IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yatanze ubushimwe ku bitanze

Umukuru w’igihugu yatanze ubushimwe ku bitanze

jeudi 2 Mukakaro 2015

Mu gihe Uburundi bwahimbaza imyaka 53 iheze buronse intahe yo kwikukira,umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yaratanze ubushimwe ku bakoze ibikorwa bikomeye mu ntumbero yo gutsimbataza iyo ntahe yo kwikukira.

Muri abo harimwo Alain Guillaume Bunyoni yahoze ari umushikiranganji w’umutekano n’abandi basirikare n’abapolisi,benshi bitanze mu gihe hari imyiyerekano yo kwiyamiriza ko umukuru w’igihugu yosubira kwitoza,hamwe n’abakoze mu gihe hageragezwa gutembagaza ubutegetsi,kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015.

Messages

  • Urumushingantahe ubukwiye nyakubahwa ntubewibagiye ingabomungabo Prime niwakwiy agashimw kabereyijisho pe viva Nkurunziza wirambire uwukwank niyiyahur

  • Ntakibabaj nkumuntu yiyita ko aruwimana aha agashimwe abagize ihonyabwoko ryabenegihugu bazira ngo ntibamwemera jew ndamuteze imana kuko yo ntirenganya

  • @john
    "Nkurunziza wirambire uwukwank niyiyahur"
    Genda uri umusezi wa ruhebwa!!!

  • Komera komera caaaaane président ntuze wigere ureka gushimira abakora neza

  • ndatangara kubona nkurumbi atanga ubushimwe kubangaje abanyagihugu ntabwo abakunda arabahuye abonyene bakwiye kubazwa abishwe bazira kuvuga ukuri kandi nawe akwiye kubibazwa

  • Vivre le president Pierre NKURUNZIZA;vivre le CNDD-FDD;vivre nos aimables heros de la democracie et vivre leBURUNDI. Nibashimirwe; les electeurs oyeeeeeeee!!

  • PETERO NKURUNZAZA GUMAKWIVORA ABO BASIRIKARE NABAPORISI NIVYO AKOGASHIMWEBARAGAKWIYE IMANA IBARAGIREMUKAZIKABO BAGUMURIZAHO TURABASHIGIKIYE KUKO CARABAVUNYE NTIBAGUGUMWE

  • Ohooo biragaragay,Human right watch yashiz mumajwi abari barongoy ingabo zarwaniy mu cibitoke ko bagirizwa amabi yo mu ntambara,non herode abambits imidare?mbega ko CPI yiteguriy kubarengutsa hazitaba nde?uwambitsw umudare cank uwambits umudare?wait

  • Ohooo biragaragay,Human right watch yashiz mumajwi abari barongoy ingabo zarwaniy mu cibitoke ko bagirizwa amabi yo mu ntambara,non herode abambits imidare?mbega ko CPI yiteguriy kubarengutsa hazitaba nde?uwambitsw umudare cank uwambits umudare?wait

  • Ohooo biragaragay,Human right watch yashiz mumajwi abari barongoy ingabo zarwaniy mu cibitoke ko bagirizwa amabi yo mu ntambara,non herode abambits imidare?mbega ko CPI yiteguriy kubarengutsa hazitaba nde?uwambitsw umudare cank uwambits umudare?wait

  • Ohoooo ukuri kuragiy ahabona,Human Right Watch yashiz mu majwi abari barongoy ingabo mu cibitoke ko bagirizwa amabi yo muntambara,non herode abambits imidare?ko CPI yiteguy kubarengutsa,hazitaba uwambitsw umudare cank uwambits umudare?wait and see!

  • Komera Nyakubahwa Imihimbiri Ibe Iradebagura.

  • vivre president nkurunziza, ribaye iryambere kwisi yose umukuru wigihugu yerekana kumugaragaro abakoze ivyaha ndengera butungane. ndababazwa cane n abantu bahenzwe bakakira ubwo bushimwe, mumbonera kazungu yarimwo, adolphe yarimwo, uwamahoro wewe, nyamitwe wewe, nuko badakeneye iteka? uwuzoramba azobona.

