IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Pierre Nkurikiye: "Hari abambara impuzu z’abajejwe umutekano kandi atari bo (...)

Pierre Nkurikiye: "Hari abambara impuzu z’abajejwe umutekano kandi atari bo "

mercredi 5 Myandagaro 2015

Icegera c’umuvugizi w’igipolisi c’Uburundi Pierre Nkurikiye amenyesha ko mu bakora ubwicanyi mu gisagara ca Bujumbura baba bambaye impuzu z’abajejwe umutekano kandi ataribo.

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru,Pierre Nkurikiye yavuze ko abamaze iminsi barasa mu gisagara ,ari inkozi z’ibibi zisanzwe ziba mu bice vyabereyemwo imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu.

Icegera c’umuvugizi w’igipolisi yavuze ko,ku bijanye n’ubwicanyi bwahitanye Lt Gen Adolphe Nshimirimana,n’iraswa rya Petero Karaveri Mbonimpa,igipolisi kiri mu matohoza kugira bamenye ababikoze.

Pierre Nkurikiye yarangije asaba abajejwe umutekano kugenzura uruja n’uruza na cane cane abambaye impuzu z’abajejwe umutekano kugira bamenye vy’ukuri ko bari ku kazi babatumye.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Ivyigeranyo vyinsh vyaravuz ko imbonerakur zahaw inkoho murahakana?ubuho muravyemey kuk zitanguy kugandagura abazibahay,na baado zizobamara,inkuru zo kwizera zivuga ko Adolphe yagiye kuzana i bataillon y’imbonerakure zahora i KILIBA ONDESI(RDC).

  • non nyampuzu bazikurah? reka kubesha nimw mwamaz abantu ariko mwibuk ko IMANGA NTIMARIRA IMANA

  • we turakuzi sha !! simwe mwabahay uniforme ninkoho!!! ubu rero mugita muvuge ko mutabazi!!!! ndakugaye peeeee!!! uzopfa nka adolphe wew

  • igi polisi ni gisoda biratubabaza mufashe umuntu muribarya barwanyi camwica bibananira mubaduhe tubamanike kuko nimwemutuma batagira icobatinya ivyo vyagateka kazina muntu vyokurikizwa igihugu caterereye.kubona abanya bugabira bafatwa mundwi imwe bagaca barekurwa?perezida ico gipasitori ciwe turaciyamirije ntakigongwe kubamenja.

  • Ariko ga Mana ibiba vyose nabagize imyiyerekano aho bama kuruhigi ngo niho barasa barasa ico gipolici cabo gicanze nimbonerakure kk umugizi yaravyemeje ko igipolici tubona Ubu ari igipolici

  • Uko gisa! Aho urekuza ibitama mbere ntibavuzeko hari abafise impuzu zigipolisi nigisirikare ukagwa ushinye? Ubu uriko udebagura ibiki??????? Genda muvyake abo mwabihaye ariko bizobanikira. Mwarinjije imbeba mukigega ntakundi!

  • Kubu Bimenyekanye Kobabaho abigira apolisi ,abasirikare twovug’at nivyiza n’aho bamaze igih bica bonger biba ngirango umunyagihugu agiy kuruhuka nabukebuk.

  • Abantu Mugira Ubwicanyi Mu Burundi Mumenye Namwe Ko Muzapfa Mukabibazwa.

  • Ubuhoho baratanguye kwemerako hari abantu batunze ibirwanisho batabifitiye uruhusha.kwamakungu yaripfuje kurungika abasirikare baziye gukura ibirwanisho mubanyagihugu leta ikanka,nibarekerane turabe ubunaho.nukogusa bagomba kutwicira abatama bacu babaziza ubusa.mbona bene gutanga ibirwanisho aribo abiherako.bibuke ko bikwegeye ikara mugashambara.!!

  • Wewe urarivuze nukuri natwebwe abenegihugu nukwonyene tubibona urakaramba kutubihurijeko rindira tubavugutire umuti tubayoragure

  • atawishe Adolpho!!! mayina bahava bavuga kwari niyombari ngo ntawe bazi kandi ari sebuja nagira mbwire ikintu kimwe uyo nkurukiye nkurunziza nu mubisha mubi yahemukiye lajhabu aramufyunga akoresheje Adolphe yica jean petit akoresheje Adolphe coup yo kwa niyombari birazwi ko Adolphe yamugwani caane ninawe yatumwe prime ahemukira abobarikumwe nivyiiishi cane none nawe gwamatohoza kuri Adolphe reka sha ntacurikurara kurikira nimba arurya weho ntanuwuzokuvuga vraiment Adolphe iyo yicwa nabandi mana weeee dukize uyomuntu guko nabana biwe yobica

