IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ububirigi bwasubiriye kwagirizwa ko buriko bucanishamwo amoko mu (...)

Ububirigi bwasubiriye kwagirizwa ko buriko bucanishamwo amoko mu Burundi

mardi 10 Munyonyo 2015, par egide

Umugambwe CNDD - FDD umenyesha ko utigeze kandi utazigera utegura ihonyabwoko, kandi ko benshi mu banywanyi ba CNDD-FDD bababajwe cane n’ihonyabwoko ryo mu 1972-73 hamwe n’ubundi bwicanyi bwahekuye Uburundi.

Uwo mugambwe uvuga ko ibishikirizwa ko mu Burundi hariko hategurwa ihonyabwoko ari ibinyoma vyateguriwe mu gihugu c’Ububirigi kuva mu mwaka w’2010 kugira Ababirigi bashobore kwumvisha bitabagoye ibihugu vyo mu muryango wa Buraya, ibihugu vyo mu muryango wa Afrika hamwe no mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, maze bikunde bemere babafashe badahigimanga, ata n’amatohoza abanje kuba, mu mugambi w’Ababirigi w’ugucapfuza CNDD FDD.

JPEG - 222.4 ko
Daniel Gelase NDABIRABE, umuvugizi w’umugambwe CNDD FDD

Mw’itangazo mu mugambwe CNDD FDD basohoye kuri uwu wa kabiri, bavuze bati : Nk’uko atawobideha, kahise k’Uburundi karerekana kw’Abenegihugu b’Abarundi bacibuka nk’ejo aho intwaro y’Ababirigi yishimikiza ubwoko mu gushinga amabanga aba canke bariya na cane cane mu vy’intwaro. Baribuka kandi ko gushika mu mwaka w’1945, hatari hagisigaye mu ntwaro umutware n’umwe akomoka mu bwoko bugizwe na benshi mu gihugu. Vyongeye, baracibuka neza ko izuru, ibirenge, igihagararo c’umurwi kanaka w’abenegihugu vyapimwa kugira ngo bemeze badakekeranya ko hariho ubwoko buruta ubundi mu gihugu.

Umugambwe CNDD FDD wagiriza Ababirigi ko gushika n’uno munsi, izo nyigisho zivanguramoko arizo ziranga abanyepolitike b’Abakoroni b’Ababirigi nka Louis Michel n’abandi basangiye umugambi.
Uwo mugambwe ubona ko abakoroni batwaye igihugu c’Uburundi imyaka n’iyindi bafise uruhara rudasanzwe mu mabi yagiye arashikira igihugu muri kahise kaco.

Muri CNDD FDD bagiriza Ababirigi ko bashaka kunigira mu menshi ubutegetsi buherutse kwitorerwa n’abanyagihugu, mu kubaka umwidegemvyo wo kwitorera indongozi bashaka n’inzego bipfuza. Muri CNDD FDD bati : Iyo ngendo nta kindi igamije atari ugusubiza Igihugu c’Uburundi mu bukoroni hamwe n’ugushaka kugira abenegihugu abaja b’Ababirigi. Ntivyumvikana ingene abo banyeporitike b’Abakoroni b’Ababirigi baboroga bavuga ngo hari ihonyabwoko ririko rikorerwa ivyihebe vyabo bikora iterabwoba mu gihugu .

Umugambwe CNDD-FDD umenyesha ko hatazigera habaho ihonyabwoko canke ubwicanyi bw’ikivunga mu gihugu c’Uburundi.


IGIHE

Messages

  • Ntagihe Mubura Ivyo Mwireguza!

  • Imigambi yanyu twarayimenye muzoza murica 9 ku musi. Bukebuke abantu bashire nk’ifu y’imijira. 9x7x4 = 254 ku kwezi, 3024 ku mwaka, ...