  • Ewe Burundi urateye ikigongwe! Abicanyi nibo bafise ijambo, bizogenda gute? Tabara Mana!

  • jw ico nzokora nzobagemurira nibabafunga guko n’urupfu ntimurubereye mwoba mugiye mutishuye ivyaha mwakoze neza wewe nkurumbi nabawe mukorana amabi ipuuuuuuu mwaravumwe

  • Noneho Nutwari Dusigaye Mukigega Aratubahereje Babagesera Bikorana Bobo Baguma Bimbura Kandi Batarimye Murahumba Ivyo Bikoti Muzobura Ivyo Mucokezayo Beshi Niba Rukoti Kubera Mwebwe

  • Nkurunziza turamwemera, nyakwubahwa ubatakamashurwe maze bamujeri bibure mpaka. Nababasoda nabapolisi bazabaragenda mutunama twokugutera kudeta ariko bakagaruka bakaza baravuga ibirikobirategurwa mbere igihe cogushiramungiro ivyarivyateguwe bakabakwepa imbonanya ahumwo ahokubafasha bacabarahindukira barahangana muzokomeze kubaduhera ubushimwe ukwimyaka izogenda irakurikirana. Kandiburya muraziko Gaciyubwenge iyoyaburana yarigutsinda urubanza? Ikibazo yabuze abamugira inamabeza.

  • Mwabatutsi mwe muri mugisoda hamwe nomugi polici yaba uwufise ipete rikuru cakwe ritoya mumenye ko ntamisi isigaye batabahindukiriydko mukicwa bunyamaswa kubera icubahiro mukunda ninda zanyu bigatuma mudakunda abene gihugu batumye mubona akokazi uwuzosigara nawe kuko ataco ariko arakora agishigikiye abobicanye azopha nkibwa igihe Imana izoduha uburundi bushasha.nimufyakarare mwivyovyubahiro muzobona ataco mugikora.

  • AGASHIMWE KONGEREZA INGOGA.

  • Mbega agahinda kari m’uburundi??udushimwe duhabwa abacinyi barasa abanyagihugu??hahahaha ramba ubone kweli muranyemeje..ariko ntibitangaje isi iramaze kwandura..kuko no mu Rwanda mbona abako Genocide babakingira ikibaba maze bagafunga abahagaritse Genocide

  • Ariko Diane nkubu iyo wifatiyemugahanga aba soda naba police ubaho ubahora gusa ko ari abatutsi bumutima bariko bakingira igihu kurwa mwisanganya ukabafata nkibijuju wibaza ko wewe ukunda uburundi kubarusha? Mbega abahutu nibangahe abatutsi bo muri bangahe niba vyarabananiye gtsinda abahutu mufise ubutegetsi ubu niho muzobishobora? Nibabashimire cane kuko ni intwari babakingiye vyinsi naho uriko urahoha.

  • Komera kumuheto Nyakubahwa Kugu Shimira Abagwani Igihugu Kukuntu Cari Kiguye Mumanga. Abo Batabishima ni Zantunva Bagomba Kudusubiza Mwishamba

  • imana imuharire peter nigikiha bwenge kuko ntahavyabonetse ko abicanye bashimirwa. arakoze kubongereza inguvu bahora bica batarashimirwa ubunaho bigiye kuba urudubi imana irinda abarundi benewaca

  • Uwumwaka n’uku kwezi nuwa satani n’abiw aho bashimira abadoyimoni ariko ukwezi kuw’iteka n’umwaka wiwe biigire bishike abamaramara bateterwe kandi si kera ni muruku kwindwi ewe bicanyi muragow

  • Ntibanikiree ivyinyo ngo barose ubushimwe kuko bishe abanyagihugu aribo bari bajejwe kubakingira amaraso yo arahuma bazopfa bangara nkagahini iburundi uwutazi kwica ntagashimwe walahi ewe Yesu tabara ibiremwa vyawe vyabarundi turapfuy rubi noneho nguwo se barundi bamw bamw yatanze agashimw kubicanyi bish abanyagihugu

  • Mana tabara ihanga dyawe wiremey udukureko intwaro yubuicanyi yamacakubiri noneho turabire babashimiye ko bimonogoje mukuica abanyagihugu! Dukure muvyara vya satani tuizeye wewe gusa kuko indogozi waduhaye ziramaze zica abo wazihaye ngo zirongore

  • Umwana Akoze Neza Yoshimirwa.

