Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Uganda: NRM yirukanye abashingamateka 4
 Uganda: NRM yirukanye abashingamateka 4
 Uganda: NRM yirukanye abashingamateka 4
				
				lundi 15 Ndamukiza 2013
komite nshingwabikorwa y’umugambwe NRM, ivuga ko abashingamateka bane bawo birukanywe kubera kutubaha (indiscipline).
Ariko abanyamakuru bari muri Uganda, bavuga ko abo bashingamateka bahanywe kuko badakurikira umurongo w’umugambwe.
Babaye abashingamateka ba mbere birukanywe kuva perezida Museveni agarukanye intwaro y’imigambwe myinshi mu 2005.
IGIHE