    Aho mwabukaranga twari musi y’urujo kandi Imana iriko iraberekana , ivyo mupfundika mumwiherero Imana ica ibishira hanze. Ntaco abarundi tubazeyeko

  • Mbega Ndabidavange ntiwoja kwamuganga ukaraba ko harico bogufasha mumutwe

  • nahohatoba ubwicanyi bwikivunga mukuramwo umwe umwe nihonyabwoko

  • mwavuga ngwiki ataruko

  • nimuhore ntabwege bwabahutu
    ubwege bwabahutu bwibera mumazuru
    itahe nigingo tibizoshika mmubahutu

  • nimuhore ntabwege bwabahutu
    ubwege bwabahutu bwibera mumazuru
    itahe nigingo tibizoshika mmubahutu

  • NIBAREKE KWIBESHA TWARABAHINYUYE

  • MUREKE DUHUZUMUTIMA MAZE DUKORESHAMASENGESHO DUSENGERIGIHUGU CACU KUKOSATANI YADUSAVYE NIMBAMUTABIBONA ABADAYIMONI BARAMAZE KUDUSHAYAMWO

  • Eka ntakivunga mufise umugambi wa bake bake ngo ntibimenyekene!Mbe akagwi ka nkuru konyene niko kagiriwe inama n,ububirigi? Kuko muvuze CNDD_FDDmurabeshe kuko hari aba dd benshi babone ububegito bwanyu!Mbe ivyihebe vyabo ni bande ushatse kuvuga?Mbe kuvuga ikirundi gifobetse utinya iki?Muratangaje niharahorana ryanyu!Mbe ntakuntu mworeka kwica abanyagihugu batobato mukanyinyurana nababagiriye nabi directemnet,muravuga Buyoya,Bagaza,ababirigi n.abandi mugabo mwica abataribo,mukoresha akarimi,hangana nababagiriye amabi mureke inzonzirakarengane, none bazira iki? Kohari ninzoya ataco zizi!Muricafuza!Kanatsinda n,umuvumo!Genda mutere Ububirigi turabe niho mwoba muri abagabo!

  • Ehe ico kigugu ubwicanyi bwikivunga nibwo bwerekana ko mutako murica? none abo bakeyi bo bazira iki? canke mwishe 9 ejo mukica 9 ca ugwiza na 365jrs mumbarire, erega nubundi mwamaze kwivugira ko tuzohera nk’ifu yiminjirano.
    Ikindi cerekana ubugugu bwa Gelase, ububirigi ngo kuvana 2010 bwateguye umugambi wokumvisha ubulaya, Afrika na ONU kugira bacafuze CNDD FDD, pour quel interet? natanguye nsoma ngira hari ikindi cihishe inyuma Ububiligi bushaka mpeza ntansiguro mbonye. Ubaye utari ikigugu mbere numugambwe userukira wose, muraba mukengera abanyagihugu kuko ntansiguro nimwe iri muri iri tangazo.

  • Mbe ko mubeshera ababirigi ko mwabujije abandi kwiyamamaza mukemerera abari mu kwaha kwanyu gusa mwabona ko hohava hatsinda abatutsi? Uwo mugambwe mwawatse Rajabu kubera ububirigi? Igihe c’amanyanga caraheze ukuri kugira kuje ahabona.