  • atawishe Adolpho!!! mayina bahava bavuga kwari niyombari ngo ntawe bazi kandi ari sebuja nagira mbwire ikintu kimwe uyo nkurukiye nkurunziza nu mubisha mubi yahemukiye lajhabu aramufyunga akoresheje Adolphe yica jean petit akoresheje Adolphe coup yo kwa niyombari birazwi ko Adolphe yamugwani caane ninawe yatumwe prime ahemukira abobarikumwe nivyiiishi cane none nawe gwamatohoza kuri Adolphe reka sha ntacurikurara kurikira nimba arurya weho ntanuwuzokuvuga vraiment Adolphe iyo yicwa nabandi mana weeee dukize uyomuntu guko nabana biwe yobica

  • hahahaha ubu niho ukivyemera.amaraso arahuma nabado umugani wuwuraho ibuka ivyo wavuze igihe umuvugize wawe yahunga.basha aba dd imana izobakubita intahe mugahanga kandi sikare ndasubiyemwo nabado bibiriya iti uwishe ninkota azokwicwa ninkota umugani wa Nadine mu Musaga ngo nubu nta nikareso arambara arindiriye uwuraho.mwarimuzi ko yamaraso yababikira azokwijana namarira abantu barize kumasoko mwaturiye na bado.Imana ihora ihoze

  • Hahaaaaaaa! none aho Bakundukize Liboire yabivuga ko wavuze ngo sivyo ubu vyagenze gute? muzohinyuka vuba basha. Bandanya nibindi birakwiyaka

  • Uyu mu polisi ndamwemeye kukokuvamugihegiheze abazimagije abajejwumutekano wuburundi nabarundi bakoneza kwegeranya ibirwanisho maze bakaca basimbira kumusozingo: Ngizo Imbonerakure bazihaye ibirwanisho kandi aribo bariko baravuegeranya, rindira nubwo biriko baradyhekura bitebebitebuke ?

  • na pierre nkurunziz ntarekuz urutw asigaj imis mike ruryarutwe tukarumena.nanyene azopha nka adolphe kurya yamwish.mwanka kumufata nkurunziya ngo murondera abandi? aba dd mwes muzopfa mukiringo c,imisi 15 gusa .aho murekuza ibitama nk,inyabu.

  • Police na Basirikare none vyabaniye gucungera ingisagara? Impanuru nikore bimwe Tanzania yita Msako inzu kunzu, ibarabara kurindi.Mubisagara vyose vya Buja, Kandi mubuze imoto kwinjiara mugusagara, nabagendana Abashakoshi, Inodoka zose zinjira mugisagara police bajirabe.

  • uwo mupolice arakwiye kuduzwa grade kuko nimvuga kuri aho vyari vyaravugiwe babiharira

  • Ubwo Ntazohava Yongera Kutuawira Yuko Bigigwa Nabasazi Nkambere Yavuze Ko Uwishe Ababikira Arimusazi?? Jewe Igiporisi Cuburundi Birangora Kucize Akazi Kigiporisi Karangwa Namanyanga Nibiture Kuburyo Numuntu Ashwany Nuwundi Babatatura Batanze Igiturire .Murumva Yuko Ciyambuye Agahuzu,nicogituma Wumva Nimpuz Zabo Batakimenya Abazambaye Ntibitangaje Bobonye Ntibazinanye .Muga Ubuho Baratomboye Bazobeshera Aba Oposition Usanga Bagomba Aho Bakura Gwasa Sawa Muramubwira. Na NKURIKIYE Yihanure Amenye Kuvuga Ukuri.

  • Nkubu Ubona Kwigiporisi C’ubundi Umengo Amategeko Bayigiye Kumoto Imoto Womengo Nizo Zama Zica Abantu Muga Ubuho Nimodoka Zigisoda Zirimwo Sinzi Ko Nazo Bagiye Kuzibuza Gushika Mu Ville Mubishobe Mwotubariza NKURIKIYE!! Muga Mpfuye Kwivugira Bitagizwe Numusazi Aba Umumotare Nimba Ari Tiyayi Canke Jeep Canke Niyigisoda Cigihugu Vyose Vyagizwa Abamotare Muga Araba Ntabiteranye Abamotar .

