IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Urwaruka rwa CNDD FDD ruriyamiriza urupfu rwa Lt Gen Adolphe (...)

Urwaruka rwa CNDD FDD ruriyamiriza urupfu rwa Lt Gen Adolphe Nshimirimana.

mercredi 5 Myandagaro 2015

Urwaruka rw’umugambwe CNDD FDD rwasohoye itangazo aho rwiyamiriza urupfu rwahitanye Lt Gen Adolphe Nshimirimana.

Muri iryo tangazo urwaruka rw’umugambwe CNDD FDD rwiyamiriza kandi abashatse kugandagura Petero Karaveri Mbonimpa arongoye ishirahamwe rikingira agateka ka zina muntu nako abapfunzwe APRODH.

Iro tangazo ryateweko umukono n’umukuru w’urwaruka rw’umugambwe CNDD FDD ,rija ahabona ku muhingamo wo kuwa kabiri igenekerezo rya 4 Myandagaro.

Lt Gen Adolphe Nshimirimana yitavye Imana mu gatondo ko kuw’Imana igenekerezo rya 2 Myandagaro 2015,muri komine ya Kamenge.


Van Naris Mugisha

Messages

  • umukuru wamashetani yapfuye none abisongerezi vyishetani biri mwibarabara.emwe imana irishuraaaaa!!!!!

  • adolph we arishuy.nayo mbonimpa we ahorwa ubusa.izombonerakure ubu zirabona ko ibintu vyahindutse.

  • Burya,umwasi wimpene,ni umwungere.

  • emma
    komera basha
    imana niyonkuru, uwagize ubuhizi bwo kwica inzirakarengane, nabandanye imana niyo bazompora, nitumenye ko naho turyana twese turabarundi. ataruko ubwicanyi bubandanije nkuku igihugu cacu gishobora kub nka sudani canke somalia.nituvyirind

  • Mbega izo mburakimazi ziyamiriza urupfu rwa Adolphe nk’abande,har ikint gitangaj,mbega Adolphe yar umu cndd fdd cank yar umu fdn?ntibahum amaso amakungu MBONIMPA nibo bagomvy kumugandagura,arko inkuru zokwizera ngo"Adolphe yoba ari i KILIBA (R.D.C) kuramutsa imbonerakur yarungitseyo?

  • rwaruka rwa cndd fdd ntimucike intege kuko murimwebwe nihabaharimwo uwibuka uwitwa major ngurube yarapfuye abansi barishima igihe curugamba ariko baribazi ko cndd fdd isenyutse ariko yagumye ikomeye nubu nivyo mubona.rero nubu hapfuye adolphe ba adolphe ntibapfuye.mwibuke na ndadaye abamwishe yababwiye ati mwishe ndadaye ntimwishe bandandaye.kandi mubone kwarivyovyatumye duca ubwenge.nubu rero bukwiye kwiyongera

  • Uragaba mutama wacu MBONIMPA izo mbonerakunya nizo zashatse kukwica none ngo ziriyamirije abashatse kukwica,iyo nimitwe yizo mbonerakunya.ADOLPH nawe birazwi ko yishwe na PETER NKURUMBI.

  • Abagize umwuga kwica kandi bica aba innocent nka baba bikira none murahaye musubiranamwo .umwansi murondere muri mwebwe nyene

  • Abagize umwuga kwica kandi bica aba innocent nka baba bikira none murahaye musubiranamwo .umwansi murondere muri mwebwe nyene

  • nishu uwo juste kuribose nawe niwapfa uzoba wagiye kuramutsa yamigwi yanyu iri mugwanda nawe uzopfa wunve nugerikuzimu ugarame wibaze urakoze

  • nishu uwo juste kuribose nawe niwapfa uzoba wagiye kuramutsa yamigwi yanyu iri mugwanda nawe uzopfa wunve nugerikuzimu ugarame wibaze urakoze kirazira gushinyagurira ikiziga

  • None shobuja aguhamagaye ntiwitaba?Adolphe yahamagaye nuwamuganza ariwe satani kugira amuhe agashimwe kuko yakoze neza mumurindire canke namwe abatumeko!!

  • BURYA INGERO Y’ICAHA N’URUPF KARACIYINGA TUMRAN? MANA TABAR ABARNDI YAB OPPOSITION CANK UBUTEGTSI BARNDERA KWITNGRA BADUCIYEK

  • Ewe mana tabara igihugu cuburundi ubwicanyi burarenze abantu ntibakigira nuwo basonera.

  • Burya ababana ivyobavuze ntanajimwe cokwerekako arabanyavyaha bavuzenezacabe mbese hariho nabavuze kurwego rwamashirahamwe avugako atahiyegamiye mubijanyena politike basumbije, nkakarorero nkababonye Gen Adolph yishwe ntibagire icobavuga ariko abobicanyi bashikiriye Mzeeh Mbonimpa ayomashirahamwe acariyamiriza abobicanyi. Ariko abobana bariyamirije igandagurwa ryumu General wigihugu yishwe numukura aharabira agateka kabafungwa nakazinanuntu mu Burundi. Abobanaeero ahobazokurira novugako bazoba arabahinga. Kubavuganaboko umuhisi Adolph nurworwaruka ngoyarimubi/ ngonivabi, ukwonukwishira mukibabzac’Imana kandi birababaza Imana, ariko twebwetuzi ivy’Imana yanka irinze utangura gucirurubanza mugenzawe biradufasha kwumvako dukwiye kukwiyegereza kugiraturebeko twogusengera kugira uwomudayimoni akuvemwo mwizinarya Yesu/Yezu, arikotwirinda kugufatababi tugumatukubona kurumuntu ukwiyekubaha nkatwe kukotwese yaba abasegerabandi nabasengerwa tuzojakumurongo umwe igihe Imana izorobanura abazobabarayikoreye bakiringaha kw’Isi. Dusengeranirerero twirindecane ntitumere nkununtu yarwaye ibisazi ashoborakubona umuntu atarwaye ibisazi akacamubwirango wewe urumusazi.