  • MBE IYI MBWA NYAKUMENEKA NGO NI JERASIE YOYO AKAZI KAYO NI UKWAMA IKOKEZA AMACAKUBIRI GUSA? MBE AHO IHAYE IBESHERA UBUBIRIGI NIBWO BWATUMYE IRYAMBWIMOYE NGO NI NKURUMBI KWIYAMAMARIZA IKIRINGO CAGATATU KANDI KINYURANIJE NAMATEGEKO? WAMBWEBWEWE JERASIE TWAMAZE KUGUHINYURA WE NIZOMBWA BUNYONI NA PETER AHO MUGOMBA KWIGUMIZA KUBUTEGETSI MBE BA NYANGOMA, RUFYIKIRI,ONESUME, LEONIDACE HATUNGIMANA NABANDI BAHUTU ISINZI BUMUTIMA BANSE KWIFADIKANYA NAMWE MWAYO MABWA YANYU BURYA NABO NI ABABIRIGI WAKIJUJUWE! SHA WE UFISE AMAHEREZO MABI BASI MBE NGWIYO MUBA MUKIRI MWISHAMBA NGO MWARI KUBAGANDAGURA NKA KUMWE WAVUZE MURI 2005 NGO LETA NIBAHE INKOHO NGO UHONYE ABA FNL BOKWA RWASA AGATHON! SHA AMABWA YOSE MWE ABA DD MWADUKOREYE ABAHUTU NTIMUZOHWERA TUTAYABISHUYE BASI!

  • Ndabasavye mubwire ivyigwa uyo Ndabirabe yakurikiranye.
    Nimba atarumugwayi wo mumutwe ! Ariko rero nabategetsi bose bomu Burundi ni Diarrhée verbale.

  • Gelase ihonyabwoko mwari mwariteguye gusa Reveriyano ntiyigeze yibuka akamaro ka smartphone.Yarazi ko biherera muri SALLE. Mbega hoho mugihugu gifise igisirikare n-igipolisi kuki reta iha akazi les milices(IMBONERAKUNYA) canke nikuki bakoresha INTERAHAMWE?. Mbega burya bunyamaswa bwo gukuramwo abantu imitima ntituzi ko ari made in KILIBA ONDES.Mbega irya code KORA ugira reveriyano yayivuze atazi ubutumwa ariko aratanga? Il va plus loin et promet des parcelles pour ceux qui auront bien travaille. Gusa ivyo mwateguye ntibizoba nkuko mwabishaka kk mwaragize erreur mubivugira hejuru cangwa mubivuga hataragera mwongera mwibagira ko turi kwisi ya WHATSAPP, VIBER,SKYPE, FACEBOK.Biragaragara ko Reverien a ete inspire par le travail fait par Sindikubwabo en en 1994 kuko ijambo KORA ryagarutse incuro 16.Ariko rero kubona abantu baciye babivuga cane mu binyamakuru no mu ma radio kwisi yose vyarafashije naho hari abahasize ubuzima,Nayo Gelase na cndd-fdd yiwe bariko bigovyora

  • iri honyabwoko birirwa bararirimba nibarigumize murwanda, kuko murwanda niryo bakamisha ninaryo bakangisha amakungu...uko Niko cenared iriko irabigira mukwica bantu mububare nahandi, hama ngo muburundi vyacitse. rero nukubiyamiriza kuko bariko batungira mumivyimba yinzira karengane. mugisonda koharimwo abahutu nabatutsi nomugipori nuko, none iryohanyabwoko rizokorerwa bande??? niwibaze nawe...rero ibi biziga bitorwa mugisagara, nicenared iba yabishe kugirango babivugireko bumvikane.....barundi twe nukuraba neza!!! cenared ntakuyizera kuko niyo iriko. iraduhekura....

  • Ariko Gushika N.Ubu Ababirigi Ntibarata Ingeso N.Ububisha Bakoreye Abarundi N.Uburundi Mugihe Bamaze Baducura Bufuni Na Buhoro,baducanishamwo Ngo Hariho Amoko Kandi Twebwe Tuzi Ko Twese Dukomoka Kuri Adamu Na Eva.Mbe Ko Basahuye Ubutunzi Bw’igihugu Mugihe C.Ubukoroni.Ariko Naho Vyari Bimeze Ukwo Imana Yarazigamye Uburundi N’abarundi Turabikurako.Ubu Rero Bibaza Ko Ivyo Bakora Ico Gihe Bigishoboka?Abarundi Ngo Amase Yakera Ntagihoma Urutaro.Kandi Ngo Aho Babukaranga Twari Musi Y.Urujo.Nibateshwe Bate Kuko Ikiganza C.Imana Kiri Hejuru Y’uburundi.Nayo Kagame Amenye Ko Uburundi Atari Urwanda.Ubu Arabonako Inguvu N’ibiro Afise Vyotera ubwoba Abarundi N.Abarundi?Arigerezako Azohura N’imana.Mbe Kaga?Urafise Abahahanuzi?Iryoterabwoba Ryawe Umenye Ko Nabawe Buca Ribatera Ukukudahwa Narirya Uri Umu sous 5o.Soma Uheze Uteshwe Ute.Imana Iguhindure!!

