IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubwongereza busaba Reta y’Uburundi kudahindura ibwirizwa nshingiro

Ubwongereza busaba Reta y’Uburundi kudahindura ibwirizwa nshingiro

lundi 10 Myandagaro 2015

Igihugu c’Ubwongereza gisaba Reta y ‘Uburundi gutangura gukora,mu ntumbero yo gushiraho icuka ciza cotuma hatunganywa amatora abaye mu muco mu Burundi.

Igihugu c’Ubwongereza kivuga kandi ko vyotuma hagaruka amateka ahuye n’intwaro rusangi ku munyagihugu w’umurundi.

Ku bijanye n’iyubahirizwa ry’ibwirizwa nshingiro,Reta y’Ubwongereza imenyesha ko Reta y’Uburundi itegerezwa kudahindura ibwirizwa nshingiro,mu ntumbero yo kuguma hubahirizwa amabwirizwa ngenderwako y’amasezerano ya Arusha.

Igihugu c’Ubwongereza kirangiza gisaba ko urwaruka rw’imbonerakure rwokwakwa ibirwanisho,amaradiyo akugurukwa,hakubahirizwa kandi ubwigenge bw’abanyagihugu.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Karashize ingani igihugu cikukiye kigume umengo kirimugikoroni??kuber iki twogendera kumategeko yabanyamahanga twarikukiye??ako nakagay katagira izina

  • mana dufashe ntibadufatire ibihano nubukene turimwo!

  • Abongereza ubu ntibihenze ?? ubwo ntibavuga u Rwanda ngira bitiranije urwanda nuburundi. mbega hoho ko batavuga ibigwanisho bitunzwe nabishe Adolf ??

  • Murategeke iwanyu. Twebwe ubu twarikukiye.Ese mubona mushaka ko twobapfukamira eka nda hari kera .Komera Peter Imana irakubona kuko ntawukudwa nabose

  • ubwongereza buheruka inzira muci kuko ibigwanisho ntibifiswe nimbonerakure gusa iyaba bavuga kwaka ibigwanisho ababitunze batabifitiye ububasha bovyaka imbonerakure badya bandi bakabisigarana ntacoba gikozwe kiretse niba uwufise ikigwanisho wewe acayitwa imbonerakure

  • MURABA.MASO.IBWI,RIZWA.SHINGIRO.NTIRIHINDURWE..ABARUNDI.BO.VYASE.NUKWICANA.GUSA.MANA.TABARA..IGIHUGU

  • nimurabe ico mwodufasha kuko amada yabanye politike biwacu m uburundi arashoje ntibahave bahindura amategeko kubera gusonzakwabo batazi nizara irihafi yokumara nabanyagihugu basonza bakigumya arikobo ntibikundako bigumya nico gituma bene burundi bazokwama nintekera kumutwe kuberabo mana garukirabawe

  • Kubwanje nibaza hamwe amatogwa yosubigwamw yokwizegwa nabos mumpand zos bigatuma mugihugu cacu umutekano ugaruka.ark dusa namakungu koyokwerekan nez aho ahagaze guko ubiravy amakung ntac aravug kubijany namandat ya3.

  • Ayomajambo twayarambiwe! Bavwira intumva nimba harico bashiboye. ’Ibagikore b’amajambo

  • izo ntumva bashaka guhindura ibwirizwa nshingiro biyumvira ngo bagifashe n’umuheto.Buyoya n’ubu iyashaka ingwano ntiba irahera.murayitanguza izoherera iwanyu.Imana yo mw’ijuru niyo cabona

  • Hari abantu bamwebamwe mwotuma mwinumira,imbonerakure ni jeunesse affiliée ku mugambwe cnddfdd,nta bigwanisho bigeze batunga,abatutsi ni astuce bakoze ngo basamaze abahutu muje ngaho ngo hari ibigwanisho kandi atavyo,kumbura mwirarire nyabuna mubime amatwi bariko basamaza abahutu nabo babandanye kutumarira abacu kumwe kwa kera,ahubwo nobahanura kuzirondera namwe nimba muzi iyo ziva kuko abatutsi bavyujuje mu ma zu kuva 1972.
    Mbega ubwongeleza ubu naho bwadufatiye ibihano budushakako iki?Nibutuveko.

  • Amakungu Yishinga Kuvuga Gusa Azokwibuka Kwifuka Bwakeye!Gutabara Amazi Yarenze Inkombe.Nibabure Gukoresha Ivyo Bize Mubuhinga Bwabo

  • Yemwe yemwe abantu mugira icomuvuze kunkuru yaco muba mutukana itonde mukwishura mwiyumvire hama mwibaz ntitwoba intavugakuri twese ikebuke!

  • emma
    wa bwongerezawe gezaho umunwa wawe kuko ntiwubaka ahubwo urasambura, imbonerakure wama wambika ibara ngozifise ibigwanisho nuziveko kuko yaba baribabifise LT general ntibaba bagumye bareze amaboko bari kumuhorera nayo wewe nudawe ivyushaka.

