizokunda na kinyata perezida wa kenya yaraye amukuriye inkoni kugishitsi mukuvyanka rero arukwo nimfashanyo zabo botuma bazireka mbe basokuru ntibaribabayeho?dutunzwe nimana yoyo itanga imvura uwukunda american arajakubayo.sinumva abazungu bamababarashe babaziza ukwirabura kwabo.

  • ego cane abarundi babandany baganira obama naw naturungikir imfashanyo y’ivyokurya kuko abarundi bacanamwo kubera bashonje

  • None Hamwe Ibiganiro Bitoba Hagati Ya Reta Yuburundi Nabatavuga Rumwe Nayo Reta Ya Barack Obama Itegekanya Iki?

  • obama ntafatire kuvyabanyeporitike,batavugarumwe narete amatora yagenzeneza cane abanyagihugu bayivye kurugero gwiza kuki twebwabanyagihugu nitwe dutora iyabatarimeza ntitwari gutora.

  • Nuko ubivugiriyo woyihenda ugahonyora muburundi woyibonerako ca bandi bahunze twoguhonyora ga yemwe tukakumesa hama tukarekura usubir iwanyu kubabwira ivyakubayeko ntiwibaz muburundi ngo nikwa gadafi

  • Njye Iconiyumvira Kandi Nsaba President Obama Yokomeza Kudufasha Uyu Nkurunziza Akamwumvisha Kuk We Ntiyumvu Kandi Nyamara Yarakwiye Kugira Impuhwe Zurwaruka Rwasabagiye Nabataye Ivyobo

  • Ng’uyo rero Obama yarivumereye, tuzoraba rero hagati ya Nkurunziza na Obama uwuruta uwundi. Nzobonariba nasubire avuge ko Obama atazi aho uburundi buherereye. Murazi ko abategetsi b’uburundi bakina cane gushika naho bakina kuri Obama? Barabura uwo bakinisha kweli !

  • OBAMA.URUMUGABO.KANDI.WIMTWARI.KO.WIBUKA.ABIWANYU.GERAGEZA.MUHANURE.ABARUNDI.BAREK.KWICANA.BAPFA.INDAZABO.ZITUZURA.PRESIDENT.AMENY.KO.AMARASO.YABARUNDI.ASESEKA.AZO.MUHUMIRA.NUMURYA.NGO.WE.MANA.TABARA.UBURUNDI

  • MANA.NIWEWE.GUSA.MUTABAZI.WACU.NAYO.AHANDI.NIGIPFUNGU.N.UMWIZA.AMARIRA.NAMABOROGO.UKURYANA.MANA.TWIBUKE

  • Obama ko atavuze ivyo igihe muri kenya Odinga bamunyanganya ariwe ya tsinze maze ubutegetsi bakabuha abo kwa Kinyata.

  • Mwaraduhenz none kobaguma bamukeza aho ntazohava arahir natwe tutabishaka

  • jewembona ivyomurikigihu.cuburundi.vyabaye amavyi nibibabi.icombo dukwiyegusengagusa.pita yitwazako arumu iLIMITE akorana namademo.mureke imana izomushobora

  • ndaneguy brundi bmw bibaz ko barya ba ilimunati bo marika hari ico bazobafasha ikibazo si manda twarabibony ntanahamw kw isi yose hmugihugu kirongorwa nubusimbirahamwe bwimigambwe abanygihugu baratumy abazobarongora dans 5 ans ibiganiro ntibikunda atari uko niyombare nabiw bokwishikana bakaza tukabaha ikigongw ntantambara izongera kuba mu burundi

  • Jew ndarambiw n’abantu bavuga ibintu ariko bikanka ko babishira mu ngiro!!!Obama arashoboy gufata ingingo cank ntavyo ashoboy?Aha ntabona ko Nkurunziza yamusuzuguy ukutitoza kwa 3em mandat!!Fata ingingo Obama we abarundi turuhuk!!

  • Ndagunshimiye Kukuntu Mwitaho Uburundi Yamara Birangoye Raba Ukuntu Abobanya Poritik Mwobahuza

  • Nibayafute.Nlciza.Kiri.Muriyo.Tugiye.Gupfa.Pe?.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.