  • Muraho,ndagira ngo subize Ndabirabe (la haine ethnique amène àla violence) uwo mugabo numvise uko avuga yabaye mu Rwanda ndumva ntagitangaje mubyo avuga nibo basize boretse imbaga nyarwanda(génocide des tutsi) aliko sha nyakarundi ulimo kubwira les belges nkubwira abashenzi bazakwereka bacecetse kuko murasakuza cyane .........naho u Rwanda murwibagirwe harya
    ngo mufite intera........sawa kabisa ndabirabe we

  • Ariko ku bandi kararyoha yemwe!! CNDD.Ariko murabona kabisa ko ivyo muriko mukorera abandi uwobibagirira namwe ko vyobanezera? Imvugo nk’iyo itaniye he n’iyo ntwaro ya gikoloni mwama mwitwaje ngo yari mbi? Kumbure hoho naho atavyo nabonye bagirigwa nabi kubundi buryo mugabo abavyeyi baravyara bagaheka. Iyo ntwaro yanyu yaba nziza bakayiyamiriza kw’isi yose? Aho guhumuriza abarundi muti humure barundi ejo buca tugenda kwumvikana n’abo twaharira kugira tubasasagazemwo amahoro,none imvugo iguma ariyo? Ni mube abagabo ntimuhave mwiyambura intahe yemwe!!!!!

  • Huuuuh uyo mwicanyi arubahuka nukuri ngo nta bwicanyi bw’ikivunga buzosubira kuba mu Burundi ! Iryo nibara kumutemere nukuvuga ko yashimangiye ivyo shebuja yatangaje ko bazohera nk’ifu y’imijira ! None ga yemwe ntimubona ko uyo mugambwe ugizwe n’abicanyi gusa ! Kandi uyo ntazopfa ahaze kuko yuzuye amacakubiri gusa, ahubwo akwiye uwo muzimanganya n’uruvyaro rwiwe rwose kugira ntihagire uwuzomutwara ubwoko !

  • Ja kwamuganga ubuhoho vyamuje ariko urawota ntagisivya

  • Burya umutindi arota icababay.Birababaj kubona ibipfu vy’abarundi bishigikiy iyo mbwa Louis Michel.Ahubwo abahutu twatekerza,mwibuk ivyo Kagame ariko agirra abahutu mrwanda.Mwibuk genocide/ Bdi:65 ,72 ,73, 93,...Yagiriw abahutu,nne haragez komudukor ku nkovu ka mwanyanka Bdi,nibabahnde,nimwarukarisha ruzobamwa,subira mzane zambwa Micombero,Bikomagu,Buyoya,...Mbabazwa kand nabahutu barko bashigikira inyankabdi zitanezrjwe nuko twosangir igihugu natw abahutu tugatwara,icobaciza n’urukundo n’ubumw amahoro kuri bos,turab ibidutandukany tuvyikemurir twebw abarundi gusa kuko abazung bobo bishakira ubutaka gusa s’urukundo,ataruko turiteguriy gupfira kurugamba tugwanira isi twarazw na Ntar Rgamba, Rwagasor na Ndaday bapfiriy, Nkurunziz akemera akayikomrkerako ashaka komva imutenderi.Uwuri n’amatwi yo kwumva,niyumv

