IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Zeid Al Hussein yemeza ko imbonerakure zibandanya gutoteza abantu

Zeid Al Hussein yemeza ko imbonerakure zibandanya gutoteza abantu

vendredi 10 Mukakaro 2015

Icegera c’umunyabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ajejwe agateka ka zina muntu Zeid Al Hussein amenyesha ko urwaruka rwegamiye umugambwe CNDD FDD rubandanya gutoteza abantu.

Zeid Al Hussein avuga ko abagenduzi ba ONU mu bijanye n’agateka ka zina muntu bafise inzandiko zerekana ko hari ubwicanyi bwakozwe n’urwaruka rw’imbonerakure rwegamiye umugambwe CNDD FDD.

Icegera c’umunyamabanga mukuru wa ONU ajejwe agateka ka zina muntu amenyesha ko no ku ruhande rw’imirwi itavuga rumwe na Reta nayo iri mu yitera umutekano muke mu gihugu.

Mu Burundi,kuva bimenyekanye ko umukuru w’igihugu ariwe azokwitoza ku ncuro ya gatatu,abantu bashika 70 baramaze kwitaba Imana.

Messages

  • jewe ndashima zede kuko numugabo atary’umunwa avugisha ukuri

  • Mbe Ivyo Bintu Urabifitiye Ivyemezo Uburundi Si Agahugu N’igihugu Kandi Kirimwo Abagabo Bijunja Nijambo.Kuvuze Imbonerakure Mbega Ivya Leonard Ngendakumana Na Niyombare Bagomvye Gutembagaza Igihugu Kwatanakimwe Mwabivuzeko?Mbega Namwe Mukorera Abanyavyaha Gusa Sha Tw Twarabahinyuye Mukeneye Isoko Ryibirwanisho Hamwe Nukuntu Mwokwimba Nickek Mugabo Murahumba Murivyovyose Ntanakimwe Muzosihikako Uburundi Burashoboy Ivyomwaduha Navyo Murahagarika Nakare Abarundi Barimumaboko Y’IMANA Ntibari Mumaboko Yanyu Canke Mwimure Iyo Ambasade Yanyu Musubize Iwanyu Nakare Ataruguturira Gusa Ntakindi Muzi.Twebwe Naho Ejo Twiteguye Gushirira Ahonaho Ni Mugatereni Kinzanza Maze Twitore Umukuru Wigihugu Ashoboye Nawe Ni Nyakubahwa PETER NKURUNZIZA Yazanye inkurunziza.

  • Nimunyarutse Mufatiribihano Nkurumbi Kuko Amatwiyihene Yumvayokeje

  • Urabesh bwabundi muvuga inkur mutatohoj nivyo ba pacifiqu babazanira izomaonerakur uvuga wafash iyihe?bwabundi murabesha nuko mumez uburundi sibwabanyamahanga nibwabarundi izofashanyo mwahor mutanga murazigumy nakar ntazo naronkako

  • Wewe sha wiyita All hasani, uziko mubantu bapfunye ubwenge bagasiga ibicurane mumutwe uri mubambere? Namwe reka turabe iherezo ryanyu aho riri, aba dd ejo burakeye mwicuze icabateye kubikora!!!

  • emma
    zedi nisura yawe irabonekako ataciza kikurimwo! hewe uburundi sibumwe bwakera ubu twarikukiye turi muri democras, amahoro twari twayarose none nimwe mwatanguye kuyahungabanya muha abagumutsi infashanyo yogutabagura igihugu cabo,none ngo nimbonerakur

  • emma
    zedi nisura yawe irabonekako ataciza kikurimwo! hewe uburundi sibumwe bwakera ubu twarikukiye turi muri democras, amahoro twari twayarose none nimwe mwatanguye kuyahungabanya muha abagumutsi infashanyo yogutabagura igihugu cabo,none ngo nimbonerakur

  • Uwo mugabo nkeka arwaye mumutwe?mbega ko avuga ngo imbonerakure zica abantu ntiyoba abivuga kubera coup d’etat yabo yanse? Niyihangane kuko ivyo yifuriza abarundi ntibizokunda kuko imana iradukunda.

