IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Umurundi yabaye icegera c’uwurongoye BAD

Umurundi yabaye icegera c’uwurongoye BAD

mercredi 19 Kigarama 2012

Umurundi asanzwe ari umuhinga mu gisata c’inyibako yaronse amahirwe yo kuba icegera c’uwurongoye ibanki ya Afirika y’iterambere.

Gilbert Mbesherubusa yaraye agenywe kuba icegera c’uwurongoye ibanki ya Afirika ijejwe iterambere mu gisata c’inyubako,abigenga n’akarere. Asubiriye umunyamerika Bobby Pittman, akaba yaramaze imyaka 16 muri ico kibanza nk’imfatakibanza.

N’umuhinga yanonosoye inyigisho za kaminuza muri icogisata c’inyubako Amaze imyaka 30 akora muri iyo banki BAD. Umurundi yaheruka muri ico kibanza hari mu myaka y’1980. Aho naho yari Donatien Bihute, uwo akababa yarahatswe kuba mbere umuyobozi mukuru w’iyo banki ya Afirika y’iterambere.

kw’ifoto :Gilbert Mbesherubusa


Pierre Claver Niyonkuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.