  • Bahumwambaroubakwiriye Nyakubahwamukuruwigihugu!!Uwukwakaamiribikwashuuuu!!

  • HAHAHAHA!!!!!!!!BIRAKOMEYE!!!!!!!!!ABAGWANIYE INTAHE YO KWIJUKIRA CANKE INTAHE YO KWICA?

  • Mbe muribuka intwaro ya Havyarimana mu RWANDA? None ubu abamushigikiye ubu barihehe?Canke abamufasha gukora ikibi barihehe?Mbega boba bari mugihugu c’URWANDA bidegemvya?Nimwiyumvire namwe.(UKORA INEZA UKAYISANGA IMBERE) (UKORA INABI NAYO UKAGUHEREKEZA)

  • UBUNDI UMUKOZI NIWA KWIYE KUDYA KUVYEZE

  • Je. Mbono. Nubu. Tutarikukira. Abantu. Bacicwa. Nabobarinze.Umurundi. Agihunga. Igihu. Ciwe. Akitwa. Impunzi.amaraso. Agiseseka. Imigambwe. Itavuga. Rumwe. Gushimira
    Umupolice. Canke. Umusoda. Ngoniko. Agushigikira. Mumanyanga. Ukora. Ntarabe. Ibihumbi. Vyabarundi. Vyahunze. Kubera. Intwaro. Mbi. Ntituvugeko twikukiy. Abodusangiye. Igihugu. Barahunze. Ahubwo. Hikukiye. Umugambwe. Na bansumirinda. Bakeneye. Kurya. Nokwica. Ariko IMANA. Izico. Tutazi.

  • BAHEREZE UMUKOZI YOSHIMIRWA KUCO YAKOZE.

  • NABANDANYEGUSHIMIRA UKOZENEZA. ARIKO, NTIYIBAGIRE UMUNYAGIHUGU MUTO. NAGIRANDABASABE MWEBWEMUJEJWEGUTANGA UBUSHIMWE MUGAHE UYOMUTAMA. NKURUNZIZA PRESIDA KUKO YARAYEYEREKANYEKO , ASHOBOYE GUHAGARARIRA IGIHUGU. MURAKOZE

  • Idiyamin dada yarafise ipete zingahe? Bone ubu arihe? Mukwiye gutega ibitugu Yesu akabambika ipete zizahoraho iteka. Apana izububegito.

  • Ntavyo arimwo gukora nakimwe ivyakora vyose biragayitse nabise abandi bazoyantanga nabo kuko manda yiwe yararangiye ntayindi akwiye gutwara yaratwaye neza, yaratwaye nabi,birahagije! Atange amahoro mubarundi na barundikazi ahotugeze turarushe nintambara no kuba impunzi mubindi bihugu;(;(;(!

  • Ivyo Nibihendo Ariko Arashuka Kuko Abobose Bahawe Ubushimwe Twebw Tuzi Ko Arabicanyi Aha Muburundi Baza Kwisoga Muguhohotera Agateka Kazina Muntu ,tubandanya Dusenga Kugira Ubu Butegesi Bwica Bukiba Buhavuye Turindiriy Amatora Ya 2016 Ikizamwo Tubafatishe Intoke Ntibaducoroke

  • Yoyoyoyo!!! Nabishe Abantu Mumyiyerekano Bahawe Ubushimwe!!! Turacapfuye Tukiriko.

  • Vuga Ati Yashimiye Abishe Haruwitanze Kurusha Niyombare

  • njyewe mbona abarundi mukwiriye gufatira isomo kubaturanyi banyu urwanda mukajya mwitorero ry,igihugu bakabigisha indanga gaciro no,kwihesha,agaciro,

  • uwakoze arashimirwa nahaba yakoze nabi nuwishe umuntu mbona yarimwo mugabo igihe camuheranye%

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.