  • AHO SHA UBU NAHO ICO KIGUGU ARASHOBORA KUDAHWA NGWAHAYE AVUGA MBE IZO MPUZU NINDE YAZITANZE NIZO NKOHO SI RUDOLUFE? AZIGABUSIRA IVYO BIMWENYI VYIMBONERAKURE NGO BIHONYE ABARUNDI MUGA NI VYIZA KUKO NGO BURYA WIBUHETSE UKIZA NUWO UHETSE YAZIHAYE IMBONERAKURE NONE UBU NAHO ZABUZE ABO ZICA ZITANGUYE KWICA ABA DD BIWABO IMANA ISHIMWE CANE KUBONA URUHIGI RWAHINDUKIRIYE IWANYU MURI CNDD-FDD, MUGA KANDI NTIMUNIBAGIRE YUKO N’ABANDI BAVYEYI BAVYARA ABAHUNGU! VIVRE OU LA MORT L’AMOUR DE LA PATRIE NOUS VAINCRONS
    " CFD"
    Malheur àCeux Qui
    Bâillonnent les
    Burundais!

  • MUBARABE NTIBABACEMWO KUKO BARATUMARA.

  • Ivyovyose ninkurikizi y’amaraso yababikira beranda mwagandaguye mukamenge nayinzoya zose ataco zazize amaze gushikira Imana atanguye kubahumira .reka gutinya biracaza.ejo naho nabo bicanyi bandi bafadikanije
    ibuka RUHUNA imbere yuko mumugandagura ingene yabavumye kubwicanyi mwari mwakoze i Budendana.nanje ndabarahiye mutihanye bimwe bivuy kumutima namw muzokwicwa ninkota yubugi ikarishe.kuk uwicishij inkota azokwicwa nayonyene.

  • Heeee!twarabahinyuy basha!ingwe igutwara umwana ikagutanga kurakara.mbega izo rokete zagender kumuduga zifisw n’abambay imyambro yagisirikar mu gisagara ca buja gushika kamenge wobesha nde kobatari bavuy mur leta?boba binjiriyh?uyo ni mchezo wa ndani!abo bambay iyo myambaro niza mbonrakur mwaha ya masuka!!ubu rero haragez ko basohora yamasuka,eeeeeh,asohokey kr budorufu.we na bado,abeshi bari inyuma,nka: ayubu,kazung,ndakugarik,nkurumbi,....wt

  • Heeee!twarabahinyuy basha!ingwe igutwara umwana ikagutanga kurakara.mbega izo rokete zagender kumuduga zifisw n’abambay imyambro yagisirikar mu gisagara ca buja gushika kamenge wobesha nde kobatari bavuy mur leta?boba binjiriyh?uyo ni mchezo wa ndani!abo bambay iyo myambaro niza mbonrakur mwaha ya masuka!!ubu rero haragez ko basohora yamasuka,eeeeeh,asohokey kr budorufu.we na bado,abeshi bari inyuma,nka: ayubu,kazung,ndakugarik,nkurumbi,....wt

  • muratangaje kweli none mwabahaga impuzu z igipolice n inkoho barasa muziko abo barasa bo atari abantu canke bo batabazi hagarara mwe mwigamba mugira mubavugutire umuti muraraba neza muzasanga babatanze kuwuvuguta ico ugirira undi wibaza ko ari ikijuju ejo niwe muritonda muhangane hazoca uwambaye

  • muratangaje kweli none mwabahaga impuzu z igipolice n inkoho barasa muziko abo barasa bo atari abantu canke bo batabazi hagarara mwe mwigamba mugira mubavugutire umuti muraraba neza muzasanga babatanze kuwuvuguta ico ugirira undi wibaza ko ari ikijuju ejo niwe muritonda muhangane hazoca uwambaye

  • kuki mudasaka inzu kuyindi mugisagara ca bujumbura,mukabikora mwaciye communication yaza telephone zoze,abasirikare naba police bose bagafasha muri ico gikorwa,ahavugiye isasu mugaca murasubiza mukoresheje locket ntabintu vyo gufvinyata kuko mushobora kuzavyibuka hamaze gupfa abantu beshi cane, nibibana nira muzarondere aba dwmobilise bo murwanda no muri uganda na tanzaniya, babereke uko basatse kgl nuko basatse kampara na kinshasa, kandi ivyo bisagara biri mubitekanye kwisi yose. abarundi mugira imikino y’abana cane,ikindi mwizigira amakungu nkaho amakungu atariho mutabaho. ni mifungure amaso murenge aho amazuru yanyu agerukira si non igihugu canyu kiravukamo akajagari ntangere.

