IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Somalie: Abasoda ba AMISOM bishe aba al-shabaab 300

Somalie: Abasoda ba AMISOM bishe aba al-shabaab 300

jeudi 6 Myandagaro 2015

Umukuru w’ingabo zagiye kugarukana amahoro mu gihugu ca Somaliya ku rwego rw’Ubumwe bwa Afrika AMISOM amenyesha ko bishe abarwanyi ba al- Shabaab bashika 300.

Umukuru w’urwo rwego rwagiye kugarura amahoro muri Somalia, yavuze kandi ko bariko baratohoza ku bivugwa ko abasoda ba AMISOM boba barishe abanyagihugu basanzwe mu bumanuko mu gisagara ca Marka.

Aho muri Somalia nyene havurwa intambara zikomeye hagati y’abasoda ba Ethiopia na Al-shabaab mu gisagara ca Beledweyne hafi y’urubibe na Ethiopia.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.