IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Thailand: Imvura y’amafi yatumye amabarabara adahita

Thailand: Imvura y’amafi yatumye amabarabara adahita

vendredi 17 Ndamukiza 2015

Mu gihugu ca Thailand haguye imvura itera umwuzurira wasutse amafi ku musozi no mu barabara yo muri ico gihugu. Abanyagihugu bazitora aho zasanzaye, zimwe zamaze gupfa.

Haheze iminsi 4 haguye imvura nyinshi ivanze n’imiyaga ikomeye mu gihugu ca Thailand, aho ikiyaga cuzura kigasuka amafi atagira uko angana ku musozi. Abanyagihugu bagiye hanze inyuma y’iyo mvura bise imvura y’amafi "Fish Rain", baragerageje kuzisubiza mu mazi naho zimwe zari zamaze gupfa, abandi bazitwara kuzirya batarushe.

Mwomenya ko igihugu ca Thailand kigira imvura n’imiyaga bikomeye hagati yo mu kwezi kwa Rusama na Ruheshi, imiyaga izana iyo mvura mu karere ka Khao Sok National Park, imwe iva mu kiyaga Pacific iyindi ikava mu Buhindi.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.