  • Abobongereza ntimubizere ivyobavuga nivyogiconganisha mbemwarimuziko ivyobihugu bikize iyohagize abicana mwituduhugu twacudukene kwariho ubutunzibwavyo bucabwiyongera kuruta? Mbemurazikobakundacane umuntu abayishe abantucane? Mbentimubonako ubwongeraza burikobiraruoherwa iyoburikoburumva abarundi bariko barapha? Arikobukabona batarababeshi bukacabubonako bwogerageza kwenyegeza akariro? Nambamubibona ntimwumva kongaha Burundi ibirwanisho vyirirwavyiha inkumbi atarivyimbonerakure ariko ubwongereza bwivugiye ngoImbonerakure zakwe ibirwanisho! Ndabasetse nubwo ndimayibobo!!! Ikizoberaka abongereza kobikundira abanyafrika bica benewabo Reba umwicanyikaruhariwe wumunyarwanda Karaje ukuntu ubwongereza bwamirekuye!? Ndasetse nabashakakwikundira ubwongereza bagatabenewabo!

  • sha wewe wiyita fidelite mbe kukokeza intambara ahubeshera abatutsi babandi nitwofata kwanza uwishe adolpf ntazwi nne wewe abatutsi wama ubeshera nibobamwishe? urumuhutu mugezanje ariko ntabwenge ahubwo nyambushonje cagwa urondera ubutegetse burondere neza uvandakubwere dutagure dufate nyakugarika yishe adolp aho ubwengebwawe bucuritse sonza wigumye wamuhimbire we

  • angleterre,fasha mubikorwa apana mumajambo.abanye politik bacu nabo bakina politike yo kwuzuza inda zabo gusa ntawe kwizera ariho.raba nka rwasa

  • mbega abo bageser babongerez ko aribo bafasha abatavuga rumwe na reta bakabaha inkoho arizo zirirwa zirica igipolisi aho barik bavug iki aho bovuze ko borungika abahing botohoz abice mutam adolf baza baza bambika ibara izo twari zacu?imbonerakure bagumyabanga komera mukomez gusimb imitego!

  • Jewe nashaka kwishura Emma, Sha nagomba ndagukebure kuko utegerezwa kuba uri umuntu mubi cane ku mutima, ahubwo ngira uri umurozi erega ucira umuriro, ivyiyumviro vyawe vyose birapfuye

  • Amakungu ubwongereza;amerika;au eac mwananiwe gufata ingingo ibereye? Canoe mugomba ko abantu babandanya gupfa muri misiri ;Cote d’ ivoire;ribiya, Iraq nahandi ko mwagarukiye agateka kabo. Umuryndi we.ngo ibwirizwanshingiro rikwiye guhinduka kugira reta nshasha ishingwe mbe igihugu cakabaye isambu ryumuntu tanga. Igihugu wakoze neza uzoshimirwa wakoze nabi naho. Ubibazwe.

  • Amakungu ubwongereza;amerika;au eac mwananiwe gufata ingingo ibereye? Canoe mugomba ko abantu babandanya gupfa muri misiri ;Cote d’ ivoire;ribiya, Iraq nahandi ko mwagarukiye agateka kabo. Umuryndi we.ngo ibwirizwanshingiro rikwiye guhinduka kugira reta nshasha ishingwe mbe igihugu cakabaye isambu ryumuntu tanga. Igihugu wakoze neza uzoshimirwa wakoze nabi naho. Ubibazwe.

  • Amajambo Ntaco Atubwiy!Kuva Aho Bavugiy None Vyashts Kuk?

  • Ni twebwe abanyagihugu dufise ijambo rya nyuma abongereza ntaco bafise batubwira barafise igihugu cabo

  • emma
    banyakubahwa banditsi mumbabarire nishure uyu yiyise petero, wewe petero ndazi wewe naho twohura ndibaza ko utonyitega, kandi urimuto imbereyanje nyamba urimubi ntiwibaze ngo nabandi nibabi hewe jewe nanka abasi bigihugu cacu,nkamwe mwanka CNDD-FDD.

  • ARIKO UBWONGEREZA BURASETSA NGO UBURUNDI NTI BUZAHINDURE IBWIRIZWASHINGIRO KUBERA IKI?,NONE MU RWANDA KO BARIHINDUYE KANDI UBWONGEREZA BURI MUBAMBERE BABISHYIGIKIYE, AHUBWO NIBA BYIHUTISHE NABO BAJYE MUBANYAGIHUGU NKUKO ITEKINIKA RYABAYE MUBATURANYI BABAZE ABARUNDI ICYO BIFUZA.EREGA UWIBA AHETSE ABA BWIRIZA URI MU MUGONGO.

  • Ndanezerewe cane kuriyonkuru, hamwe vyogendagutyo vyotunezera cane gwooooose.

  • Mbe ubrongereza nibwo bubuza abarundi guhindura ibwirizwa nshingiro ku neza y’ abarundi? Twarabahinyuye.

  • bamenyeko uburundi bwigenga abazungu ntibagishora kuduhenda.

  • TUZORIHINDURA KUKO NI TWE TWARISHIZEHO S’ABONGEREZA BARISHIZEHO NABO NI BASHAKA BARAHINDURA IRYABO. LEVONS NOUS TOUS CONTRE L’IMPERIALISME.. URABONA......!!! NI TWE DUFATA IRYANYUMA.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.