  • Naho bobitegura ntibovyemera kubera biragoyo kwimena igihut

  • Kunyica n’ibisanzw kuko naw ntiwaranguye isi ariko amaraso yanj siyo azotuma ushika kundoto zaw zo kunigira mumenshi ubutegetsi bwa nyenicubahiro président Nkurunziza.Sindi imbonerakur arko nd umurundi patriotique urankunda ushakurek ukuri nzokuvuga ushaka wangar.Narabay hanz y’igihugu canj kuberivyamoko.Uwababay konahungutse aracariko.Aho gusenga Imana Itabar’ubdi wipfuza kunseser’amaraso,basi uranyica mgabo ntumpor ubwoko.Imana iguharir kand itabar uburundi

  • Iyo Ntwaro Sindayitegera.Ngo Ntabwicanyi Bwikivunga Buzohaba?Arko Ubwicany Bwo Gutora Kamwkamw Bwo Ntangorane." Beautiful Ones Are Not Yet Born In Our Country" I am afraid

  • ndagucire umugani?NTUGATWENGE AMAKUBA YAMUKASO UTAZI AYISHE NYOKO.Gélase menya kwububirigi ataribwo bwatumye ubikijuju kugeza ukwo umeze,iyataba bo ntaninzira ija iwanyu wopfuye uronse.amabarabara baciye waterereyemwo angahe?Vuga ikintu nakimw citerambere watererey mugihugu sans intervation y’ububirigi.ndagutwenze caaaaaaane.

  • ndagucire umugani?NTUGATWENGE AMAKUBA YAMUKASO UTAZI AYISHE NYOKO.Gélase menya kwububirigi ataribwo bwatumye ubikijuju kugeza ukwo umeze,iyataba bo ntaninzira ija iwanyu wopfuye uronse.amabarabara baciye waterereyemwo angahe?Vuga ikintu nakimw citerambere watererey mugihugu sans intervation y’ububirigi.ndagutwenze caaaaaaane.

  • No one but ourselves can save us from proverty,ignorance and desease"as far as I am concerned Independance means: Unity, Freedom and Work.so don’t kill each another.time for Manna is overdue

  • KO MUVUGA NKABITA,NKABIHEBUYE GA MWABATUTSI MWE,AYO MAJAMBO MUTA NIYO MWIBAZA KO AZOBASUBIZA UBURENGANZIRA BWO KUNIGA ABAHUTU?MWIBESHA TWESE TUVA AMARASO.BAZOZANA GUTERA BASHASHA BANDANYA IVYO MWATEGUYE BITABEREYE BIZOBAHUMIRA.

  • Ariko Abatutsi ntasoni mugira kandi ntandero mugira, mwatwaye imyaka irenga 100 turaho dutekereje tunumye atawubarya nugwara, mufata abahutu bincabwenge mu 65, 72, 93 mwicumukuru w’igihugu yitorewe nabenegihugu none abenegihugu bageze ahobishiriraho inzego mutanguye kumoka. ubu rero nimukore ivyomwateguye tuzorabe icomuzoshikako turiteguye.

  • Mwa barundi mwe, ntimwibeshya mukagwa mu mutego w’ubwoko ntacyo muzoshikako ndabarahiye!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!. Ntawe uzabyungukiramo, amahanga yababeshya atababeshya bashingiye ku nyungu zabo bwite, mukibwira ko hari umurundi urusha undi uburenganzira ku gihugu muzaba mwihenze, muzaba mwishe uburundi n’akazoza kabwo. Umuti w’Uburundi ni ukubahana kandi mukirinda abarangajwe n’inda zabo gusa babashuka ngo mwicane. blessings to Burundi

