IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ikibazo c’ibiziga vyatowe ku Rweru gishobora kwonona imigenderanire (...)

Ikibazo c’ibiziga vyatowe ku Rweru gishobora kwonona imigenderanire y’Uburundi n’Urwanda

samedi 18 Gitugutu 2014

Abahinga mu vy’imigenderanire bavuga ko ikibazo c’ibiziga vyatowe mu kiyaga Rweru gikwiye kwicarirwa n’abarongoye ibihugu bibibiri Urwanda n’Uburundi.

Pascal Niyonizigiye umuhinga mu vy’imigenderanire n’ibindi bihugu akavuga ko ibiziga vyatowe mu kiyaga Rweru bishobora kwonona imigenderanire y’ibihugu vyompi uko ari bibiri. Ivyo akaba abivuze inyuma y’aho umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika Valentin Bagorikunda avugiye ko ibiziga vyatowe ku kiyaga Rweru vyazananye Urwanda, bidatevye, umushikiranganji w’imigenderanire w’ Urwanda n’ayandi makungu Louise Mushikiwabo nawe, akavuga ko ivyo biziga atari ivyo muri ico gihugu. Ndetse akavuga ko ata n’umurwi washizweho ku mpande zose kugira ico kibazo c’ibiziga gitorerwe inyishu.

Abatari bake y’aba amashirahamwe mpuzamakungu co kimwe n’ayo muri aka karere, bose bakavuga ko bipfuza kumenya ukuri kuri ivyo biziga vyatowe bireremba mu kiyaga Rweru, aho vyaboneka ko abo bantu bapfuye bishwe urw’agashinyaguro.


Aristide Nizigire

Messages

  • Iyo n’INYENDAMUVANO YA NDYOGO ku Rwanda kugira ngo ruze kwica Peter Nkurunziza na reta yabo.Mbe abamaraya b’abanyarwandakazi baje gutata uburundi bakorera igendereza ry’Urwanda ntimubona ko buzuye???Muragabeahubwo twatewe n’Urwanda

  • Mana ya Shadurake na Meshake na Bedunego! Uyunuhinga ahokuvugako ahobigereye kohakenewe abandibantu batarabarundi canke abantarwanda uravugangobaronderane?! Wobawabivuzegurtyo kugirabimariki? Bahanezaruswa?

  • IVYO KAGAME ADUKORE SIBIKE RABA UKUGENE IFUMBIRE YABUZE YATWIMYE UMUHORA WAHAFI LETA Y’UBURUNDI NIHAKANURIRE

  • Ariko mbabaze mwe mukora izi commentairs mwumva mwashimishwa nuko abaturanyi bagiranye ibibazo?President kagame yakwica nkurunziza kugira ngo yunguke iki? hanyuma wowe wiyise Burundi abo bamaraya b’abanyarwanda wababonye he? ahubwo urimo gutukana nukwita umuntu umu maraya ntakwiyubaha kurimo! mucyemure ibibazo byanyu neza mureke President wacu .

  • BARUNDI mwese mumenye ko KAGAME ashaka gutera u Burundi na Tanzania. Mu Burundi KAGAME azica NKURUNZIZA president kubera ko ari umuhutu.Azahita kandi yica abahutu benshi nkuko yabikoze amaze kwica MELCHIOR NDADAYE. Mwitonde kandi mwitegure ibitero bya KAGAME.Ubu mu Burundi hamaze kugera indayi 56000 zo mu Rwanda .Hamze kugera abasilikali ba M23 barenga 7000 ,aba bose bagamijwe kwica abahutu maze ubutegetsi bukaba ubw’abatutsi gusa .Mwitonde rero

  • Barundi ko mugiye kwicwa na KAGAME murimo gukora iki none? Burundi ubu yugarijwe n’umwanzi woherejwe na KAGAME. Prezida NKURUNZIZA ngo agomba kwicwa nkuko MELCHIOR NDADAYE yishwe.Abatutsi ngo nibo bashaka gutegeka bonyine

