IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Uwahora ari icegera ca Général Prime NIYONGABO yasubirijwe

Uwahora ari icegera ca Général Prime NIYONGABO yasubirijwe

mercredi 4 Munyonyo 2015, par egide

Général de Brigade Ndayishimiye Joseph niwe yemejwe n’inama nkenguzamateka y’Uburundi kugira ashingwe amabanga y’icegera c’umukuru w’ibiro bikuru vya gisirikare.

Général de Brigade Ndayishimiye Joseph agiye mu kibanza cahoramwo Général Major Fabien NZISABIRA, akaba yahoze ari umukuru w’ingabo zirwanira hasi.

Yarabaye kandi icegera c’uwutwara ingabo z’Uburundi muri Somaliya.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.