Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubufaransa bwahagaritse infashanyo ku Burundi mu bijanye n’umutekano
Ubufaransa bwahagaritse infashanyo ku Burundi mu bijanye n’umutekano
mardi 26 Rusama 2015
Igihugu c’Ubufaransa cahagaritse infashanyo cahora giha Uburundi mu gisirikare no mu gipolisi.
Nk’uko amakuru ava mu buserukizi bw’igihugu c’Ubufaransa abimenyesha,inyuma y’igihugu c’Ububirigi,Ubuhorande na Reta Zunze Ubumwe za Amerika,igihugu c’Ubufaransa naco camenyesheje ko gihagaritse gufasha igihugu c’Uburundi mu bijanye n’umutekano.
Igihugu c’Ubufaransa cari mu bihugu bifasha mu gutanga inyigisho ku basirikare b’abarundi baja kugarukana amahoro mu gihugu ca Somaliya ku rwego rw’Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika AMISOM.
Ivyo bihugu vyatanguye gufata iyo ngingo,inyuma y’aho hatanguriye imyiyerekano yiyamiriza ko umukuru w’igihugu yosubira kwitoza kurongora Uburundi,abajejwe umutekano bamwe bakagirizwa n’abari mu myiyerekano ko bakoresha amasasu y’ukuri mu kubashwiragiza,ivyatumye hari abahasiga ubuzima.
Messages
26 Rusama 2015, 13:35, par desire nkurunziza
baratebeje aho president yahora yishima NGO atanga ingabo ukamengo n’abana biwe yavyaye.akibagira abafasha kugira bishoboke.ubu rero nabahemb turabe.
26 Rusama 2015, 13:50, par TUYISHEMEZE GEORGES
none ga yemwe tugiye kuba abande!nah’IMANA
26 Rusama 2015, 14:08, par james
Ahubwo barabatebeje ku barungika twumvirize ijambo azosubira kuvuga ko iminsi yose avugako ubundi bufise amahoro gushika naho baja kuyagarukana mu bindi bihugu. hanyuma ngo abana n’abakenyezi bavugwa ku buntu, noneko ayo mahera agiye murizo nkinamico z’amatora ubu ho nta na paracetamore bazoronka ndabarahiye, nya bakozi nabo turabe ingene bazokwakira abo bavyeyi badahembwa!!!!. mamawe.
26 Rusama 2015, 14:09, par christopher ambrose
Jewe ikintangaza cane cane ni uko president ariko areka abantu bagakora ivyovyose vyokwica kandi ataco bazira imana imuharire
26 Rusama 2015, 14:20, par MANIRAKIZA ALEXIS
ATEGETSI BAGIYE KUZOTOGWA NIBIBAHE ICIGWA KUKO AMATORA AZOTINDA ASHOBOKE
26 Rusama 2015, 14:48, par Sahabo
Ivyo bakoze Pascal Risuba turabizi. Umwe wese yitwaza gufasha ariko intumbero ari ukwiba. Petrol iri muri Congo-Braza bagejeje kure biba ntikwiye aho tutaravuga na cocowa mu Cote d’ ivoire. Akaboko kamenyereye gukomba kama gahese. Ubu naho bashaka kuza kwiba Cobalt na Coltan mu Burundi. Ahubwo ni bugare n’ ambassade yabo hanyuma bakinjure batuvire mu gihugu.

26 Rusama 2015, 15:22, par Muco
Je ahubwo mbona uburundi bugiye guhagarara neza kuko wa muzungu yadutegekesha amahera ntaco azoba akivuga. Nibagende kuko nibo baha impigi abari mu migumuko hama twitunganirize igihugu
26 Rusama 2015, 15:25, par Muco
Je ahubwo mbona uburundi bugiye guhagarara neza kuko wa muzungu yadutegekesha amahera ntaco azoba akivuga. Nibagende kuko nibo baha impigi abari mu migumuko hama twitunganirize igihugu
26 Rusama 2015, 15:31, par KIRIMWABAGABO
wemugabo,mugihe ibihugu vyose vyarutura bikwikwikuyeko ntakintu wibaza?ugize n’umutungo w’igihugu ng’ugiye kuwushira mumatora!!! ubwo nubwenge buke ubunyene urabona wew’uzishoboza amatora atagihugu nakimwe kigufashije???vako vako vako!!!twanse 3eme mandat yari je kirimwabagabo nestor KINANIRA GITERANYI MUYINGA.
26 Rusama 2015, 15:44, par SINDIMWO
NIBASHAKE BAZIGUMYE.WANKA KUGABURIRA UMWANA WUWUNDI UWAWE AKANANUKA.
26 Rusama 2015, 16:33, par Bosco
Abarundi dukwiye gusenga gusa Imana yonyene izodutabara.
26 Rusama 2015, 16:48, par neo
bakaguma muhira emwe baracapfa
26 Rusama 2015, 18:23, par ornella
ewe babwenge buke murantera intuntu.rekura ubutegetsi bigikunda!!!!ubona uzotwara gute urintaho nikora?ariko amatungo yareta mwivye ngira muzoca muyagarukana’ahandiho ntimwotwara twishwe ninzara.vakungoma kananira abagabo ntiyimye.
26 Rusama 2015, 19:08, par mutama
iyo manda inyuranye n amategeko. iyo manda buc ihemb abaporisi? iyo manda ihebeshej abasirikare aho bahora bisumamwo buca bakwirahira peee!!!