  • Mwa barundi mwe, ntimwibeshya mukagwa mu mutego w’ubwoko ntacyo muzoshikako ndabarahiye!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!. Ntawe uzabyungukiramo, amahanga yababeshya atababeshya bashingiye ku nyungu zabo bwite, mukibwira ko hari umurundi urusha undi uburenganzira ku gihugu muzaba mwihenze, muzaba mwishe uburundi n’akazoza kabwo. Umuti w’Uburundi ni ukubahana kandi mukirinda abarangajwe n’inda zabo gusa babashuka ngo mwicane. blessings to Burundi

  • KAGAME PAUL wa RWANDA ngo ashaka kwica abatutsi bo mu BURUNDI maze ngo byose alabishyira ku mutwe w’abahutu. MWITONDE bahutu bo mu BURUNDI.....mumenye ko KAGAME ari umwanzi wanyu

  • Abarundi murababaje tous les commentaires mufise ni iza HUTUS et TUTSIS hama abababuriye gato ngo hoya babazaniye ihonyabwoko hewe muratekereza ga emwe? On dirait que vous etes devenu des vrais fou furieux nta soni mufise ehe raba que chacun devous lis te relis ce qu’il a ecrit murarwaye canke umenga tout le monde a perdu la tête che vous. Du matin au soir c’est Hutus et Tutsis et vous oser dire que le Rwanda et derriere nkamwe bazobafata hehe kweli et ce que dans vos assiettes mubanza kubaza niba byarahinzwe n’abahutu cg n’abatutsi ou vous mangez seulemtn murarwaye peee et croyez moi la haine muzohorana irabavuna ni mwebwe ivuna et vos descendances niba mwariyemeje guhora murata ko muri benshi au pays c’est bon et comme muhora mwagiriuza ngo tubicira abantu kdi tubizi ko bicwa n’interahamwe keretse niba interahamwe zaratangiye kwakira n’abatutsi aho baba batangiye guhinduka ils peuvent etre aider. Naho ubundi mwa Barundi mwe niba buri wese adafatanije na quartier ye ngo mwiprteger nka barundi aurevoir.

  • Yoooo disi abarundi barashize hasigaye iminwa gusa wewe ngo uri Kamaro uravunwa n’iki ? Abarundi hewe murashize ngo igihugu cahawe demokarasi niba ari iyi mufise il n’y a pas de futur. Bazabahe micro mwese kuko kuvuga murabizi vous attaquez tout le monde et sans raison izo nterahamwe zagiye congo ziriba amabuye y’agaciro zifata abagore ku ngufu dore ko mugufata ku ngufu bafite PHD, bamara abantu hewe baratunga baratunganirwa ariko kuko igihugu cyabaye kizima cya kirahure bujuje nubu kikaba kitaruzura impunzi zitaha buri munsi bati oyaaa ntidushyirwa bati tugatera tuti mwibeshye bagashaka kudukanga n’ama grenades tuti jya kujandajanda congo hano turi ku murongo ziraje murazakiriye ngo ni fierte des Hutus barabamara mwitonde bari babereka se murindire murebe ngo bavanyemo imitima soyez sur ibyo ni bike kdi niba bene wanyu bavuga ko abantu bicwa n’imbonerakure zikomeze ziharebe niba kdi muri zo musigaye mwakira n’abatutsi ni sawa.Murarushye.

  • muragapfana amako kumutwe iyo bibananiye gutwara bamureka guta umutwe muta ishavu kubantu abanyarwanda na babirigi nibo batumye mwiha mandant mutarekuriwe nibo babatuma kurasa abantu , muragapfa nka kahini.

  • Tous les hutu (rwandais

  • Amakuru agera kuri The Rwandan ava mu Rwanda aravuga ko imwe mu mitwe y’ingabo z’u Rwanda yitegura kuba yakwambuka ikinjira mu gihugu cy’u Burundi!