  • kuki mudasaka inzu kuyindi mugisagara ca bujumbura,mukabikora mwaciye communication yaza telephone zoze,abasirikare naba police bose bagafasha muri ico gikorwa,ahavugiye isasu mugaca murasubiza mukoresheje locket ntabintu vyo gufvinyata kuko mushobora kuzavyibuka hamaze gupfa abantu beshi cane, nibibana nira muzarondere aba dwmobilise bo murwanda no muri uganda na tanzaniya, babereke uko basatse kgl nuko basatse kampara na kinshasa, kandi ivyo bisagara biri mubitekanye kwisi yose. abarundi mugira imikino y’abana cane,ikindi mwizigira amakungu nkaho amakungu atariho mutabaho. ni mifungure amaso murenge aho amazuru yanyu agerukira si non igihugu canyu kiravukamo akajagari ntangere.

  • MUDAKOMA.NIMWE.MWAZIBAHAYE.KUNEZA.YIGIHUGU.ZIBAKE.IMANA.IZOBASHIMIRA.

  • AHO SHA KABURUNGI URI IMVUGAKURI BASI UZE WAME UKO MWENE WACU MURI IYO NTUMBERO HAMA UMWE YAMA AVUGA YUKO UWUZOTANGURA INGWANO NGWIZOTANGURIRA IWIWE NGWIGAHERERA IWE ARIWE PETER UKO YAMA ABIVUGA NYENE BIZE BIMUSHIKIRE HAMA ATAMARIRWE! NTANKEKA IZA YATANGURIYE IWIWE IHEREYE KURI RUDOLUÈ WIWE UMWE YARI YARAMUKINGIYE MUBWICANYI BWINSHI NONE UBU MBONA YAMUBIYE MUMYANYA YINTOKE MBEGA YEMWE MURAZI YUKO PETER ASIGAYE YIRECNGA NKIGITI KIDAFISE AMASHAMI NARORERE GATOYI AVANT LE 28/08/2015 WAMUTI YAVU AZOWUVUGUTIRWA NA ZINA MURUNDI WESE IYO AVA AKAGERA! L’AMOUR DE LA PATRIE ViVRE OU LA MORT NOUS VAINCRE MALHEUR A CEUX QUI BÂILLONNENT LES BURUNDAIS.

  • Harya twese turafise ubwenge, ntamu General yopfa hama ntihakurikire ubwicanyi butagira izina, rero abihweza ibintu n’ibindi urya mubamwishe Peter, Ndakugarika,Kazungu n’abandi bari babizi kandi nibo babipanze rero aho uvuga ngo amatohoza reka kudusiga inkore kumaso, turabona kandi turiyumvira gusa bagize neza cane mugabo nabo bari munzira

  • Vous avez toujours minimiser c.a.d. sous-estimer les insurrections legitimes
    contre le 3e mandat inconstitutionnel de Nkurunziza, rindira babanze babashushe ayo matwi yanyu umengo ntiyumva icarico Constitution nationale et Accords d’Arusha.

  • Ahubwo hamwe boba bataramuzika ntaneza boba bashakira igihugu!yorabuka urazi ko aboyohitana boruta aboyishe ubwambere!

  • Ubu arageze kuvyemera?Kare ko yahora abirahira? Hari akantu niyashikirwa azota amacumu!

  • Ugize neza cane kwemeza iyonkuru naho wayemanze bitevye ibikurikira naho nimutubwire ingene mwishe adolphe kuko birazwi neza uko vyagenze muratubwira bose muzi bambara izo uniform zabasoda na na baporisi abaribo mbega boba arabarundi canke nabanyamahanga ingene bivugwa ko abarashe adolphe bari mumodoka yabasirikare ahorero turindire inkuru nyayo kurupfu rwa adolphe nabandi bose bafuye bishwe kuko ngo badashigikiye mandat ya gatatu.

  • HAHAHAHA UWO MU JNRL APFUYE HAGEZE. URAVYE INGENE UTUGAMBI TWOSE TWATEGURA KUGIRA NGO DUSHIKE KU BUTEGETSI YACA ATWANKIRIZA. SHA NK’ UBU TUBA TWARABUSHITSEKO NONE NKUBU TUZOSUBIRA KUBISHIKAKO GUT KO MBONA NINZIRA Y’ AMATORA IDASHOBOKA NKURUNZIZA ABANYAGIHUGU BAMUKUNDA NK’ INYAMA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.