IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > PARCEM isaba abari mu biganiro kurwanira inyungu z’igihugu ( (...)

PARCEM isaba abari mu biganiro kurwanira inyungu z’igihugu ( Video)

samedi 21 Rusama 2016, par Jean De Dieu

PARCEM isaba abari mu biganiro kurwanira inyungu z’igihugu


IGIHE

Messages

  • izonyungu uvuga nizazindi wama uvuga ngo tugwizumwimbu tukayobegwa uwomwimbu uwariwe abarundi twarituzi kotwogwiza ubutunzi bwamafranga,kumbe mwebwe mwavuga ubutunzi bwamagrenade yo kutumara,mbe ubibwira twebwe canke wariwabibatumye?mugabo mwe twaranse ko mwoja mubiganiro kubera ikibi canyu! kubwanje NKURUNZIZA ubu atanguye manda ya mbere kuko birya mwabomoye,narya mabarabara mwacagaguye narya matara yo kumabarabara makuru mwivye ategerezwa kuvyubaka mumyaka nka cumi gusa,namwe mukizezeta namamanda !

  • ESENKUBU BARUNDI YOMWANBAYE KARUVATI ICOWIYUNVIRIYE NICOUVUGA ABASHAKA UBUTEGETSI BAGUMA BICABANTU BABESHERARETA INYUNGU YAMATORA AHEZE HAGATWARA UWATSINZE HABAHASIGAYE IKI NONE ABOBASHAKA IBIGANIRO NIVYIKI NTABODUKENEYE NTIBODUTWARA TUTABATOYE NTANABO DUKENEYA

  • WWE UVUGANEZA BIRINDE KUGUMA BAHARIRA NKAVYABIGANIRO VYABAYAHUDI NABARABO!

  • Sawa,wewe ni poa unasema ukweli,faïda ni ya chi.Asantma.

  • Gusa, Nibaganire, Naho Willy Nyamitwe Yavuze Ko Ari (consilitation),ahubwo Niyo.Nibayage, Neza Batorere Inyishu Hamwe Ikibazo C’uburundi. Amaraso Ntasubire Guseseka.

  • Ewe Burundi uragasimba imanga.

    Nyangoma ndamusavye abacemwo ndamubona nguriya hoyicaye.
    Kandi ndagusaba yitahire kuko aho yarisanzwe yibera hariho bamwe mubamusanzeyo bashaka gukomeza kumukinirako politike nkakumwe bagira nyenicubahiro Hon. Rwasa Agathon muri 2010
    Nyangoma itahire Burundi umaramaze abataribake harimwo na Dr.JMinani humiriza twebwenyene twaritumaze imisi nukuvuga kowamenje ntuzosubira kutwumva tubivuga twebwe dushaka umurundi wese yishire yizane mugihuguciwe. Mbegurazi ukotwatukaguye nyakwubahwa Rwasa A muri 2010-2011 igihe yatamatora akongera akazimanga, ariko uyumusi kuvagiye ahabona mugihugu ciwe uwomutsitarako yogiribibazo kuko ntitwomwemerera ubutuvuga ngo ntibakorako nyenicubahiro Rwasa .

  • Mbeparcem igihe uburundibwarikoburatabagurwa nabatumwabawe waruziko bikwiyekandibitunganye harikintumutazi ujamwishama utaziugacinkoni utazi

  • ese iyo ubivuga igihe mwariko murica abanyagihugu binzirakarengan,ahubwo mw na karya karwi kabasambukany,mukwiy kuza mutama nyenicubahiro akabasengera mukihana hama mugasaba ikigongwe!

  • Jewentacomvuze Urinagatwegato Akarinda Uruguma Arikorero Nahobiruko Abanyagihugu Biragoyeko Tubizera1% Wegisiga Arigihugu Camaglnade Ahubwomuratangaje!!

  • Mbe ko leta yitoteye guhonya urwaruka rwabatutsi,mubari mubiganiro abomubona bokwibuka kubaho kugo rwaruka mubona boba bande naho mwokwerekanamwo umwe gusa yobamaze.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.