    Amakuru afite gihamya ava ku munyarwanda uba muri kimwe mu bihugu by’i Burayi tudashatse kuvuga kubera umutekano we aremeza nta gushidikanya ko ingabo z’u Rwanda zigiye gutera u Burundi. Ubutumwa bwa whatsapp bwohererezanywe hagati y’uwo munyarwanda uba i Burayi n’umuvandimwe we uri mu gisirikare cy’u Rwanda (ufite ipeti rya Staff Sergeant) ubwanditsi bwa The Rwandan bwashoboye kubona buragira buti:

    X: bite kowabuze

    Y: ibyahano ntubizise no murugo mperukayo mukwezi gushize.

    X: barakwimuye nanonese cyangwa

    Y: wapisha sukutwimura gusa ahubwo vubaha dushobora kwambuka, sindamenya igihe ariko birihafi kuko ntawe baha uruhushya hari umuhungu winshuti yanjye bimye ikibari ngo ajye mubukwe bwa mushikiwe

    X: ibyose bivuzeko mugiye kwambuka konuva mumakuru bishushye

    Y: sibyo gusa nimbunda zimisada zaraje burimusirikare ararana imbundaye ahubwo niba haricyufite uzohereze murugo ahantu turi nimwishyamba ntana tigokashi ihaba invura imezenabi

    X: kurumuwoga ubwo ntiwenda kuna mumapantaro

    Y:wapisha harikera narakamise uretseko nahaduyi ntakigenda nukurasa rimwe bakiruka dufite abantubacu hakurya

    Iki ni igice cy’ubutumwa bwatambutse ejo ku itariki ya 9 Ugushyingo 2015, ubwo ibi bitashingirwaho nk’ikimenyetso simusiga ariko nyuma yo kumva ibirimo kuvugwa mu itangazamakuru umuntu yahita yibaza ibibazo byinshi cyane cyane abihuje n’iki kiganiro kibaye muri ibi bihe.

    Nabibutsa ko Perezida Kagame kuri uyu wa gatanu tariki ya 6 Ugushyingo 2015 yifatiye ku gahanga abayobozi b’u Burundi ku buryo ijambo rye ryafashwe na benshi nk’ubushoboranyi ndetse bamwe barifata nka gashoza ntambara.

    Ku ruhande rw’u Burundi ho umuvugizi w’umukuru w’u Burundi, Willy Nyamitwe yatangaje ko batangajwe n’ibyavuzwe na Perezida Kagame, ngo bahisemo kudasubiza amagambo ngo atarimo ikinyabupfura ngo atagombye kuvugwa n’umukuru w’igihugu.

    Si iri terana ry’amagambo gusa kuko ibihugu bimwe by’ibihangange birasa nk’aho bifite gahunda yeruye yo guhindura ubutegetsi mu Burundi. ibihugu bya Leta zunze ubumwe z’Amerika n’u Bubiligi bikaba bidasiba gushyirwa mu majwi n’abayobozi b’u Burundi. Dore ko n’intumwa y’Amerika yari i Burundi yarinze itaha itabonanye na Perezida Nkurunziza.

    Muri ONU ho hari ibiganiro ku Burundi aho ibihugu bimwe bisa nk’aho byifuza ko hapfa benshi mu Burundi ngo byitwe Genocide dore ko n’urukiko mpuzamahanga mpanabyaha (ICC/CPI) rusa nk’urwahurujwe n’abasanzwe barukoresha ariko muri rusange abo bose ntacyo bavuga ku bikorwa n’abarwanya ubutegetsi ahubwo usanga Perezida Nkurunziza n’ubutegetsi bwe aribyo bibasiwe gusa.

    Ikindi kibazwaho na benshi n’uburyo amahanga asa nk’ayibasira u Burundi cyane cyane kuri manda ya 3 ukabona rwose yirengagiza ibirimo gutekinikwa mu Rwanda aho Perezida Kagame arimo asa nk’ugiye kwimikwa nk’umwami w’u Rwanda, mu gihe amahanga akangurira abarundi ibiganiro Perezida Kagame we yivugira ko adashobora kwihanganira abatavuga rumwe nawe amahanga akaruca akarumira.

