Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubutaka bw’ u Burundi bubandanya gutituka
 Ubutaka bw’ u Burundi bubandanya gutituka
 Ubutaka bw’ u Burundi bubandanya gutituka
				
				mercredi 6 Ruhuhuma 2013
Nk’uko bimenyeshwa n’umuhinga Benoit Nzigidahera, ngo atagikozwe, ugutituka kw’isi kugiye kubangamira u Burundi.
Ivyo ngo biva kuri vyinshi harimwo uguhonya amashamba, imyuka mibi irungikwa mu kirere n’ibindi.
Uwo muhinga nk’uko yabishikirije mu cigwa ciwe, ngo harageze ko abafata ingingo bohagurukira ugukingira isi. 
Benoit  Nzigidahera yamenyesheje kandi ko abakora ibikorwa bititura isi batandukiriye n’ibibanza vyategerezwa kuba bikingiwe.
Nadege Ngoti

Messages
6 Ruhuhuma 2013, 16:22, par Niyishumbusha rémy
Ndabaramukije’ndabaza mbega ubumwe bwabarundi aho iwanyu murabubona? ubumwe bene wacu.hindure dusubire kwibera muri nyaburunga.jah bless rastaman and babylone