  • mwokomeza kwiyamiriza ubwicanyi ubwo aribwo bwose n’imana yobashima

  • NCHI YA BURUND NI YAWARUND,JE KAGAME PESA UNAYOTOA KWA MAMRUKI ILI KUUA VIONGOZI,USIFIKIRI NISIRI YANAKWENDA KUWA WAZI,AFRIC AC,INAJUA,UKITAKA KUWEKA HIMAYA BAHIMA,ASAL UTEGEMEE KWAKO,

  • Vyari vyiza kgaragaza akababaro ariko twibuke ko nuwurongoye umugambwe upd atamatohoza turabona hariho rero nyagupfa na nyagukira?bagre amathoza kuri bose kko nabarundi bose abagiwe nitonga bahanwe ubutungane bwuzurize bose akabbaro kabe kuri bose

  • niwe yaturiye abantu za
    nyakabiga,niwe yaturiye amazu yabandi za
    Mukike,niwe yaturiye imiduga namamoto
    vyabantu za mutakura,musaga,ngagara,cibito
    ke,niwe yagaburira ibicupacupa abahutu
    mwari ngo babafashe imigumuko niwe
    yacumise inshinge abantu za buterere
    biketswe ko bavutse bisanga ari abahutu
    (imbonerakure), iconzi niwe yatubohoje
    adukura mubcakara bwabatutsi,niwe yatumye
    natwe twinjira mugisoda,igipolisi,mubuzi bwa
    leta,muri universite du burundi,niwe yatumye
    natwe dushobora kwubaka tukazibamwo....
    mbega ndakubaze ni Nkurunziza atanga
    inkoho ziri Mutakura,nyakabiga,musaga,ngag
    ara?? niwe arara arica abantu mwizo quartier
    zanyu???twarabahinyuye mumenye ko muriko
    murikwegera burya tubarabisha amaso
    hasigaye akantu gato gusa

  • KOMERA NANJE SHAKA KO ABASI BADEMOKARASI NDABATERINDA BAKAVYARA IMBONERAKUR NABAGUMYABANG EMMA TWIHANGANE JENDI ADORF WA2 SINZEMER KOBONGER KUTUGENDERAKO

  • Imana ni Nkuru kandi niyo mucamanza,ivy,isi navyo nubusa,rondera ibirama!

  • hubwo muranguh muttanuy gucanamw

  • USEKA UWAPFUYE UGAPFA NKAWE.MURABESHA TUZOBATWARA MWASE TUBAMESE ADOLPHE NAWE NARYAMIRE UKUBOKO KWABAGABO YARINTWARI PE!

  • Non bazoca kumazi ryari?ko vyashits nukwihangana.kuko twes niyo tuja,kwa data wese

  • Non bazoca kumazi ryari?ko vyashits nukwihangana.kuko twes niyo tuja,kwa data wese

  • Mukoboz ati : ni mcezo wandani. icivugo canyu ngo: tuzobamesa. shaaa! mwatanguye kwimesa. lt generl adophe ruhuka akizi warugakoz. ntamukuru abura mukuruwe. abo nabakur mbere.

  • ntarwoyobona ukuntu umuntu yaguma yica abantu nawe napfe!

  • Rugema, abagize umwuga kwica aba innocent si bake ngaho mu Burundi mbega abishe Ndadaye n’abandi isinzi mbere yiwe ubaha uwuhe mwuga.
    Rekeraho kuko igihugu cacu cuzuye abicanyi gusa abategetse Uburundi kuva twikukira nibo batanguy’ubwicanyi, myenya gusa ko icaha kivyar’ikindi.
    Nimb’Abarundi tuzokwama twunva ko Umuhutu apfuye nta ngorane k’Umututsi,
    ko Umututsi apfuye nta ngorane k’Umuhutu, n’Umutwa nuko wunva tuzokizwa n’iki.Twese Abarundi niturwanye ikibi aho kiva hose nico kizodukiza nah’ubundi
    Arusha canke Abazungu sivyo bizokiza igihugu cacu. AMAHORO kuri twese!!!!

  • Mana, urazigama abarundi uko wama, kuko abarundi ntibabayeho Kubera ubu butegetsi bubakunda, babayeko kubwawe, kandi Mana, ndazi neza ko ubuzima bw’abantu ariwewe ubufise mu kiganza cawe, akaba ari naco gituma nshobora no gushinga intahe ko ico ufise mukiganza cawe atawozokikugobotora. Na Adolphe, yahumeka impwemu yahawe nawe.Ndagusavye kandi Mana, ube hafi ama quartiers yose bariko bararementaniriza ko aribo bishe uwo yari umukuru w’abicanyi, kuko kuva bashitse kubutegetsi igikorwa camuranga kwari ukugira planification y’ingene bokwica umuntu wese atabashigikiye mu manyanga yabo yose. Mana, ishaka ryawe niriranguke ku Gihugu cacu c’uburundi. Amen.

  • IKIZIGA GISA N’IKINDI

  • mukwiyekuraba ukwomwnbigenza mukagwanya ubwicanyi

  • NUKWIHANGANA TWARBUZE INGABO MUGIHUGU

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.