  • MBEGA IZONYANDIKO ZIREKANA K’IMBONERAKURE ZITOTEZA ABENEGIHUGU BAZIHAWE NANDE? BARAFISE IVYEMEZO? IRYONIREMENTANYA GKO UWOBASABA UTURORERO TUBONEKA NTATWOBORONKA,KIRETSE ABIHUHA BOBA BARABWIWE MBONA KARINAVYO BIRIKO BIHUNGABANYA UMUTEKANO W’IGIHUGU.TUBASABE BARUNGITSE ABANTU GUTOHOZA BAZOZE BATOHOZA NEZA BAREKE KWIYOROHEREZA BAZE BATANGE IBINTU VYO.MBE KO SOCIETE CIVILE BATAYIDOMAKO URUTOKE KANDI YAHUNGABANIJE UMUTEKANO KUMUGARAGARO IZUBA RIVA ABANTU N’IBINTU BIKAHASIGARA? MUGABO IMBONERAKURE MURAZIVUGA CANE ARIKO UWOSABA IVYEMEZO BIGARAGARA KOZIGIRIRANABI ABENEGIHUGU EN GENERALE NTIMWOBIRONKA GUKO NATWE ABENEGÃŽHUGU TUVYUMVA KUMUNWA. IVYO N’IBIHUHA RERO

  • GUSA IMBONERAKURE NTIMWISONERA,UMENGO MURAGWAYE IBIVUMURI!!JEHO NTACO NKIVUGA.

  • UBUBONERAKURE MUVUGA NK’INGOMA YATOBOTSE.

  • Aba banyamahanga baratangaje mbega ko hari abiyemerera ko bariko barica abantu ntavyo bumva canje bamenya abantu baterwa ama grenade kumurango nijoro ntaco bivuze imbonerakure zoba zifise ibirwanisho nibabisubize hakiri kare mugabo nabo birirwa baduteza ama grenade muhaguruke bene wacu twirarire kuko nubwo uwoba yibaza ko abafise ibirwanisho bahuje ivyiyumviro nibarasa mubantu ntibazocagura nawe uzojamwo ugirango barya batewe ama grenade ntibari mumirwi yose aba dd nabatari aba dd none impera yumwicanyi irihe inter pol nifate gen reonard aze ahanirwe hamwe nabandi bihaye ibara mukwica inzira karengane

  • ndakwemey ivyuvuzenikurinivyemezobirihonibagendemurikominebugandakuryagataturyanyamitanga imbonerakuretuzintizatemberana ibigwanishomwijorobucahaba amatora abarunditurazinanyi

  • Nimurke gukrera kunkru mutathoje.onu nube umuhza wukri kko inkuru nkizo zishbora gukwega ubkozi bwkibi bwinsh bitwje ngo nimbonerakure.nn mwoho muzpima gte?abatra amagrenade bo mubta gte?mukreshe ukri kko ababvga bos sabkunzi bubrundi.

  • uwo muhimbiri umenga ni vampire,kuki atavuga abirirwa batera amagrenade mubanyagihugu ataco bazira,kuki atavuga kubariko baratera amagrenade kuba polisi,mugihugu cose,ko ababikora birirwa baravyemanga kuma television muri za Kenya,Rwanda nahandi none abobose nimbonerakurel??? mushaka kunywa amaraso ya president wacu mwitwaje ngo imbonerakure???abihenda mukomeze mwihende ubu twaraciye ubwenge.

  • Onu Izoza Guhoza Ababuze Aho Gutabara Hakiri Kare Urwanda Ivyabaye Birazwi

  • Imbonerakuremuzibohenizoziteje umutekanomuke uburundipitaicokimenabangamugishiremurisentarempanavyahakweriabantuibihumbibakicakubwumuntumweamakunguaroreraimanaizobagaragazaababikorabose abadedenimbwazihunahunajeibirwanishovyarabananiyekwakaizobwzihunahunanukuzikataamazuruzikoreshakwimotereza,

  • ico ni ikinyoma ceruy aho murahihendera basi.Iyo mugomba gutoba ntimubura ivyo mwitwaza. Imana izobadukurako urugamba nurwayo sirwanyu kand si urwimbonerakure.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.