  • KAGAME yishe MELCHIOR NDADAYE agamije ko afata ubutegetsi mu Rwanda kandi ashaka no kwica abahutu bomu Burundi.Ubu Kagame ashaka kwica PREZIDA NKURUNZIZA ashakango abahutu bomu Burundi nabo bazongere bicwe maze abatutsi bafate ubutegetsi. MWITONDE cyane BARUNDI mwese,mwitegure INTAMBARA maze LES BANTOUS tuzivune les NILOTIQUES bakomeje kutwica kuva 1972 igihe MICOMBERO yarimo ategeka. Mwibukekandi ko Kagame ariwe wishe NTARYAMIRA hamwena PrezidaHABYARIMANA

  • Kagame ntiyoshobora Uburundi.Atagomba kwisema arihenda azobone!

  • Rwose njye ndazi abarundi icobadashoboye nintambara yururimi nokwiyemera cokimwe nogusotorana, arikowishyutse ukavyurintamba nibirwanishyo nubwobatabitora bakawereka ukuruhu rwi ntama rwambarwa! Burundi military it’s % mix that mean’s strong and high power’s military

  • Mbega ko ivyo umuntu asoma vyose ari aba kanya rwanda gusa muvuga mwibaza ko musumba abarundi ubwenge aho tugeze ubu tuzi gukurikirana ivyacu gusumba mwembwe erega ngo Ntageso y urugo yubaka urundi kandi ngo kirazira gutosora akari mujisho ryamugenzi wawe ...nashaka mbabwire ko aho mwohenda cane abarundi ivyubwoko twarabirenganye kera ronderera ahandi kandi banza muheze ivyiwanyu hama mutandukire ahandi munaniwe naho saba infashanyo kandi mutomore neza! !!!

  • @Nivyabandi. none nimwobaa muzi ubwenge, kubera iki muguma muza kumwanya wanyuma mu majambere. igiturire canse ndanse......munume... kandi KIKWETE agira abate mu manga

  • Mwa barundi mwe ibyo murimo kuvuga mwumva mutekereza neza? Prezida wacu mumushakaho iki ? Ibyo muvuga mutukana kubera iki mutisonera. Nta kintabupfura mugira.

  • Ibyanyu byabananiye gukemura murimo guta umujinya ku Rwanda rwacu. Twebwe dukunda prezida wacu, mureke gukeka ibitariho iyo ntambara kuki muyikeka nuko muzi ibyo mwakoze, ubwo ni ubwoba nta kindi , icyanyu ni ugutukana, nta ni ikinyabupfura mugira.

  • Mwe mwaba CNDD mwe, ivyo muriko mukora mutuka u Rwanda na President warwo... muribukako yakuye abanyagihugu biwe muri nyakatsi mugabo mwebwe muriko muricisha ubukene abanyagihugu, imvunja zabamaze none KIKWETE ariko arabahenda ngo mwankane nu Rwanda, mbeko agiraveko nihoza umutegetsi wundi wa Tanzania atavugarumwe na Kikwete??? umuhora wundi muzowukurahe??? aha icambu ca mombassa mucibagire!!!! mureke gupfyinatisha umuriro mukiri munzu z ivyatsi!!!!!!

  • Iyo ndiko ndasoma izinkuru, ncambona mo abarundi babaye mu rwanda muri jenoside n’abanyarwanda b’interahamwe. ibibitekerezo ni ibisenya gusa, raba nkiki ciyise Mama sadiya, be niki ciyise Kamali, ngo barundi muri gukora iki? none ugomba bakore iki wakimwenyi we? ugira batore imihpanga nkuko mwabigize? Kagame yishe ndadaye ryari??? 1993 Kagame yari Ku Murindi wa Vyumba yashitse mu burundi ryari wamumenja we?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.