IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Reta y’Uburundi irashima ubucuti buri hagati yayo na PAM

Reta y’Uburundi irashima ubucuti buri hagati yayo na PAM

mardi 23 Ruheshi 2015

Ubushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu burashima igikorwa c’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho infungurwa kw’isi PAM.

Inyuma y’umubonano n’uwugiye guserukira ishirahamwe PAM mu Burundi,aho yarazanye impapuro zimugena muri ayo mabanga,Alain Aime Nyamitwe umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu,yamenyesheje ko PAM ikora igikorwa gishimishije mu Burundi.

Alain Aime Nyamitwe arashima imigenderanire n’ingene bakorana n’ishirahamwe PAM,akibutsa kandi ko PAM ifasha mu kurwanya gufungura nabi mu Burundi,no mu kugaburira abanyeshuri batishoboye.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.