Accueil > Amakuru > Muri Afrika > RCA: Seleka isabwa gutekana inyuma yo gufata Bangui
 RCA: Seleka isabwa gutekana inyuma yo gufata Bangui
 RCA: Seleka isabwa gutekana inyuma yo gufata Bangui
				
				dimanche 24 Ntwarante 2013
Perezida w’Ubufaransa Francois Hollande, yarungitse ingabo iBangui, avuga ko abarwanyi bokubaha abanyagihugu.
Bwana Hollande yemeje ko Francois Bozize yahunze Centrafrika.
Birakekwa ko yagiye muri Republika iharanira intwaro rusangi ya Congo.
Abarwanyi ba Seleka basaba ko atanga imihoho, kuko ngo yarenze ku masezerano menshi.
Abo barwanyi biyunze mu runani rumwe seleka kuva mu kwezi kwa 12 umwaka uheze, bagiriza Bozize ko yananiwe gushira mu ngiro ivyo basezeranye mu 2007.
Joel Sengurebe