26 Rusama 2015, 19:17, par buzokira ba nkurunziza
INTIMENYA NIYO NTINEGURA .!!!!KANDI UMUPFU NTIYINUKIRA .!!!!!!SHO GANTAZINAWE EE NTURABONA KO BIKUNANIYE BS FARAO NTIBAHERA NIMURASE IPFURA YIWR ATURURE NKA FARAO WA EGIPTI NAHONYENE IMPERA YIWE NIMUMAZI .SIGURA PETER BISOBANURA IKI......? MBE MWATEGUYE INYUNDO ZO KURIMENA?NIVYOBISIGAYE NKUMUTI WANYUMA KUKO AMATAYINKUBA ...............
.
26 Rusama 2015, 20:11, par DAVID
MANA DATA UVYAGIY MW’IJURU DABARA UBURUNDI BWACU KUKO BUGEZ AGATEMBA.
26 Rusama 2015, 21:06, par Ndayizeye claude
Imana igarukire uburundi kuko ivyo tubona Nkurunziza agomba kuturya atwicayeko amakungu nabandanye amugondoza muburyo bushoboka ntiyitoze mana dufashe
26 Rusama 2015, 21:07, par Ndayizeye claude
Imana igarukire uburundi kuko ivyo tubona Nkurunziza agomba kuturya atwicayeko amakungu nabandanye amugondoza muburyo bushoboka ntiyitoze mana dufashe
26 Rusama 2015, 21:10, par Ndayizeye claude
Imana igarukire uburundi kuko ivyo tubona Nkurunziza agomba kuturya atwicayeko amakungu nabandanye amugondoza muburyo bushoboka ntiyitoze mana dufashe
26 Rusama 2015, 21:11, par Ndayizeye claude
Imana igarukire uburundi kuko ivyo tubona Nkurunziza agomba kuturya atwicayeko amakungu nabandanye amugondoza muburyo bushoboka ntiyitoze mana dufashe
26 Rusama 2015, 21:12, par Ndayizeye claude

26 Rusama 2015, 21:29, par RUFUKU DJUMA
Yemwe reka turindire.Turiko turikwegerako amakara mukuzibira amakungu.Iyi mandat izotuzanira akarambaraye kumwuzukuru.
26 Rusama 2015, 22:17, par Gnt
Iyo Ngingo Yayo Ma Grandes Puissances Ni Nziza!Izo Nzego Z’umutekano Ntaco Ziriko Ziramarira Abanyagihugu Atari Ukuwuhungabanya!Sebuja Wabo Tuzoraba Ko Avyishoboza!
26 Rusama 2015, 22:54, par RWUNGERE
Ni bahagarike ariko baturekere ubwigenge bwacu. Na kare ivya gusa bitera ubwenge buke. Iyo igihugu cama giteze amashi amakungu,ingaruka zavyo n’uko gica gitegekwa n’ayo makungu nyene. Uburundi ni igihugu c’akatabonetse mu bwiza no mu butunzi, abadutwara gusa ni batuze abansi b’ Uburundi bashaka ko igihugu cama mu nryane ntigitekane kugira nticigere citeza imbere, bipfuza ko twama tuzeye inze kandi n’ayo makungu nyene arabifisemwo uruhara. Hanyuma AMISOM nayo ntizokwamaho kandi ntitwipfuza ko Somaliya cokwamamwo ingwano kugira abasirikare bacu bahembwe neza. Na mba! Ntituzokwama dukamisha amagorwa y’abandi, uwubiririmba nawe ntaho ataniye n’abo bandi batera akajagari muri Afrika kugira baronkeyo akazi.
27 Rusama 2015, 07:49, par sysy
Yezu ntananirwa kandi ntaho satani yigeze atsinda mubana b’Imana,igihe kirageze muzomubona Uwo Mwana w’Imana ivyo akara,yihoreye kera mwibaza ngo ntawuhari ariko umunsi nisaha bikagera muratangara kandi umwe wese kuco yakoze ingero bakwiranye azoyironka,yaduhaye ubwenge ngo tubukoreshe mubibereye aranaturinda kugeza ay magingo ntaco twatanze kuko har benshi batagihari ariko ntavyo tubona reka rero yikorere.
27 Rusama 2015, 09:03, par do
nimurek kwikura amate mukanwa muburund twifashij iki?komugirem y aronder mumishahara yabakoz nibwobutsunz mwishimak? ayoy muzoy aziza ntahuzobashigikir ashonje.
27 Rusama 2015, 16:44, par hakiza
bakoze nabandi bogiruko vyoba vyiza
27 Rusama 2015, 21:23, par ANICET
NTAKUNDI MUBURUNDI TURI BABAHE BIYAKE
27 Rusama 2015, 23:05, par Iragiryagahuturemi
Nimugende maze twifatanire nabandi mukuzoaubira kutwiyrgereza muzoribda kuduhonga ubonako akaryoshe kamaze kuboneka mu Burundi ubutugimba kubiyama kugezanaho bizotangaza Isi yose ahonwakatuvayanguje agati haragezeho tubereka kotwikukiye.
28 Ruheshi 2015, 19:27, par Mbonihankuye Théogène
Ijambo Ry’Imana Rivuga ko "Hakurya Ibinoboye Birimwo Imitongano Worya Indumange Iri Mumuco."