IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Umugore yashimwe cane kandi mwiza "sexy" yatowe

Umugore yashimwe cane kandi mwiza "sexy" yatowe

lundi 22 Kigarama 2014

Kate Upton niwe yatowe uwu mwaka w’2014 nk’umukobwa yashimwe cane,mwiza kandi ateye neza.

Kate Upton, umukobwa w’imyaka 22 w’umunyamuderi akongera akaba umukinyi w’amareresi, yatowe n’ikinyamakuru "people" nk’umugore yashimwe cane. Nk’uko ico kinyamakuru kibivuga, abatora mu bariko barahiganwa (jury) bashimye cane ukuntu uwo munyamuderi ateye.

Si ivyo gusa, abatora bamenyesha ko barakuze kamere kiwe, ukuntu yambara (style), n’ibintu yari amaze gukora bijanye n’akazi kiwe (accomplissements).

Kate Upton amenyesha ko kuba "sexy" kuri we bisigura umuntu aba yigirira icizere kandi aryoherwa mu buzima bwiwe.


Lorene Nubwabo

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.