    Amagambo avuzwe n’abayobozi b’u Burundi ubu asigaye ahabwa uburemere bw’umuregera ku buryo bamwe banavuga ko ngo ari uguhamagarira abaturage gukora Genocide nyamara mu Rwanda ho ari Perezida Kagame, ari abandi bayobozi nta munsi batigamba ko bazarasa abanyarwanda ku manywa y’ihangu ndetse tutibagiwe kwigamba kumugaragaro ko bica abantu byaba mu Rwanda no mu mahanga ariko bo amahanga ntacyo ajya abavugaho!

  • None,barhaka,kutugira,ivyo,bagiriye,basokuru,bacu.Birya,vyaraheze,nibibuke,israel Na,misiri,ukuntu,vyagenze.

  • jewe ndabona abahutu batazi gutwara guko kuva baje kubutege twateye gusubira inyuma mubutunzi,mubidukikije,mundero mumice yose vyarayangaye jewe narumiwe>>.

  • Ndabirorere ndakwemeye uvuze ukuri nkukurima none ko uvuga ko nta honyabwoko cg ubwicyanyi bw ikivunge buzigera buba i burundi aha rero uriko uremeza ko cndd fdd yateguye kwicy umwe umwe kugeza bose baheze umugambi mufite nimuwukomeze ariko kwica umwe umwe navyo bizobagaruka.ubu naho uzovuga ngo ntavyo wivugiye?kandi uriko uravyemeza ko cndd fdd yica umwe umwe

  • Ahubwo nadusigurire igituma u Burundi bwasubiye inyuma kugeza ku mwanya wanyuma kwisi yose ku ncuro ya mbere kuva bwaremwa,yibaza ko abarundi ari ibijuju ??ko bavuga ngo abarundi benshi barabashigikiye !! Abarundi bungukiye muri iyi ntwaro yabo ni bangahe ? Bungutse iki?? Ni bangahe bagishobora kurya neza ? ni bangahe bagishoboye kurya umukeke, inyama, amagi, bakanywa amata nibura rimwe mu ndwi ? Umurundi wese aravye uko abayeho buri musi arabona ko yateye imbere canke yasubiye inyuma, nimba vyukuri abarundi benshi banezerewe n’ubuzima babayeho muri iki gihe bazokomeze babashigire

  • Imyaka nkurunziza atwaye murayizi ahubwo ico nobasaba mwebwe mwantutsimwe uwuziko adakeneye gutwarwa na nkurunziza nabe arajabuka murwanda nubundi twamutoye muri murwanda ikigihugu ntawuzogitwara adatowe nabanyagihugu nicogituma twahunze tugahunguka tuzi icaduhungishije ariko mumenyeko twahamenyeye vyinshi subira muwatse muzowota

  • Gelase numugabo namomeshe iyomibimbiri y,babiligi

  • @Twarabahinyuye
    "Ahubwo nadusigurire igituma u Burundi bwasubiye inyuma kugeza ku mwanya wanyuma kwisi yose ku ncuro ya mbere kuva bwaremwa,yibaza ko abarundi ari ibijuju ??"
    Uburundi bwamye ari ubwanyuma muri vyose kw’isi! Co kimwe n’Urwanda ihasa ryabwo! Nkeka wewe wari ugihumirije nico gituma utabibona! Ikigoyi camye mu Burundi kuva kera! N’igihe abanyagihugu batari bwarenge imiliyoni 3 tube turaretse ubu ari imiliyoni 10.
    Ahubwo jewe ndi hafi kwemera ko ivyo bihugu (Rwanda-Urundi) vyavumwe n’Imana!!!

  • Ntacotwerekany Kodushoboy Natwetwabhakije Ntibihez Tuzobatsinda Dimance 2 Kubusa Babe Bavuyemwo

  • Ni Bahore Imvugo Yabo Tura Yimenyeye Kwariyo Gutukana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.