IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > OMS imenyesha ko hagiye kuboneka urucanco rwa Ebola

OMS imenyesha ko hagiye kuboneka urucanco rwa Ebola

vendredi 31 Mukakaro 2015

Ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu kw’isi OMS rimenyesha ko ryari rigeze hafi cane yo kuronka urucanco rushobora kurwanya indwara ya Ebola.

Urwo rucanco rwageragejwe ku bantu igihumbi gatoyi inyuma yo kubona uwuri hafi yabo yanduye indwara ya Ebola.

Inyuma y’iminsi cumi, nta n’umwe muri abo bari bacandazwe yigeze agaragaza ibimenyetso vya Ebola.Urwo rucanco ntiruremerwa, ariko ibikorwa vyo kurukwiragiza biriko birategurwa.

Abantu barenga 11 000 bahitanywe na Ebola muri Guinee Conakry kuva yaduka mu kwa 12 mu 2013.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.